IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Gitugutu

Itarike 9 Gitugutu

lundi 9 Gitugutu 2017

Igenekerezo rya 9 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1514: Ubugeni bwa Louis wa 12 wo mu Bufaransa hamwe na Marie wo mu Bwongereza.
1683: Louis wa 14 agira ubugeni mu kinyegero n’uwitwa Madame de Maintenon.

JPEG - 104.8 ko
Louis wa 14 kumwe na Madame de Maintenon

1962: Igihugu c’Ubuganda kironka intahe y’ukwikukira.
1975: Andreï Sakharov, umuhinga muri physique w’umurusiya aronka agashumwe k’amahoro kitiriwe Nobel.

JPEG - 10.1 ko
Andreï Sakharov

2004: Hamid Karzaï atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Afghanistan.

JPEG - 28 ko
Hamid Karzaï

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1852: Hermann Emil Fisccher, umuhinga muri chimie akomoka mu Budagi. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 1902.
1859: Alfred Dreyfus, umusirikare w’umufaransa.

JPEG - 7.7 ko
Alfred Dreyfus

1906: Léopold Sédar Senghor, umanditsi yabaye n’umukuru w’igihugu ca Sénégal.

JPEG - 10.6 ko
Léopold Sédar Senghor

1940: John Lennon, umucuraranzi akaba n’umuririmvyi akomoka mu Bwongereza. Ni umwe mubari bagize umurwi The Beatles.

JPEG - 6.9 ko
John Lennon

1944: Peter Toch, umuririmvyi w’umudiho wa reggea akomoka muri Jamaïque.

JPEG - 9.9 ko
Peter Toch

1960: Kenny Garrett, umuririmvyi w’umunyamerika.
1966: David Cameron, umunyapolitike w’umwongereza. Ubu akaba ari umuhikiranganji wa mbere w’Ubwongereza.

JPEG - 5.4 ko
David Cameron

1986: Laure Manaudou, umunonotsi w’umufaransa mu mukino wo gusiganwa mu kwoga mu mazi.

JPEG - 8.7 ko
Laure Manaudou

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1967: Che Guevara, umuganga akaba n’umu revorisiyoneri akomoka muri Agrentine.

JPEG - 12.7 ko
Che Guevara

1970: Louis Pasteur Vallery- Radot, umuganga w’umufaransa yari muri Académie Française.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe posita.
. Equateur : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’igihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.