Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jay-Z: "Beyoncé baramubeshera ntiyibungenze" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Jay-Z: "Beyoncé baramubeshera ntiyibungenze"

Jay-Z: "Beyoncé baramubeshera ntiyibungenze"

mercredi 22 Rusama 2013

Biciye ku butumwa yarungikiye Ebro Darden, umuyobozi w’insamirizi Hot 97’s yo mu gisagara ca New York, Jay-Z, umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap yagaragaje umubabaro wiwe ku bihuha bimaze imisi bivuga ko Beyoncé yoba arindiriye umwana wa kabiri.

Jay-Z yandikiye uwo muyobozi ati : « Beyoncé ntiyibungenze! Ababivuga barabesha ». N’agashavu kenshi yavuze ati : « Amaradiyo arakuza inkuru »

Beyoncé na Jay-Z batanguye gukundana mu mwaka w’2002, baca bubaka urwabo icese mu mwaka w’2008, baca bibaruka umwana wabo wa mbere w’umukobwa yitwa Blue Ivy, uno musi afise umyaka umwe n’amezi ane.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.