Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kobero : Umukuru wa posita ari imbere y’inyamiramabi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Kobero : Umukuru wa posita ari imbere y’inyamiramabi

Kobero : Umukuru wa posita ari imbere y’inyamiramabi

dimanche 25 Rusama 2014

Uwurongoye posita y’ikobero muri komine ya Butihinda mu ntara ya Muyinga, ari mu minwe y’inyamiramabi, aho yagirizwa ubunyonyezi bw’amafaranga.

Umukuru w ‘ibiro vya posita y’i Kobero Freddy Bukuru akaba yafashwe n’igiporisi gituza abarya ibiturire aca ajanwa mu minwe y’inyamiramabi, aho ariko arabazwa ku miriyoni zine z’amafaranga y’amarundi, yagirizwa kuba yoba yaranyuruje, muri ivyo biro vya posita asanzwe arongoye.

Kuva kuri uyu wa kane ku muhingamo w’igenekerezo rya 22 Rusama akaba Freddy Bukuru yarafashwe n’igiporisi kirwanya abonona amatungo ya Reta, aca ajanwa kubazwa, kuri ayo mafaranga yagirizwa kuba yaranyuruje.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.