Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ngozi : Abaserukira abandi muri CNDD FDD bahawe uburyo bwo kwiyunguruza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ngozi : Abaserukira abandi muri CNDD FDD bahawe uburyo bwo kwiyunguruza (...)

Ngozi : Abaserukira abandi muri CNDD FDD bahawe uburyo bwo kwiyunguruza (Amafoto)

lundi 16 Ruhuhuma 2015, par Egide N


IGIHE

Messages

  • Ndababwira ndababwira ............uyo Nkurunziza mbe arazi ko avva amaraso atukura!!! Mnana dukureko uwo mugozi Nkurunziza ehe ingene amara amahera yofashije igihugu umunyagihugu muto arara ubusa yooooooooooo twaratewe nabo twitoreye ...nibutse amagorwa twagorwanye nizo ngovyi nkabona ko aribo baturiye Imana izishura tu ..na za Ntozo za Batutsi baratekereje nketswe mwebwee Muranguha

  • Ndababwira ndababwira ............uyo Nkurunziza mbe arazi ko avva amaraso atukura!!! Mnana dukureko uwo mugozi Nkurunziza ehe ingene amara amahera yofashije igihugu umunyagihugu muto arara ubusa yooooooooooo twaratewe nabo twitoreye ...nibutse amagorwa twagorwanye nizo ngovyi nkabona ko aribo baturiye Imana izishura tu ..na za Ntozo za Batutsi baratekereje nketswe mwebwee Muranguha

  • NDAKENEYE KUMVA BAMWE BAGIZE M26; ICOBAVUGA BABONYE IZO MOTO. SEBUDANDI YARABABWIYE KO UWUZOKURIKIRA CNDD FDD MWIHIGANWA; AZOBA YANZE UBUGORO. NGIYO NTSINZI IRARARA; ABAVAMUMATORA NIBABE BARIKURAMWO; BATARAMARAMARIRA KUMBONESHAKURE KUBWO AMAJWI BAZOBA BARONSE.

  • NDASHIMIYE UMUNTU YATANZE IYI NKURU KUKO ACIYE IVUTU APOZISIYO. NTAMUNTU NUMWE MBONA AZIHANGA CNDD FDD KIRETSE PACIFIC WENYENE KUKO AFISE AMASHIRAHAMWE 5000 AMURI INYUMA HAHAHAHAHAHAHAAAAAAAAA MUTACEKWA

  • abarwanya canke abanka cndd fdd ntiyindi nzira bafise canke basigaranye yokuja kubutegetsi atari ukugira revolisiyo hihihihihiiiiiiiiiii pacific ngo dutanguje urugamba rwo kugwanya nkurunziza; niryari; sangapi; hehe; yayayayayayaaaaa ndifuza kubona urwo ruvuto turarindiye akamo ka nininahazwe ariko azotuja imbere ntaze amere nka sinduhije yatangaza kuri yaradiyo yiwe ko yemeye gutanga amaraso yiwe ngo abarundi tudrye gatatu kumusi ariko kugeza ubu ntanuwuzi aho ariko arabunda bunda; ikibwirwa nicumva

  • uwambere mumatora RANAC amajwi 3 kwijana; ADC IKIBIRI amajwi 2 kwijana CNDD FDD amajwi 95 kwijana

  • we democrate genda uzezetre mu ma avocat shaaaaaaaaaa Imana niyo nyishuuuuu muzotangara na sadam na kadaf na mbutu baraboze sha linalo mwanzo lina mwisho........... mwabinwamaraso vya ba dd

  • umuntuwese, canke umuryango wariwowose, canke ishirahamwe ryariryoryose, ekambere nidini nubwigihugu cobagikenye abobosemvuze bashobora gutunga noguhanahana ibintu vyamatungo bibonwanabose nkuko ababa CNDDFDD babikoze.
    Hanyuma jewe nubwonobantabonakure turetse nibimbonyengaha ndaziko atamugambwe canke urunani rwiteguye kuzotsinda murayamatora gimirije, Ekanabomuyindimigambwe itavugarumwe na CNDDFDD baramazekubimenya kobadashobora kuyitsinda, nicogituma bahisemwo kuzabarashigikira icocose kijekibangamira inyungu zuburundi nabarundi nkukomwabumvise muriyantambara abasirikare burundundi baherutse gutsinda impaga mwarumvise abarundi bataribake ahogukeza abasirikare bigihugu cabo ahubwo bahamagaye amakungu bayabwirango turafise abantu bacu bakomeje gukurikirana ukwintambara yarikwiragendayose ngorero ngwabateye bishwe ngobabishe bamanitse amaboko, icobakeneye rero inyumayokubonako atatsinzibateze nuguteranya uburundi namakungu ngokugira amatora ntazobe iyorero hagize igihugu kivugako gitegerezwa kuzoshigikira uburundi mumatora ninkinkota kibagikubise abobantu.
    Ninguvunyishi nongeye kubemera aba CNDD FDD.

  • NDANYOTEWE KUBONA INGENE AMATORA AZOGENDA. KUKO BAMWE MUBAGWANYA UBUTEGETSI BIFUZA LETA NFATA KIBANZA; BAFASHIJWE NABASHINGAMATEKA BIBULAYA NIBINDI BIHUGU BIBASHIGIKIYE. ABANDI NABO BIFUZA AMATORA KUKO ABARUNDI BOBENE UBURUNDI BANYOTEWE KWIBONERA DEMOKARASI ICIYE MUMATORA; ATARI AMAGABURA NYAMA. TURINDIRE RERO IZOMPANDE ZIBIRI; RUMWE RUHAGARIKIWE NA NININAHAZWE PACIFIC; URUNDI RUHAGARIKIWE NA PETERO NKURUNZIZA.

  • NGWE MAMA NGO AKARAMBARAYE; NGWE MAMA TUZOHINDURA IBINTU NKA LIBIYA; NKA TINIZIYA;NKA BURUKINA FASO; NKA EGYPTE. NGWE MAMA REVOLISIYO. NONE IVYOVYOSE PACIFIC MUZOBIKORA RYARI TURARINDIRIYE KO MUDUTERA AKAMO TUKAJA KUWOTERA HAMWE CANKE BAWUTUZIMIRIZEKO HAHAHAHAHAHAAAAAAAA

  • Ngozi yabaye bururi. Nicogituma abintu vyose vyaduze mu Burundi muguteza imbere ngozi

  • ewe barundi bibijuju babahendeshe amamoto namakinga?izonda zanyu nizo zatumye mudateribere izozo nimurindire bazozibaka namwe mupfa kwizimagiza mwarabibonye abo bagabo ntibacagura uwukubita inkende ntaraba iyihaka

  • bangwe bangwe.uburundi imana irabukunda ntibuzorwa mwisanganya.abasenzi komera uwuhoraho arikumwe natwe

  • Nn kobazitanze ubu nukugira ngobaze bakorane inguvu muri wamugambi wasafisha barihenda ntimwasumvya ubukomeze Kadafi canke Nebukadinezali yanditse muri bible.

  • Pacific’uriko’urabibona ntiwotang’ama’jupe konumva naw’ukeneye
    Igihugu’ndakugabishe’usubiriye kujamuribiryabiganiro ugirisha’mwijoro uzokwibonerako’cirabirarura’havuge’abandi’nayoweho
    Ivyanyu’birazwi.ubonawohindura ubwoko twokumva.kazibe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.