IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakurikiranye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana barashima

Abakurikiranye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana barashima

mercredi 14 Nzero 2015

Egide Nduwimana

Messages

  • Reka nshimire Monseigneur Simon Ntamwana ku mpanuro yahaye ugwaruka,atari gusa ugwaruka gwo muri Ekeleziya Gatorika ariko ugwaruka gw’uburundi muri rusange.Nsabe nabandi barongozi b’ amashengero kwegera ugwaruka boyoboye nabo nyene baruhanure kugirango uburundi ntibusubire mundyane kuko abanyapolitike bobo nico barondera kugira ngo babandanye bironkera inyungu zabo baciye muguhenda ugwaruka.Sindi umugatolika ariko nanezerejwe cane gose n’impanuro yahaye ugwarka.Mutama simon rondera umwanya wegere ugwaruka kugira ngo wongere ubibutse uburenganzira bwabo mubijanye no gutora abarongozi b’i gihugu ubikoreye ku bibuga vy’imipira ugwaruka rwo mumadini atandukanye rukoranye.Imana iguhezagire.

  • IMANA IGUHEZAGIRE MWUNGERE,UKOMEZE USHIRE INTAMA KUMURONGO EREGA IMANA YAGUHAYE UWO MWANYA KUKO YABONYEKO UWUKWIYE BA PADIRI BA PASTEUR N,UMWANYA WANYU .NTABWO NTAMWANA ARIWE AGOMBA KUGUMA ASEMERERA WENYENE NIMUMUHANURE BASHAKE BABAGANDAGURE ARIKO MUHARANIRE AMAHORO IYO HAGZE IBIHE NKIVYO NIHO UGUHAGARARA KUVYAGEZWE VYUKURI BIGARAGARIRA.

  • Ndashima cane ijambo ry’umwungere Simon NTAMWANA. Erega igihugu camye kigirwa n’abagabo b’ijunja n’ijambo rikiza igihugu.Arahejeje gukura impari zitagira mvura ziri mu gihugu.Mandat ya gatatu y’umukuru w’igihugu ntirekuwe kandi abikora abizi , gusa araba inyungu ziwe n’iz’akarwi kiwe. Ivyo navyo nta murundi azi ingorane uburundi bwaciyemwo yoba agishigikira ko tuguma mu buja kandi déocratie ntisubizwa inyuma n’umuntu umwe canke babiri , oya "igihugu s’icana" , kandi "uburundi bugona buri maso".

  • Ikibwirwa nicumva kandi icerekwa nikibona
    Ivyo urya mushingantahe yashikirije ni umwungere
    Yasizwe amavuta n’Imana rugiravyose
    Yabonye komuntama hariziriko ziratinzira
    Arikugerageza kuzigarura
    Abantu bamunegura kumbure kuba bitabaryoheye bareke gutyoza uwo muntu w"Iman ntibibagire ico yamaze mumyaka 1990.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.