IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu gisirikare ni agateka ku Burundi

Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu gisirikare ni agateka ku Burundi

vendredi 10 Ndamukiza 2015, par Egide N

Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu nzego za gisikirikare ni agateka ku gihugu ndetse no kw’isi yose, nk’uko vyashikirijwe n’uwuserukira igihugu c’Ubuhorande mu Burundi.

Mu ntumbero yo gushigikira abakenyezi kugira binjire ku bwinshi mu nzego za gisirikare, Uburundi bufashijwe n’Igihugu c’Ubuhorande caronkeje ishure rya gisirikare (ISCAM) inyubakwa izokwakira abigeme binjira muri iryo shure.

Mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2015, umupfasoni w’Umukuru w’igihugu, Denise Bucumi Nkurunziza, ari kumwe n’Umushikiranganji wo kwivuna abansi n’uwuserukira igihugu c’Ubuhorande mu Burundi, buguruye icese inyubakwa izokwakira abigeme binjira mw’ishure ry’intwazangabo (ISCAM).

Abagiye barafata amajambo bose, bashimiye Uburundi n’igihugu c’Ubuhorande ku kungene badahengeshanya gushigikira igisirikare c’Uburundi, na cane cane iyinjira ku bwinshi ry’igitsinagore.

Iyo nyubakwa ikaba yubatswe ku mfashanyo y’igihugu c’Ubuhorande, ikaba izoshobora kwakira abigeme bangana 104 bazoba baje kwiga mw’ishure ISCAM, ndetse n’izindi ntwazangabo z’abakenyezi bazoba baje mu rugendo rw’akazi mu Burundi.

Nk’uko vyashikirijwe n’Umushikiranganji w’ukwivuna abansi, General Major Potien Gaciyubwenge, iyo nyubakwa ikaba yatwaye uburyo bungana 998.123.000 mu mafaranga y’amarundi, ikaba izoshobora kwakira abigeme bangana 104.


Alida Sabiteka

Messages

  • Murahimbaye mwa bapfasoni mwe,ariko ababijejwe ntimwibagire50 /50 naho ari injustice ya Arusha pfa gufata nutwo mutugumeko!!!

  • izi ni imbonerakere gusa, zahawe impuzu z’akazi kuko imyimenyerezo yoyo zayihejeje umwaka uheze, mbere mwaratinze kubambika impuzu officierement.

  • Naho zoba ari imbonerakure ntaho zimiriwe ziri mu gihugu cazo!komera bene burundi!

  • Eka barahimbaye nukuru; nanje iyomba nkiroreka nokwigiriye mugi sirikare cu Burundi niconbona gikoneje gutera iteka igihugu nabarundi kw’Isi yose agashara gahabwa abasirukare ntigapfa ubusa, hanyuma hagakurikira abarimu nabaganga, abobantu barimumwanya wambere ariko abasirikare bu Burindi nintashikirwa nukuri. Nayo gufatikanya nabanye pokitike bi Burundi ntakigenda nabo kugumura abenegihugu gusa. Namwe mumbarire nkabantubavugango bongeye gutwarwa na Nkurunziza ngobopfumabapfa umunyagihugu yabunza ntakindi acabina imbereyiwe atarintambara, ariko harihabantu bababatazi ahovyugariye ugasanga bahendwa nuwariwewese!

  • Karashize ingani nonoho Denise bu10 ashize bibilia hasi, afashe inkoho !!!!!!

  • Ewe vuganeza sha, mb none washaka %age ingana gute? Imana yaraduhaye utabaye ministre wa defense akarenganyo kawe ntawogakize

  • Ariko inankuru, kozi abavueyi bawe batashira isoni wewe ubwobushizibwisoni wabukuye!? Karashizingani umukozi w’Imana arise abavukanyi canke incutiziwe zindi zigiye nigisirikare cigihugu ntazobe akibegera canke ngwaje kubakeza,.

  • Ewe rupande na we nico kimwe weho si défense gusa ,aho woja hose womara abantu .
    nawe Inakur,nuko abirabure dufata ivy’abazungu ko vyose arivyo,uzobaze nta hantu bafise za bibles nko muri USA na UK,ariko nibo ba mbere badatinya gufata inkoho no kuyirabisha k’umwirabure,wibuke na colonisation hatangura abamenyeshamana,aba colonisateurs bakaza inyuma kuduha ikimoko,na esclavages hatangura ba pasitori ababandura bakaza nyuma,babakubitira ku biti abo ba pasitori nyene barorera,birababaje rero iyo turiko tubwirana nabi ku madini abazungu batuzaniye waraba ugasanga ntaco yamariye abantu!Ndibazako na Rupande naho umengo baramuntumye hano ho aranshigikira!

  • Abahutukazi twarwiriye ndake.............raba namwe ubu turarenze igipimo vive hutu buca ari twe dutwara inzego zose mamamamam turakaze

  • Oya sha reka kudukwegera abo bagesera b’abatutsi,raba neza je mbona benshi ari imyungu ya rwa ruyuzi,,nabo bakikije madame ntukangwe nibo nta bahutukazi bararonka izo tenues erega tuvuye habi twari twaranizwe

  • Abo bose banuka igikakweee...naBahutukazi gusa nibabanze bige koza mugapipi kabo babone kwambara izo tenue.......Abahutukazi ni abatwakaziiiiiiii

  • Ewe eva sha,ico co ntubeshe abahutukazi n’abatwakazi ni ubwoko bumwe nta différence ihari,abatwa ni sous famille y’abahutu yafashe iyindi façon yo kubaho,turi bamwe,la preuve nta mutwa arigera agira ingorane n’umuhutu,mwebwe abatutsi muri ivyaduka nico gituma aho mushitse mugira umushiha.
    Kimwe gusa urantwengeje,mbega utwo dupipi tw’abahudukazi wadushizemwo amazuru uturonderamwo iki?Non j’espère ko utagomba gukora ivyo nibaza kuko uyo muhudukazi yari kuhagoregwa kuko na vya bishesheti vyanyu birazwiko ataco wari kumumarira yari kugenda yiyagaza.Vraiment,mbe ivyo bikakwe vyo wavyumvise uriko ukoriki mu nkwahakwaha zabo?

  • Vuganeza ndagusavye muvuge make kuko jewe ndinvange kandi ndi umuntu asa nuwudasanzwe mugihugu kandi si uko kubera umuvyeyi wanje umwe adasangiye ubwoko nuwundi nukuvuka ko nanje uko uvyiyunvira ntari ishesheti ishesheti niyaso yakuneye nakudashwe abatutsi bose we urabazi!!1 Nibaba ari amashesheti nawe uri umwunbati niwaba warize urabaza abize baguzigurire umwunbati icarico bamuvuga make

  • Nduwimana
    Je t’emmerde n’ubuvange bwawe ,rien àfoutre,abagize umwaku mugahura barabazi ko muri amashesheti,barasuriwe,nukuja kwipfubura après,mwa ntozo mwe mwibaza iki ko muturekurako iyo mizuru ,mukadutuka ngo turanuka mu dupipi,mwe mwibazako tutaziko muri ibimara,canke nuko mubona tuguma twihoreye,mbega ko izo mpenekazi zanyu basanza amaguru mu bahungu bacu,ko twese turi abatwa,bo ntibabanukira,ariko usanga ababajamwo batakinukirwa bari muri bamwe bari bafise abasuku b’abahutu kera babahaye mu mazi ibikakwe vyabo,abo ntibakinukirwa,encore une fois je t’emmerde!

  • ibyo byose birarondera gushyira abaturage mukaga.

  • Jewe icombonanukomwofashatwebweduhanzwena dezoze wa musigati nnenatwemwodufashikikumutekano udakiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.