IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Leonard Nyangoma: "Kurahira kw’umukuru w’igihugu gusa no gutanga (...)

Leonard Nyangoma: "Kurahira kw’umukuru w’igihugu gusa no gutanga imihoho"

jeudi 20 Myandagaro 2015

Leonard Nyangoma, aherutse gutorwa ngo arongore urunani CNARED, avuga ko kurahira kumukuru w’igihugu Petero Nkurunziza imbere y’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2015 bisa n’uko yatanze imihoho.

Kubwa Leonard Nyangoma , Petero Nkurunziza akwiye kwumviriza abo batavuga rumwe kugira bumvikane uko yova ku butegetsi.

Leonard Nyangoma avuga ko kuva kw’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2015,bagiye gushinga inzego nfatakibanza bagategura amatora.

Mu gihe Reta itemeye kugirana ibiganiro n’urwo runani, Leonard Nyangoma avuga ko bazobigira ukwabo bakabandanya kwiyamiriza iyo Reta.

Ntiyasiguye ariko uburyo bazokoresha mu kurwanya Reta mu gihe itemeye ko baganira.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Bwana léonard ntaco ut’umwanya ayo matora uvuga,kutaje kwipima ngurabe abenegihugu bakwemera.Igiti ntikigukora mujisho kabiri,uhemuka ahemuka kare.

  • Komer Mutama Kuk Tuba Dukeney Abagab Banka Agacinyizo Nkamwe Kuk Ninak Twasezey Mu Burundi.

  • Umugambi wanyango ma twaramaze kuwumenya ngonukwica umuntuwese arikubutaka bwu Burundi, akazobikora nkivyihebe nkuko bamaze kubigira mukwicabantu bone bamaze kwicwa ngokuko biraborohera kubera bafise igihugu kibanyi barikobarakorananeza mwicogikorwa cokwica ngokandikikaba kibizobereyemwo ivyokwica. Umugambi wa Nyangoma rero wikwica uwariwewese arimuburundi atarobanuye waramaze gutangura, rababa Adolphe,Bikomagu, Zedi Feruzi, guhatsa Mbonimpa, kwicikivunga abari ahahoze isokonkuru ya Bubujumbura, nabandinabandi sibavuga ngondabamare, ntibagiwe gukazibihuha noneho nama radios amwamwe yomurwanda akamufasha maze urwanda rukacaruzana imodoga kumipaka yuburundi narwo kwakira abarundi bahunze ibihuha mberebakacababaha za telephone ngokugira bacebatangura nguhamagarira abasigaye Burundi guhugu, ndababwire turafise igihugu kibanyi ca danger peeeeee!!!!!!!!!!!!.

  • kora mutama turinyuma yawe ntawundi turindiriye

  • Jew Ndumva N’ukuri Ivyo Binti Ataho Bishingiy.Iyo Mipango Ni Iy’abantu Badakunda Igihugu Kandi Tubamenyeshej Ko Abanyagihugu Tutazosubira Kubaja Inyuma.Murakoze

  • Nyangoma,nareke kutumara ahubwo nazinduke nawe arahitire ago arinyene numbers yabamutoye,naho kwica subwambere,ariko ntabwo vyamuhaye Intsinzi.Kwica nogutwra igihugu ntibisa hitiller ntabwo atwa ubudagi,Naboyitwaza ntamutekano bazogira bashobora kuhatakariza amahirwe yokuyobora uburundi tukabatsinda nabo,Gidiyoni yaratsinze kuko yarafashijwe na Rurema,tuzotsinda kuko turimukuri nakwo akaba ari Imana.Muzompinyuze.

  • Abo wishe mwuishamba ushaka kongerako abandi abanya bururi twarabamenye
    Turiteguye kubamwa

  • NAMWE NIMUGIRE NDORE KOMWAVUZE KWATARAHIRA NO AKABA YARAHIYE NON MUTEGUYE IKI?KORA ABANYAGIHUGU BATO TUBIRINDIRANYE IGISHIKA TURAB INGUVU ZANYU MUTAMA.

  • Ahubwo nawenyene numusazi aho usanga yumvirije yamajambo ya Damasce mu Rwanda ngo niwe azoba umukuru wigihugu kuntwaro mfata kibanza aca aja nagwo ngo niko bimeze rindira mwese muzaguherera mugasho vyinshi bibi birutwa na bike vyiza. Uwoguhanura woreka guhendwa ubona
    Ibisigaye navyo use your common cense.

  • Ewe nyangoma none yatanze imihoho mwovuganiki? Kurubunwabunwa intambara yururimi urikuraraba nkurunziza asanuwoyitinya ? Urani kimoda 2 wewenyene ntiwimenya wobeko 1998 wahemutse ukicisha barundisinzi imakamba canecane

  • Mbe Nyangoma Arakomeye?Abarundi Ubu Ntantambara Dukeneye?Arabigira Yigerezeko.Nave Ibuzimu Aje Ibuntu Acence .

  • UVUGE GUTE KO WAHEREWE.SHINGA IYORETA YIMPABE UROTA ARIKO SIYOZA GUTWARA ABARUNDI. TWARAMUTOYE SE PETERO NKURUNZIZA KANDI INGUVU DUFIS TUZOZIKORESHA IGIHE BIKENEWE.

  • komez urota niyo wikangura uraja kumenyako igihugu gifisw abakiramutswa. nutabibon uko uc uja kwiryamira mwishamba ngira niho wagenew.

  • tukurinyum mutama ntiharenge ukwezi kwamunani mutarakora akokantu umufa wimbwebwe unyobwa ugishushe ntabe amajambo gusa

  • emma
    yoooooooo, nyangoma ndaguteye ivyatsi ntakindi usigaje atarugukura impuzu ukagenda gusa kuko urumusazi. Hewe iyo reta nfata kibanza wateguye yijane muhira iwawe, nayahandiho usara wareka pierre nkurunziza niwe mukuru wigihugu yitorewe na benegihugu.

  • ntimudusubize mwihumbu mukor ibisana uburundi mwasambuy mwebwe abanyepolitike

  • Mbe umuganga uvura nyangoma uburwayi bwomutwe kontaco bitanga bazamubage mumutwe harubwo yokira ngo pita yarahiriye kuva kubutegetsi? None nyangoma twe abarundi twagiye kumwitorera yatuhinduye ibijuju? Ntazasubire kugira ico avuga ateshwe ate bitazonamukorako

  • Haaaaaaaaaaaaaaaaaaaa!ariko mimbonera iyo Reta izokorera hehe,mukirere canke ivy’u burundi ni akajagari.Ati iyindi Reta,nibakumbure batekane boye kugumur abarundi.

  • Njye nyoberea abarundi aho muzageza mwikoma urwanda bikanyobera kabisa, ese niba nwumva urwanda arirwo rubateje ibibazo kuki mutarurega munkiko zibifitiye ububasha?ibibazo mwahoze mbere yuko kagame ajya kubuyozi nabyo niwe wari warabibateje? none ko Tanzania, congo hariyo abavukanyi banyu bahunze nabo ni kagame wabajyanyeyo? urwanda n’igihugu cyiza kibana neza mushaka ko babana neza, ntabwo ari igihugu kivogerwa uko kibonye, mukemure ibibazo byanyu ahasigaye urwanda murufashe hasi,twe ntakibazo dufitanye namwe natwe twifuza ko mwagira amahoro ariko igihe mwumva ko ubabuza amahoro ari Rwanda muzabanze mwibaze ngo mbere yuko mujya za arusha byari bimeze bite? ubwicanyi mpora numva mushinjanya bwo muri za 1970...nabwo nurwanda rwabikoze?mwakemuye ibibazo byanyu mukareka kwitwaza urwanda.

  • noneiyo reta izokorera hanze y igihugu canke mugihugu hagati

  • BANTU MUKUNDA NYANGO NDABASABE MUJANE KWAMUGANGA KUKO AGWAYE IBISAZI UTOMENY A UMUGANGA YOMUVURA IGIHUGU ARIMWO UHOGIRA IMHUHWE AKAMUVUZA IMANA YOZOMUHEMBA KUKO WW NTIYOVYIBUKA NAHOYOKIRA

  • MUZA UBWAKABIRI MUKUBIZIGIRA KO AR MWEBW TUZEYEKO AMAHORO MU BURUNDI!UWUZA UBWAMBERE NI IMANA.NYARUK RERO TURIKO TURAHONA!

  • nyangoma yarahunze kera nivyavuga abisoma kuri internet hanyuma natwe tujengaho ngo hariho ibintu uriko uravuga abarundi bunomusi sibabandi bo muri [72] mbega ayomatora uzoyategurira mukuzimu? mubuhungiro? mwijuru? canke hehe? jewe nkumurundi akunda igihugu kandi agukunda ndakuririye. murakoze.

  • Nyangoma Arambabaje Pe! Ashi Ubutwari Yari Yaratanguranye None Ubukware Buramudutwaye.Ubusaza Muri Politike Ningorane

  • nyangoma w uritonda sha ndagucir akagani imbwa yagiy guhiga ibindi bikoko nkayo icigwa kugw ibaz icigw yoyikorera

  • Ntagihugu cumugambweumwe cangwa cbwokobumwe cabayeho ?ahahutu abatutsi bahungaubutegetsi biteyisoni?,,,yemweeehaha

  • Ndagushigikiye Nyangoma Komera Ku Muheto

  • ahaaaa karibu sha naraguhushij tukwak umuhari ubuho unyiteg fise rumenumuntu mudahusha reka mbendaguc kumazi igisigay nukukurangiz nunva wewiberey mumatiro uciyunvira amatora

  • Ivyo Mukora Vyose Bikore MumeNya Ko Ukutubaha Agateka Ka Zina Muntu No Ku Mana Birahwanwa Vyiza Mwona Mureka Akitwarira Kuko 5 Ans Simyinshi Yaho Mworinda Gusesa Amaraso Budya Ubuzima Ni Katihabwa Impanuro Itanzwe Kubuntu Na,,,,,

  • Mutawma Nyangoma Ntusamazwe N’ibigugu Bitabona Ejo Hazaza. Ndavye Abashingantahe Bincabwenge Mwashize Muri Urwo Runani Biciyemwo Twoca Twogorora, Ariko Bikure Mu Majambo Mubishire Mubikora Twikureko Imbwa.

  • Ahubwo nyangoma ivyo agira arihanze yigihugu ntiyibaze ngo abanyagihugu ntitubibona iyo poritike arigukoresha ntituyibona ashaka ko abanyagihugu basubira mumabarabara abandi bagahunga Arabivugira iyonyene biherere iyonyene

  • Ahubwo nyangoma ivyo agira arihanze yigihugu ntiyibaze ngo abanyagihugu ntitubibona iyo poritike arigukoresha ntituyibona ashaka ko abanyagihugu basubira mumabarabara abandi bagahunga Arabivugira iyonyene biherere iyonyene

  • wewe wiyita shabani ndabona ko wipfuza kumenya ivyo muburundi imana iguhezagire ariko mujambo make uburundi nigihugu ciza cane ninaco gituma mutwanka ariko umuti wabansi turawufise naho wozana imbugita ukankerera murwanda nohaca ndengana ariko ntahonoba reka ndakwandikire mukinyarwanda. [ntaho natura rwose.

  • Ewe Nyangoma umuhigi arasirwa ntamenya ,igihugu warose ugaca ukigurisha Buyoya abanyagihugu ico barondera barakirose ugomba uronder yawahera buyoya yaguha?nimb yaguheranye niwigumye nimba udashaka gupfira nabi abana abanyagihugu ntitugomc kuguma dukoreshwa nk’abana ivyo twarabirenganye kuko uwo mutima nkuwingurube irya abo yavyaye nuwurek kuk wewe uri mutima muke warinz wubahuka kukiguza ubwamber nubu ntankek k’utosubira igihugu carafashw n’umugabo atar’imbwa nkawe rya bike uryame kare.

  • iyoleta ya nyangoma ntishoboka nibareke kudutobera gihugu

  • NiWEMERE AHABARUNDI BASHIZE.

  • Turakuzi bihagije. ako karimi kaw iyataba uyo witeranyako 98 wari kwibonerako. nawe wiyit uwatowe nande? bwir abagtoye bakwimike harya watorewe .ndagukeje ko mwironkey uburundi mumakungu. Mbe uzung ubucuti n uburundi bwakuvyaye? ntuzobaroge nkambere.

  • Reka Turabe Cinema Bazotushikiriza Kuk Harimwo Asasse Na Akiteri Tuziko Uwukorenez Ashimirwa Ukora Nabi Akagaragara Cambucabantu Amaso Nikuri Ecra

  • Imana Niyo Mukiza W Uburundi N Abarundi,je Nta Rukiza Nzeye Kumuntu Numwe!Iyo Muba Abandi Mwokwihanye,mukamenya K Iyisi Twese Twayisanze Aha Knd Tuzoyisigaho!

  • ewe nyangoma teshwa ute kuko nkurunziza twaramutoye none wewe watowe nande? ikindi naco urushwa politique numwana womuyindwikuko nisonga iwanyu namajwi uronka niyirambire nkurunziza

  • Nkukwinyoni itaye icari iyerera,nikonumuntu atayImana ayerera!!mweeesabantu twemera kwImaniriho kandi yishura twihangane ntihagiruwuyirogotako kuko ntahoyagiye...!ku Mana,imisi1000=1!! isezerano niriryanyene guma ku mavi uririndire!!.

  • reka tubirindir turabe iyo bizoherera!

  • Yesu Niwe Ntambara Hamagara Nyeni nta Mbara Azekutugwanira

  • Nabandany Iteramber Imana Iramubona Umukuru Wigihugu Cacu

  • Jewe Kubwanje Sintahura Ubushobozi Bwanyangoma Bwotuma Agondoza Reta Ya Nkurunziza Nimba Bishoboka Mumpinyishu?

  • Petero President niyirambire turazi aho yadukuye nayo ba nyangoma bo twarabamenye.

  • Hewe Nyangoma Uragaba!!Puma Za Nkurunziza Zicana Ibibatsi.

  • La Verite Est L"ensemble De Mensonge Mais Defendue Soyez Les Biens Venus.

  • La Verite Est L"ensemble De Mensonge Mais Defendue Soyez Les Biens Venus.

  • Nyangoma Nkahamwe Nkabanyagihugu Twumvise Ngujekudutobera Umutekano Twarose Tunyotew Twosidukananiyonk Mukukurwanya Eregawewe Twaguhinyuy Kera Ivyushaka Gusahur,igihugu Vyish Twarabimenye Kandiwewe Nkawewe Nkumusiwodutwara Bavugangohabay Imyiyerekano Asha Woho Nahowaci Twohaturira.Igihu Haaa Kirimwabagabo Nkurunziza Numugabo Kandi Numugabo.Wijunja Kand Wijunja.Iyondayawe Nyangoma Irakugoye Wewe Ntaneza Wipfuriza Uburundi Narirya Wabutaye .Ndangizenkwitsa Ko Nahoworwiyo Uburundi Burafise Abagabo Bijunj.(Nkurunziza Rwasa Jakebigimana .....) Nibahangame.Nyangom Urinenuka Pe!

  • Nyakubahwa twebwe ivyo muvuga vyaturuhije ahubwo nimuvuge ko mwananiwe.

  • vyoba vyiza avuze ingene bazoshika kuri iyo migambi kugira ngo tumenyeko ari indoto canke ari ukuri

  • ahubwo nyangoma nagwarire kumusozi mbega nikuberiki atagiyekurubuga ngoyitoze ivyonibimaramare reka mutama akinyiganze nibamureke sibobamuhay.

  • Nyangoma Nareke KUdusama Abarundi Ntituri Ibijuju Turamaze Gutandukanya Iciza Nikibi Narabe Ingorane Zihanze Ububirigi Bwo Bahisemwo Kwita Igihugu Cabo Ivy,uburundi Navyo Abirekere Twebwe Twemeye Ko Uburundi Arubwacu.Ariko Banenyeko Akimuhana Kazimvurihise Uburundi Burimw,abagabo.Nyangoma Nabo Bafatanije Imigambi Igayitse Y,ugusambura Uburundi Ntibateshwe Bate Bazopfa Ataco Bashitseko

  • Nyangoma Teshwa Ute Ntawutazi Ikibi Cawe Raba Ingorane Ububirigi Bwanyubufise Ntanyishu Tukwitezeko kubibazo uburundi n,abarundi dufise imana niyo nyishu yacu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.