IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Lt Gen Adolphe Nshimirimana yashinguranwe iteka

Lt Gen Adolphe Nshimirimana yashinguranwe iteka

samedi 22 Myandagaro 2015

Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015,kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 22 Myandagaro niho ashinguranwa iteka.

Ibirori vyo gushingura Lt Gen Adolphe Nshimirimana vyatanguye igihe c’isaha zitatu mw’ishengero rya Cathedrale Regina Mundi bica bibandaniriza aho bitegekanijwe ko ashingurwa muri Komine ya Kamenge.

Ibirori vyari vyitabwe n’umukuru w’inama nshingamateka,umukuru w’inama nkenguzamateka,ivyegera bibiri vy’umukuru w’igihugu,abashikiranganji batandukanye hamwe n’abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi n’abandi banyacubahiro batandukanye.

Muri ivyo birori kandi habonekamwo urwaruka rwambaye imipira iriko ushusho y’umuhisi Lt Gen Adolphe Nshimirimana yanditseko ko bazokwama bibuka ubutwari bwiwe.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.