IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kaminuza y’Uburundi igiye kurungika abanyeshure kwiga mu Buganda

Kaminuza y’Uburundi igiye kurungika abanyeshure kwiga mu Buganda

vendredi 22 Ruhuhuma 2013

Igenekerezo rya 21 Ruhuma 2013, Kaminuza y’Uburundi na kaminuza yo mu Buganda ( Makelele) zarasinye amasezerano azotuma kaminuza y’Uburundi irungika abanyeshure cumi gukurikirana ivyigwa bitanga impamyabushobozi yo hejuru (Master na Doctorat).

Nkuko Gaston Hakiza, umuyobozi wa kaminuza y’Uburundi yabimenyesheje, ayo masezerano azoba ingirakamaro mu gisata c’ivyigwa bijanye n’uburimyi mu Burundi.

Igitigiri c’amahera agera ku miliyoni zibiri zamafaranga y’abanyabulaya nizo zatanzwe n’ishirahamwe y’ibihugu vya buraya kugira afashe mu bushakashatsi bw’ivyo vyigwa.

Ama kaminuza agera kuri cumi n’abiri aramaze kuronka nayo nyene izo mfashanyo.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.