IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27 Mukakaro

Itarike 27 Mukakaro

jeudi 27 Mukakaro 2017

Igenekerezo rya 27 Mukakaro .

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1794: Ikirwa ni hagarikwa rya Maximilien de Robespierre.

JPEG - 11.7 ko
Maximilien de Robespierre

1884: Ukwahukana imbere y’amategeko birarekurwa mu Bufaransa.
1985: Milton Obote, umukuru w’igihugu c’Ubuganda arakomborwa, uwmukuru w’ingabo Tito Okello aca afata ubutegetsiigenekerezo rya 29 Mukakaro.

JPEG - 7.1 ko
Milton Obote

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1824: Alexandre Dumas fils, umwanditsi w’umufaransa.
1979 : Sidney Govou, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

JPEG - 7.7 ko
Sidney Govou

Abawi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

432: Célestin wa 1, umupapa wo kuva mu 422.
1844: John Dalton, umuhinga muri Chimie na Physique w’umwongereza.
2008: Youssef Chahine, umuhinyanyuzi w’amareresi akomoka muri Misiri.

JPEG - 7.1 ko
Youssef Chahine

2012 : Tony Martin, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.