IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Leta y’uburundi yagarukiye abanyagihugu bo mu Makebuko

Leta y’uburundi yagarukiye abanyagihugu bo mu Makebuko

dimanche 24 Ntwarante 2013

Muri uno mwaka, abarimyi ntiborohewe, aho mu mihingo myinshi imvura itaguye ku mwanya wayo, canke ahandi naho hakarwa nyinshi, itwara ibiterwa ikonona n’imirima arivyo navyo vyazanye inzara mu mihingo itari mike y’igihugu.

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante 2013, Leta y’Uburundi, biciye ku bushikiranganji bwo gufatana mu nda yaratanze ibifungurwa ku banyagihugu bo muri komine Makebuko, mu ntara ya Gitega bahuye n’impanuka y’imvura ivanze n’imiyaga.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.