IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 5 Ntwarante

Itarike 5 Ntwarante

mardi 7 Ntwarante 2017

Igenekerezo rya 5 Ntwarante .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1824: Intambara ya mbere hagati y’igihugu cya Birmani n’ ubwongereza.
1918:Moscou yasubiriye kuba umurwa mukuru w’igihugu ca Russie mu kibanza ca Petrograd

Abazwi bavutse igenekerezo nkiri

1133: Henry II, Umwami w’u Bwongereza.

1324: David II,Umwami wa Ecosse

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1953:Staline,yabaye umukuru w’igihugu ca URSS

1965: Pepper Martin, umukinnyi wa baseball w’umunyamerika.
1993: Cyril Collard,umwanditsi w’amareresi w’Umufaransa.

2013:Hugo Chavez, yabaye umukuru w’igihugu ca Venezuela

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.