Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jacob Zuma asaba Petero Nkurunziza kutitoza ku kiringo ca gatatu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Jacob Zuma asaba Petero Nkurunziza kutitoza ku kiringo ca gatatu

Jacob Zuma asaba Petero Nkurunziza kutitoza ku kiringo ca gatatu

dimanche 10 Rusama 2015

Umukuru w’igihugu ca Afrika Y’epfo Jacob Zuma asaba umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza kutitoreza ikiringo ca gatatu kuko bishobora gutuma igihugu gisubira mu bihe vy’intambara.

Ubutumwa bwo kwumvisha umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ko atokwitoreza ikiringo ca gatatu,bwazanywe na Jeff Radebe intumwa idasanzwe ya Jacob Zuma,umukuru w’igihugu ca Afrika Y’epfo .

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza agomba kwitoreza ikiringo kigira gatatu, mu gihe hari imigambwe itavuga rumwe n’uwuri ku butegetsi asanzwe akomokamwo CNDD-FDD,hamwe n’amwe mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike avuga ko yitoje yoba ahonyanze ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha.

Ubwo butumwa buje bukurikira ubundi bwashikirijwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika biciye ku mukuru w’ishirahamwe Nkosazana Dlamini Zuma,ubwa John Kerry umunyamabanga wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Mu gisagara ca Bujumbura naho inama nkuru y’umutekano yari yasavye ko imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yohagarara,mu bice bimwe bimwe mu gatondo ko kuri uno w’Imana yari yamaze gutangura.

Messages

  • NAHEBE KANDIBIRUNVIKANA

  • narabeko iwe atabibazo yokwicarira hama nasanga atavyo areke kwisuka mubitamuraba.Banegur’abandi batikwije...uburundi sumwana Atagira mwenewe.

  • none uwo muntu ashaka iki gabantu biburundi ati reka ntebe ntwenge ngira iyo mandant nico yayicishijemwo ugira nibisanzwe abantu bose bavire hasi rimwe bavuga none nuko batazi amategeko ? ico yishimirije co kiriho, ngira yishimirije gaciyebwenge na nizigama hihiiiiiiii

  • NONE NKURUNZIZA ASHAKA IKI.
    Kwica gusa abana b’igihugu,barabuze mu bangumyabanga uwundi muntu yotwara igihugu.

  • Ngo Nkurunziza yitoje igihugu cocakiza muntambara!? None tugiregute kombona nuwariyitoje rimwegusa mumwaka wa 93 mumezi adashika 3 baruhiye kumwica mushatse kuvugako twoheba kuzaturitoza mumwanya yumukuru wigihugu nambadushaka kwamahoro abahomu Burundi!? Jewe ndabona hariho abashaka guhahaza abandi kandi burya mubonatwiyorosha mukagira ntitubibona, arikubutwajetuje kandivyabona nimwebwenyene.

  • kumva arumva kubona arabona ibyo mumubwira byose arabitahura afite umutima ibyo amakungu,na abandi bavuga vyiso arabatahura ariko nawe siwe hari amsezerano agomba gushitsa hari ibyo agomba gushitsa yemeye atarakora kundi ubisaba ntareba mandat ni bito kuri we cane kuko ashatse yashiraho undi mais hari prix a payer dk bitarakunda ntibishoboka mwebweho mugorwa n mandat ariko ikibazo si mandat ibyo n ibito cyane agomba gushitsa amasezerano yiyemeje kuko

  • None uwufise ingorane iwe ntashobora guhanura uwundi???!!! Niwe amuhanura nyene kuko aba afise ico afatirako mu kumubwira.Iyo biba bitari uko ntawohanuye kuko ntawubura ingorane.
    Uwo nawe avuga ivya 1993 birangora caaane kwunva isano vyoba bifitaniye n’imanda ya gatatu kuko irya yari coup d’Etat ubu n’aho ni ikibazo c’amasezerano hamwe n’amategeko.Bihonyanzwe burya ingarukambi ntawe zidashikira n’ubwo yokwibazako akomeye canke akingiwe n’inguvu izi canke ziriya.

  • @shwarzeneger
    Ivyo bintu uvuze birakomeye kandi harimwo ubwenge bwinshi sinari bwabone ingene umuntu yosigura ibiriko biraba i wacu,emwe abo ntashaka gusubiramwo n’uko ,kugira abahutu ntidusubire kwitoza baturirmbira ingwano,bakayiririmbira n’amahanga,none tugire iki? Twebwe dushaka peter nimumwirukane mu matora abatamushaka hanyuma dutsindwe ka buki mudutegeka uwo dushiraho ni umugambwe wacu ntituwusangiye nabo bazungu sibo bawuduhaye!!!Turagwana nuwo muri 93 yapfuye ataco azira yazize ubwoko rero ntawuzosubira kujugumira ngo nuko barata guturira mu mapine natwe tuzovyiga ingwe ntiyarizi......Mwabonye abapolisi imbere ya birya bimalaya vy’ibitutsikazi,ntibakangwa n’amazuru bari tayari,komera bana bacu on les emmerde aba babatuka bakabatukira na uniforme mwicungire umutekeno wanyu na benewanyu!!!!

  • ikibazo s mandat kuko uyo bagiraniye isezerano akoresha nabandi ba president b ibihangage kuri twe mandat ninko kugura ikiro c isukari nibintu bito usavye urahabwa ariko ugashitsa ibyo wiyemeje wagiraniye amasezerano uba president utomuba wemera mandat utayemera harageze ko amasezerano yacu muntahure neza sinavuze ko mushiraho undi candidat ashaka agume abe peter

  • ikibazo s mandat kuko uyo bagiraniye isezerano akoresha nabandi ba president b ibihangage kuri twe mandat ninko kugura ikiro c isukari nibintu bito usavye urahabwa ariko ugashitsa ibyo wiyemeje wagiraniye amasezerano uba president utomuba wemera mandat utayemera harageze ko amasezerano yacu muntahure neza sinavuze ko mushiraho undi candidat ashaka agume abe peter hoba umututsi hoba umuhutu hoba umutwa dushaka isezerano kimwe mukwiye kuguruka amaso kuko ibyo byose bibaryanisha siho hari ukuri mwugurure amaso sinon nashitse izerano tubahe amahoro mureke kuduha amaraso tutasavye

  • sha afaraja, uvyemera uvyanka muri kino gihe Uburundi ni igihugu kitagira kizigenza vyukuri. Kuko kizigenza ni sebarundi arajwe ishinga n’ingene abanyagihugu babayeho. Siko mbona sobuja abikora. Acunganwe n’icinjira mu gihugu ngo acibe. Mbega ko mbona ubegereye wotubwira iyo vyahereye ivya za miriyaridi 15 batware ngo bagiye kugura indege? Ntaco babitubwiyeko. Duhe umuco uzoba ukoze.

  • Ndabasavye dans vos commentaires mugerageze mureke kubwirana amajambo Mabi kuko umuntu wese nukumwubahiriza iciyumviro ciw kurya tudasa Niko nivyiyumviro bitandukany,ndabingize murivyose mutinye IMANA kuko niyo igaba vyose natwbw turimwo

  • Wiyise vuganeza,m1 ntan’izina warukwiye kwitwa,mbe kuhagarara kumazuru ubona ikibazo ariho gihagaze 10% itanakwiye ahubwo nagatima k’ishamba katarakuvamwo ariko hinduka,ayo macakubiri atarukwo mugupfa uzoturika ntakinda,urupfu nagwo ukworuza kwose uragenda pe.urukijuju nkig’itangurirwa

  • ahaa!igihugu bagihinduye amatongo ya ba se. ariko pfakuruta mugabo ugutwi kwimgene kwumva kwokeje. kidanugwa yatekeye amavyi ibwami.kandi ntakwumira kubutegetsi kugeza aho umenga ntabandi boshobora gutwara igihugu.

  • jew mbona ataramanyama gusa afise.nakagaye karimwo.mbega yatumariye iki cotuma agumaho?kubera yubahutse gukerera abakecuru abanje kubashurashuza.naveho twarabonye ivyiwe.canke hariho izindi ndege atararya.navuge agence azitway ariko atuve kumutwe.erega twikoreye urusyo.turatushe.

  • ABAVUGAKO ATACOYAMAZE NABATUTSI KUKO BOBO UBURUSHOSE YATANZE BOBO BAHORA BABURONKA URUMVA BOBO NTAGISHASHA

  • @ndayi pascal et Ornela
    Mbega ivyo undatira vy’urupfu ni ibiki,abatutsi mwaratwishe ku buryo urupfu n’umuhutu bijana rero simbona igituma noheba amacakubili niyo abajana mumabarabara,murakumbuye amaraso mwa bagesera mwe!!
    Mbega mweho mugitwara mwatumariyiki?Ubuho mwomara iki?Murafise formule pour révolutionner le developpement dupays atari ukuja kwitonesha no kureke amaboko mu bazungu?Mbega iyo uvuze ngo natuveko nimwe na nde?Muri bake cane mutamukunda kubera ari umuhutu ariko murihenda twe twaramutanze namwe tanga uwanyu reka kuraba ibibera i wacu!

  • ewe vuganeza ico utazi nuko nkurunziza atari umuhutu yuzuye nkuko wibaza uzobaze neza umuryango karonda wiw uzomenya ko atarumuhutu twe twanka kurenga amategeko kandi ntarusha ubuhutu ntiba na ndayizeye na rwasa reka ayo macakubiri ntimuze mwagirizwe genocide mwe na nyamitwe

  • @ vyukadusenge
    Peter nimba ari umututsi akaba yaremeye kuja kurya imizi y’ibiti mw’ishamba imyaka n’imyaka,agata umugore akiri jeune nawe akiri jeune ,bon sang bravo,mbega wibagiyeko nabakuriyemwo bande d’assassins umututsi àcette époque yerekanako azinanyi n’umuhutu de près ou de loin ni nde nkeswe kuja mw’ishamba?Et si c’est le cas abahutu bari kumwe nimba baramwizeye ko abaserukira ni sawa ça montre encore une fois ko ari peuple pacifique rero ronderera ahandi peter sinshobora kumwanka be n’abagenzi we!!!Ikindi nta mategeko yarenze cour constitutinnelle yaravyemeje ko ashobora kwitoza!!!
    Ewe vyukadusenge,aha ubona abahutu ubu turashiririye,ivyo umbwira ngo nzokwagirizwa genocide ubwo nobitinya eka da!genocide ni europe iyegeka canke ikayikura ku muntu rero reletion iri hagati ya europe n’umuhutu turazi iyariyo ubu barayinyagiriza nzoyemanga n’ibindi barabitwagiriza atavyo twakoze ,genocide c’est qoui?Sinzoreka kuvuga ico mbonakoarico ngo ni genocide abanyabulaya nabo twabahinyuye bimwe terrible ntaco tugikangishwa!!

  • IMANA irutngabo niyodusigay duhanz amaso

  • @ Vuganeza

    Mbega ko mushigikirana nkuko umengo nimwe muri abahutu muburundi mwenyene nukuvuga iki? Jewe hamwe n’abandi bahutu nkanje Ico nti tugihurizako. Kuki mushaka kwiyibagiza ko RWASA ari Umuhutu? Mbega nawe nyene areke kwitoza? Nimba vyukuri ikibazo gikuru ari ic’amoko, kuki aba DD batotanga uwundi mu Candidat avyemerewe n’amategeko w’umuhutu? Canke ko hariho abandi bahutu bari Gushaka kwitoza, kuki Tutoja gutora abo nyene? Umengo muri utujuju. Ntimubona ko ivyo bintu mushaka kuzana ngaha bidafise ifatiro? Ariko ivyo vyose muravyirengagiza mukaguma mumoka ivy’amacakubiri kuko atakindi citwazo musigaranye cumvikana co gushigikira izi nkozi zikibi zica abahutu n’abatutsi bose batabashigikiye. Teshwe mwomoke harageze musubire mwishamba. Twabatoye twibaza ngo namwe muri abahutu bagenzi bacu kumbe muje kwica nabari barusimvye. Ubu hoho ntanishamba rikiriho ryo kwinyegezamwo nzoraba iyo muzoja hahaha. Bise Rwasa nawe agerageze. S’umuhutu? hahaha mwamikoshi mwe!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.