Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Inama y’abakuru ba Reta bo mu karere ka EAC - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Kenya : Inama y’abakuru ba Reta bo mu karere ka EAC

Kenya : Inama y’abakuru ba Reta bo mu karere ka EAC

vendredi 2 Rusama 2014

Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu ari i Nairobi mu gihugu ca Kenya, aho ari mu nama y’abakuru b’ibihugu.

Muri iyo nama y’abakuru b’ibihugu bo mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko Gerevazi Rufyikiri arimwo mu gihugu ca Kenya, baza kurabira hamwe ibijanye n’itunganywa rya coridor ya Ruguru, izofasha ibijanye n’urudandazwa rwo mu bihugu vyo mu karere ka Afrika yo mu Buseruko arivyo Uburundi, Urwanda, Uganda, Kenya na Tanzaniya.

Muri iyo nama kandi, abo baserukira ibihugu n’amareta barimwo mu gihugu ca Kenya, bakaza kuronka n’akanya ko kuvugana ku bijanye n’ugushira mu ngiro umugambi w’igari ya moshi, iyo nayo ikazofasha mu gukomeza urudandazwa muri iryo shirahamwe ry’ibihugu bitanu bigize umuryango w’Afrika y’Ubuseruko. Mwomenya ko ibihugu vyo mu karere k’Afrika y’Ubuseruko, vyiteguriye gufashanya mu bijanye n’urudandazwa.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.