Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jean Minani: Abatavuga rumwe na Reta ntituzokwitaba amatora y’umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Jean Minani: Abatavuga rumwe na Reta ntituzokwitaba amatora y’umukuru (...)

Jean Minani: Abatavuga rumwe na Reta ntituzokwitaba amatora y’umukuru w’igihugu

dimanche 12 Mukakaro 2015

Umukuru w’umugambwe Frodebu Nyakuri Docteur Jean Minani amenyesha ko itegeko ry’umukuru w’igihugu ryigiza inyuma amatora kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro ataco rihindura.

Docteur Jean Minani avuga ko guhindura isango y’amatora bimeze nkuko atacabaye kuko iyo tariki ari iyo umukuru w’igihugu yishiriyeho wenyene atumvikanye n’abo vyega bose.

Umukuru w’umugambwe Frodebu Nyakuri avuga ko wewe nabo bari kumwe bose mu migambwe itavuga rumwe na Reta ata matora y’umukuru w’igihugu bazojamwo,kuko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yihaye intumbero yo kuyajamwo wenyene nabo bacuditse.

Docteur Jean Minani arangiza yibutsa ko umukuru w’igihugu c’Uburundi ari mu bakuru b’ibihugu 10 batorwa neza,ariko bose bakuwe.Akamenyesha ko afise impuhwe ko umukuru w’igihugu ashobora kuva mu butegetsi mu nzira zitari nziza.

Mwomenya ko amatora y’umukuru w’igihugu yigijwe inyuma ku ncuro ya kabiri.Mu gihe yari ategekanijwe kuwa 26 Ruheshi,yimuriwe kuwa 15 Mukakaro,ubu akaba ashizwe kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Igiknew Sukuyigiza Inyuma Ahubwo Nukurekura 3e Mandat Si Non Ntamuti Urimwo Kandi Ntakamaro Ko Guhiganwa Nuwahonyanz Constitution.

  • si ryambere mu yavamwo, mbe ubundi ho mwokuyeyo iki? nyaragasa mukibira abandi barabatanzey hanyuma izo nda zihoke

  • Nne woyajamw gut utari buyatsnd? icara has utekerez mandent yanyu ntirager

  • uyumugabo arumva ko mumutwe iwe hakora bamubwiye ko atitavyamatora atazoba!yayitaba ngwatorwe nande?nakarengo uwugenda namaguru ntahiganwa nuwugenda nimodoka!!uwokubona niyo kostime yogira ngurafisubwenge!!ntanubwo kurahura!tekereza pita nkurunziza asubiragucemwo nakare ntubona!!

  • None Mubona Atacomwohanoba Mwokwirirwa Murayajamwo Murondera Iki? Bemuvugisha Ukuri Izomvo Muvuga Zokutayajamwo Ntizifashe!Gusa Mutayagiyemwo Muzoba Mwanse Kumaramara Guko Nabonye Umengo Abenegihugu Ntacizere Bagifitiye Imigambwe Itavugarumwe Na Leta Kubera Ukuntu iyomigambwe Yigenza.Biragaragara Mubenegihugu Nanone Baravyerekanye Mumatora Y’abajenama B’amakomine N’abashingamateka Aho Berekanye Kimigambwe Itavuga Rumwe Na Leta Batayizeye Kiretse Urunani Amizero Y’abarundi Rwa Rwasa Agathon Naho Nawe Mengo Ntagomba Ubutegetsi Mugihe Atagomba Kwemera Amajwi Y’abamutoye Ivyonavyo Bigashavuza Abanywanyi Biwe Bamutoye.Mbere Ugiye Mubenegihugu Usanga Bavyidoga Ko Mugihe Atoja Mumatora Amajwi Bomuhaye Bazoca Bayaha Umugambwe Urikubutegetsi.Ababona Rero Koboronka Amajwi Nobahanura Kuyajamwo Ntibishinge Gufadikanya Nababona Kobatobatora Guko Bayajamwo,bareka,abenegihugu Turiteguye Kwitorera Abazoturongora Guko Niyonzira Nziza,ubutegetsi Budaciye Mumatora Ntabwo Tuzigera Twemera Gko Butwaza Agahotoro.

  • MBEGA ABOBADASHAKA AMATORA NIBAGENDE !!

  • MINA URIHENDACANE KUBONAWIFUZAKUBA PEREZIDA IREKUZE IKIZIRIKOMWIZOSI NGUSHAKAKUBA NKASEBARUNDI WEWE UKWIYE KUVURA INGURUBE NAKARE NGURIMANGA MUKARERE NTUZOGARUKE

  • UBU MUREMEY KUTAYAJAMWO?MWABONY KWATACO MWANZE.MWARIMUZ KO DD IFYINA.ARIK BARABESHA, NTA GIHUGU BAGIY GUTWARA.IMANA IBATURINDE.

  • Finalement amatora niband bazoyajamwo

  • uyomugabo ategerezwa kuba adakomeye mumutwe bamubwiye yuko atitavyamatora atazoba canke yayitaba ngwatorwe nande ko nayo yariyarose arayo Twaritwamutije Nayo Buca Tuyamwaka!!Kandi Nguwugenda Namaguru Ntahiganwa Nuwugenda Nimodoka!!Uwokubona Niyo Kostume Yogirangurafisubwenge!Ahubwo Ngira Niyo Watiye!Tekereza Nyakubahwa Pier Nkurunziza Asubiragucemwo Nakare Ntubona!!

  • Nukuri Muremeye Guheba Kino Gihugu Kigwe Mukaga? Mutitoje Baradutwara!

  • Komudashaka kuja mumatora none shaka iki?twubahirize ubutegeti butangwa n’abanyagihugu

  • Komera Jean minani ariko warataye personnalite kuva aho ukoraniye nabo bagesera batipfuza intambwe abarundi twaritugezeko ariko ntaco uhugwa nuwugwa akavyuka.Iyo mugumya akaranga Ndadaye Melchior yabasigiye ngira nabo bariko bajaganya igihugu ntibaba bariko bajaganya ariko konzi twibuka incungu aruko zipfuye nka Rwagasore Ndadaye eka nuwundi tutokwibagira nka Gahutu Remy ubwo bizoshika dukunde abubu ko nzi iyu muntu apfuye akundwa reka tubirabe mugani w,umunyeporitike uraho tuzoza dushika kumva yabantu bamwe bamwe tuvuga duti aha hahamvye imbwa aha harumugabo.Twezereko azikebuka kuko yarasanzwe arumugabo nuko yahenzwe nabantu bake b,imbwa.

  • none nkawewe ufise abanwanyi bangah? nind yogutoye?

  • NARINDIR IZONZIRA MBI AZOZIBONA!!ABARUNDI YATUMYE BAHUNGA BAZOMUHUMIRA! KUKO NIWE MUZI W’IKIBAZO KIRI M’UBURUNDI

  • Nibicarebaganire Kukumutwumwe Wifashagusara Ntiwifashagusaba.

  • KOMERA MUTAMA WACU MINANI IRYOJAMBO MUVUMEREYE RYUKUTAJA MWIRYO NKINAMICO RYUYO NKURUNZIZA C’EST UNE BONNE DÉCISION KUKO NAKARE YAGAYE TWEBWE BENE BURUNDI AGAYA NAMAKUNGU NAKARERE BO BAHAGARARIYE AMASEZERANO YA ARUSHA TWEBWE TUZOKWITABA AMATORA ARUKO PETER ASOKOROYE CANDIDATURE YIWE MUBIYAMAMAZA KANDI NIZO NTERAHAMWE YAZANYE MUBURUNDI AKAZISUBIZA MURI CONGO COKIMWE NIZOMBONERAKURE ZIWE YAMBITSE IMPUZU ZIGIPOLISI ZIGUMA ZITOTEZA ABATAVUGA RUMWE NA LETA STOPNKURUNZIZA NTITURI ABAJA BAWE!

  • Mwebwe Vyarabananiye Mushaka Iki ? Nimwitabe Amatora Kuko Ntayindi Nzira Ishoboka Atamatora Abaye

  • ICOMBONA NUKO HOBA INAMA YABATAVUGA RUMWE NARETA BAKAGIRA ICO BAFUNDITSE HAMA ABAHUZA BAKAZA RETA ICIBIVUGAKO BIHWEZE UWURI MUMAKOSA BAMUFATI RE IBIHANO OK

  • Rekatubirindir’arikw’ishavury’imbwa reherera mukuzungagiz’umutsembe kandi nti zishahugwazirira@amaso y’ibikere ntabuz’abavoma nibazakomuzotahirakuvuga kukw’akarimikomwarakameze!

  • Reka none karivyo yarondeye abo vyega bazobimukorera nkuko yabirondeye ashaka imyaka itanu kugira ahindure iki? Ibintu atakoze mumyaka cumi nivyo yokora mumyaka itanu? Kanatsind ayabonyeko niyavako neza nubundi ari kuja irahe ati reka ntere igere,nawe narindire azibonerako.Umukuru w’igihugu arasamba imbabazi umu colonel? Bisigura ko imyaka yose yatwaye yakoreshwa atariwe yafata itegeko,yaba peter,Adolphe, kajisho, ndakugarika ,kazungu bose inzira nimwe.

  • EREGA JEAN MINANI ACAFICE KAKANDIYAVUGIRA MUGWANDA KURI RADIO MILCORINE.KANDIABARUNDI MWIBUKEINGENE UYONYENE FRODEBU YAYITEMBAGAJE.MBEGAIMFASHANYO Y OPAPA YATANZEIGENEWE AMATORA YARAYATANZE?YUBATSE AMAHOTERI ANZIMVYE UBUNAHOAGOMBAYUBAKE MUGWANDA MURAZIKOKENSHI ARIYOYAMACA.AKASIGAATUHENZE EREGA JEAN MINANI ACAFICE KAKANDIYAVUGIRA MUGWANDA KURI RADIO MILCORINE.KANDIABARUNDI MWIBUKEINGENE UYONYENE FRODEBU YAYITEMBAGAJE.MBEGAIMFASHANYO Y OPAPA YATANZEIGENEWE AMATORA YARAYATANZE?YUBATSE AMAHOTERI ANZIMVYE UBUNAHOAGOMBAYUBAKE MUGWANDA MURAZIKOKENSHI ARIYOYAMACA.AKASIGAATUHENZE NGOKEREBUKA

  • utore ureke amatora aguma yabaye!ahubwo bagucunge!!

  • MBEGA UWOMU DOGOTERI JEWE MBONA YOJAKUVURA IVYA POLITIKE VYAMUNANIYE NAREKE PETER YITWARIRE KUKO TUMURINYUMA NKA TWESE!

  • MBE WE WIYITA N MELOS IYO UDUHENDA NGO MWESE MURINYUMA YA NKURUMBI KANDI INDONGOZI ZA CNDD-FDD NIGISODA BAHAYE BOSE BAZA IWACU NGO TWITEGURIRE GUHCUZA UBURUNDI WUMVA MUSIGARANYE BANGAHE? HAMA NGO MINANI NGO NAJE KUVURA REKANA NAWE KUKO MINANI NI RURANGIRANWA YARIZE ARAYAMINUZA AHO YOJA HOSE KWISI YOBAHO MUGA UYO PETER WAWE AHA UBÖA AROREREYE KUZOGWA KUBUTEGETSI NKA KADAFI NUKUBERA AZI YUKO ATIZE MBE BURYA AMAGENDERA YOMUTUNGA GAYEMWE? ARAHUMIWE YEMWE! YABUZE KWIGA NGWAYANONONSORE NKA MINANI NONE BUCA AGWA KUKIRIMBA KUBERA ATAKINDI YOSHOBORAMUBUZIMA NIYEMERE AZOMARAMARE AZOSUBIRE KUJA GUKORA YAMAGENDERA YIWE KUKO NIYO BINGANA CANKE AFISE UBWOBA KO ATAMAHERA YOKUZOJA AJA KWIVUZA YA CANCER AZOSUBIRA KWAMA ARONKA NIYEMANGE AKABI ARAKUZE PETER NIKO BIMEZE MUBUZIMA NTAWAMA AHO YABAYE NAKARE NTUZOBUBAYE UWAMBERE USUBIYE KW’ISUKA!!

  • Ibi vyose Minani Jean ariko aradabanganya agurisha abahutu na beneburundi kuri Empire Hima , ayo maraso y’abeneburundi ariko aranywa, arabesha azobibazwa vyose.

  • Jean minani,avuze,ukuri pita,arashobora,kuvakubutegetsi nka gatafi.arikorero gatafi yarumugabo ntimumugereranye hu wumvise.abobavugango,ita bamurinyuma nivyi fidodido kuko,reta ndayihaye,amezi(2)kubayavuyeho hamwebatomanika,ibiganza.

  • Iyubuze Ibere Ryumuvyeyi Wonka Iryimpene Nankurumbi Nukonye Yaratwose Aratumara Uburero Yabuzuwoyonka Agiyekonka Impene: Natembe Agende

  • ruhwa ryama politique irakuroka wiyunvira nkakana kakirigato

  • Jewe Niyumvira Kwamatora Yoba Kuwa 15

  • Jewe Niyumvira Kwamatora Yoba Kuwa 15

  • ruhuna niwe yababariye ko bazofa bayerera nka gahini nibarindire bacumuzwe nakamanyu kumutsima murabe

  • ivyo jean avuze nukuri kuko yase kugenda neza azogenda nabi nako akari mukanwa k’imbwa bakuzayo ubuhiri

  • Kurikikinyamakuru kokititayeho kwandika ivyintambara yabereye mu Kayanza vyumvikanako abasoda bu Burundi bakubise umwansi yariyateye u Burundi aciye Kayanza. Ndababwirako Amerika niyoyawutetse yoyoyavuzeko ihagaritse ubufasha bwagisirikare yaha uburundi muntumbero yokurebako uburundi bwoshikirizwa wamurwi wa EMPIRE HIMA TUTSI, nayo u Burundi bugifise ahobukura ibirwanisho kuntambara yohasi ntawukorako kumusirikare wumurundi.

  • MBE AHO TURI KINKOHO ZIRIKO ZIFATWA MUBIVUGAKW’ IKI?

  • MBE AHO TURI KINKOHO ZIRIKO ZIFATWA MUBIVUGAKW’ IKI?

  • Ikibabaj Sukutayajamwo.Mwogomba Mukareka Naw Ntacowotwungura Atarukuvyivya Izonda Zanyu Gusa.Nuko Uzohava Uducanishamwo Nkakumwe Wabigira 1993.Ahomenga Kwicisha Abana B,Imana Menga Nivyomwigiy.Amaraso Yabo Mutarets Azobahumira

  • Murashaka mureke ayambere yo wagira mwarayitavye!! Naho mwoyitaba ntaco mwohanoba

  • Nagomba mbwire uwiyita muhanuzi iyo migani waciye,twese turayizi kiretse wewe woba uzi iyo gusa kuko ijana kugatima kubukoko ufise,mbwire abiyandikisha imvugo zamacakubiri abo ntakibanza bagifise mumitima yabarundi,mbega ko ivyo vyandika abacangero ba nkurumbi ndabibarize aba FNL isinzi batawe munzuzi abaciwe imitwe abirirwa barahirwa buhongo sabahutu nkurumbi nabiwe bagandaguye izonzirakarengane umbonera abatutsi muribo nibangahe

  • Nagomba mbwire uwiyita muhanuzi iyo migani waciye,twese turayizi kiretse wewe woba uzi iyo gusa kuko ijana kugatima kubukoko ufise,mbwire abiyandikisha imvugo zamacakubiri abo ntakibanza bagifise mumitima yabarundi,mbega ko ivyo vyandika abacangero ba nkurumbi ndabibarize aba FNL isinzi batawe munzuzi abaciwe imitwe abirirwa barahirwa buhongo sabahutu nkurumbi nabiwe bagandaguye izonzirakarengane umbonera abatutsi muribo nibangahe

  • Bantu mwandika ivyo mutazi mwikebuke; Mbega ico kintu Empire hima muvuga nico catumye Nkurunziza n’akarwi kiwe bahonyanga amasezerano ya ARUSHA n’ IBWIRIZWANSHINGIRO ? Hoho nimba kinahari ico hima muvuga muvyukuri hagati ya Nkurunziza na MUTAMA Jean MINANI ninde yoba yarabaye inkezi yamarere! Ikibazo ni kimwe gusa ni ikiringo ca3 kuko ntikirekuwe namabwirizwa igihugu kigenderako. Ntihagire usubira guhenda abantu canke avuga nabi abo batangana; Dr Jean MINANI n’abo murikumwe mu komere cane, nimwebwe IMANA igomba gukoresha mugukura igihugu mubuja.

  • @ubugaboburihabwa
    Nawe ntiwize amajambo uvuga arakuranga,ahubwo utegerezwa kuba uri muri bwa bututtsi n’intwaro y’abatutsi ataco yigeze imuha nibaza ko woba uva muri nord.
    Hanyuma peter nawe mureke ntazoja kw’isuka canke gukubita amagendera,uze kandi wibukako abahutu bafise ama diplomes ntabo dushaka ku butegetsi dushaka abagwanye nka ba dolofu,bakigwaniye,nayo ba rufyikiri n’abandi niet mwaratwishe mwa batutsi mwe izo diplomes ntizadutabaye,sans blague,je préfère ko gitwarwa na dolofu nkamubera conseiller kubera nashoboye kwiga kandi vyogenda neza,abahutu mwatubujije kwiga mwa bagesera mwe b’abatutsi none muriko mutwumvisha ko batize,jewe ndazi ko 11 ans mu kibira ziruta ayo ma doctorats ya vya bigugu vya rufyikiri bishaka kutuzanira abatinganyi mu gihugu ,ils n’ont qu’àse faire sodomiser eux memes.
    Iyo cancer nayo nimba ayigwaye ntaco tuzomugwaza ,abatutsi iyo muvuga ingwara murantwenza abantu mwishwe na sida n’ibindi bigwara vyose veneriennes aho nawe uri nico uvuga,nta mututsi numwe atagwaye sida nuwutagwaye cancer sida,sifillis na za blenorragie na za hepatite c murafise,reka rero kwirarira mwaboreye ku nzira .
    Minani jewe ndamwubaha nivyo yarize kandi n’umuntu mwiza ,ariko nareke kuvuga ko batazoja mu matora yumukuru w’igihugu kuko nayo abashingamateka ntayo bagiyemwo,jewe kandi minani ndaziko azoteba asubiza hamwe na benewabo,c’est un vrai gentelman naho yikundira abakenyezi comme tout le monde.
    Ikindi womenya bugabo,abatutsi mupunguze kuturatira amashure mwize ntimwibagireko abaronse ama diplomes boses entre les année 93 à2005 mwese mwayaronse mutiga,abenshi mutazi nokwandika ikete ryo gusaba akazi,abo bantu rero bico gihe mwari mukwiye gukura izo papiers toilettes zico gihe ngo ni diplomes kuri terrain,kandi bitebe bitebuke ntihazobura abazobizira,
    Ntiwibagire kandi ama certificats y’abana b’abahutu mwa batutsi mwe mwivye ubu usanga hari abatutsi bitiranwa n’abahutu ,babivye ubuzima mwabijuju mwe hanyuma ngo murata abize ata kindi cabaranze atari ukwiba ubuzima bwanyu bwose,rindira tubacungishije ijisho ibibi vyose muzoteba muvyishure bande de sanguinaires,

  • Twarar’ahiye Vyanse Bikunze Peter Nkurunziza Azoja Irahe, Abo Nabo Bandika Bashigikira Amapfuti Ni Imbonera Hafi Na Bandi Basangiye Ivyaha N’ubunyonyezi Bw’itunga Ry’igihugu, Harageze Invura Igiye Guhita.

  • Docter j.Minani ndamushigiye100 % uwoyajamwo nuwutagira ubwenge hamwe nabamwe banyonyeza igihugu ariyompamvu babona kobavuye kubutetsi zoba ingorane.

  • Irakoze mwarahiye wewe nande? Ivyo uzobirindira ubibure sha umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo! Kubaho kw’umuswi si kubw’impuhwe z’agaca

  • AKOSHA WAKAGABOWE UREHA NAMAVYAYINGURUBE WIFUZA IKI ?.WEWE URAREKE GUTORA NAWAMUNYAMWEMAWAWE TWEBWE HATEVYEKUGERA TUZINDUKE GUTORA SEBARUNDI UMUGABO ATAGUGUMWA

  • @ Urakoze, Abaturiye abantu ntibatwarwa Lahe Nkurunziza wintungane yojayo gukoriki? Canke nabakoze ihonyabwoko 72-88-93-94 ntanumwe ari Lahe Nkurunziza wintungane yojayo gukoriki? Canke ubivuzegurtyo kubera ubigereranije nukwarumuhutu nkuko abahutu bomu Rwanda aribobakomeje guhamagarwa nubutungane gusa akaba abatutsi batigeze bakonwakomwa bomurwanda kandibaratikije inganda, erega tubatwakwumvise iyurikurajana nkuko mufise umupango wogukora amabi ngokuvira abahutu biburundi mubagerekeho ubwicanyi nkoko vyagendeye abanyarwanda babahutu ,aho abatutsi baje bagatikiza inganda ibararikaca rirwira abanyarwanda abahutu bikabaviranwo kwicwa urudaheza akagize karahunga bakakayorora bakagata mugasho banyirabayazana abatutsi bibereyeharyagusa biririmbira Genoside yatuviriyemwo business.

  • @fidelite

    Nk’umuhutu, ndipfuza kuba mugihugu kitarimwo umuntu nka wewe wese. Urazi, bwabundi ishure n’ikintu gikomeye. Mbega ko numva umengo umunwa wawe ni muremure kurusha itereni, aho ico sico kintu ushoboye conyene? Ko mwihaye agikorwa co kugwanya no kwica umurundi wese atabashigikiye, wabigenjenje gute kugira inzigo yawe y’amoko ironke ikibanza? urazi ko igihugu kikiri mumaboko yacu? Ariko dushobora gushika kuco twipfuza mutuvuye imbere mwe nuwo dolufo wawe. Mbega mwakigwaniye ryari, hanyuma mugishikako gute? Wigira ntukibitabo ukaca ushaka kwigira ndabizi ukibagira ko turi 2015. Ubwo bugugu bwawe bwataye igihe!

  • @Okay
    Genda mu kibila abandi niyo bari ivyo bibazo vyyose wambajije uzobironkera inyishu,dolofu ntuzigera umwegera nimba utaciye mu kibira,karacakuvunze ,abahutu b’ibijuju nkawe natwe ubu ntabo dukkeneye mwotuma mupfa hako mudusubiza mu buja ,hagasigara bake beza,turahaze ivyo bigugu bitazi ayo twaciyemwo vyumva ko ubu bishoboye.Mbega ushobora gushika kuki,nimba wiyumva ko ataco mbona washitseko kuri buyoya,bagaza na micombero dolofu nanje tutarabaja imbere,mufise ubumenyicanke ubushobozi bungana iki?Ubwo bwenge mufise bwobashikana kuri ivyo bujane USA barakunda kugura des fortes tetes nimba uyifise,
    Okay waraturubuye,abahutu nkawe ni bake heureusement ,wewe ufitiye inzigo dolofu ariko mumenyeko abamuri inyuma turi benshi twebwe tuzi ico yatumariye,ako ni akanyaro iyo tuba twicana ntuba uriko urakaryebaguza,ariko nimba utari mu buhungiro genda mu kibira ko uri umugabo ico cubahiro duha dolofu ngira twokiguha,uko ndakwumva ntupima ushaka kurya ivyo utabiriye akuya.

  • Ariko uyumugabo Jean Minani kabisa aratangaje!! ukuntu abarundi twari tumwizeye none nguyo arahemutse, arinyuma yabashaka gusesa amaraso y’abeneburundi! birababaje...

  • Nyakubahwa Dr Jean MINANI,Gerageze musubize hamwe na Léonce NGENDAKUMA ivyo vy’ubunyakuri uvyikuremwo nawe iy’ikibiri avyikuremwo kuko nomuri1993 Nyenicubahiro NDADAYE yaratsinze BUYOYA ata kibiri agiyemwo.Mudasubije hamwe ntanguvu muzigera mugira imbere y’abanyagihugu.Muri incabwenge ariko muzosanga politique yanyu isigaye ibera ku maradiyo abandi baca hose.Ngo:<INTAMBARA Y’IBISIGA INEZEREZA IBIHORI.>Kandi:<UWUKEBURA UWIWE NTAMARA IBINONKO.>Bibwirwa benshi bikumva benevyo.

  • Nukuri nukuri uyo mugabo naraba atuvireho tutabandanya kuguma twitwa impunzi bene dada barundi bene mama nugushirahamw tugafata ingingo imwe irashe kandi yogira ico idushikanyeko tutibagiwe gusaba uhoraho

  • James Ushigikira Uwudafi Inguvu Mugakubitirwa Hamwe Abantu Mwese Bibigoryi Mwanka Mzh Wacu Kizigenza Pierre Nkurunziza Azobatwara Gushika Naho Mumenya Mukavuga Muti Bwabundi Yari Yasizweho Nisezerano Ry,UHORAHO. Muhumure Iracari Intango.Ciminani Naco Nikje Mukirundo Giteke Infungurwa Z,ingenzi Kuri Ya Hotel Yiwe,CNDD FDD SONGAMBERE SONGAMBERE,SHIIIIRIIIRAA SHIIIRIIRAA MURAKOZE BAGUMYABANGA.

  • nawe uri umudemocrate urinyegeza inyuma y’aba putchistes?

  • uwokubona niyo koti yogir ngurafisubwenge nne nsanze urimbwa yumugabo nahonyene imbwa ziratandukany wew urumukoma!ariko haricugikekerany kur mandat ya gatat yumukur wiguhugu?tekereza asubiragutware natwabanyagihug tuzomutor twonger tumutore!kandukeney kumenyako manda yany itarager kand itazokwigerigera!kandukeneye kumeny kwinkona itaruzwa!!hewe niyo koti wambaye ngir niyowatiye!muga ndagutahura uvugukureha!!ubuguf ningwar iyub muremur wotwayigihugu!!nne vyokugora nokuja kwivola rekera pierr nkurunziza!!niwazi gutwaricarico akamenya kuryutwiwe nutwabandakaduherana!

  • BACAUMUGANINGO,INKONOYAKERANGIRYOSHUMUFABURYAHARIHOUWUNDI,AZOKORANKAWE

  • Mutama Ndagushigikiye Woja Mumatora Utateguye?Komera

  • Ntawubabujije gushikiriza iciyumviro cawe ariko hariho abantu bameze nk’ibigugu mbe iyo wandika ukavuga ngo "twebwe abarundi" mbe wewe urumwe urimwo bangahe?Duce ubwenge tumenye imvugo dukoresha ahandiho biracatugoye twese umugambwe turawukunda ariko k’ubwanje 3ème mandat ntihuye n’ibwirizwa nshingiro ry’uburundi imyaka cumi Mutama adutwaye kubwanje yarikwiye akabisa abandi ahandiho biracagoranye pe.

  • Ntawubabujije gushikiriza iciyumviro cawe ariko hariho abantu bameze nk’ibigugu mbe iyo wandika ukavuga ngo "twebwe abarundi" mbe wewe urumwe urimwo bangahe?Duce ubwenge tumenye imvugo dukoresha ahandiho biracatugoye twese umugambwe turawukunda ariko k’ubwanje 3ème mandat ntihuye n’ibwirizwa nshingiro ry’uburundi imyaka cumi Mutama adutwaye kubwanje yarikwiye akabisa abandi ahandiho biracagoranye pe.

  • None Nivyo Nyene Intambara Muburundi Iriho.

  • Pita,arabesha,aravako,kandi nabi gusumvya gadafi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.