Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya igiye gukarihiriza ubwenge abadiplomate 20 b’abarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Kenya igiye gukarihiriza ubwenge abadiplomate 20 b’abarundi

Kenya igiye gukarihiriza ubwenge abadiplomate 20 b’abarundi

jeudi 7 Ruhuhuma 2013

Igihugu ca Kenya ngo kigiye gufasha mugukarihiriza ubwenge abadiplomate bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire no gufashanya n’ayandi makungu. Ivyo bikaba vyashikirijwe ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 6 Ruhuhuma uyu mwaka.

Nk’uko bishikirizwa n’ubuserukizi bw’igihugu ca Kenya mu Burundi ngo izo nyigisho zizotangirwa i Mobassa mu gihugu ca Kenya.

Ni muri iyo ntumbero uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi yashikirije Laurent Kavakure , umushikiranganji w’imigengenderanire n’ayandi ma kungu ama tike y’indege, n’ibikoresho bigenewe abo bazoja muri izo nyigisho,nk’uko amakuru atangwa n’insamirizi y’igihugu abivuga.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.