Accueil > Amakuru > u Burundi > Barack Obama: "Amatora y’umukuru w’igihugu ntiyabaye mu muco"
Barack Obama: "Amatora y’umukuru w’igihugu ntiyabaye mu muco"
dimanche 26 Mukakaro 2015
Umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Barack Obama yavuze ko amatora y’umukuru w’igihugu yabaye mu Burundi kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro,atabaye mu muco.
Mu rugendo yarimwo mu gihugu ca Kenya,Barack Obama yavuze ko baganiriye ku bijanye n’Uburundi n’umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta.
Barack Obama yaboneyeho akaryo ko guhamagarira Reata y’Uburundi n’abatavuga rumwe nayo,gusubira kwicara hamwe mu biganiro,bizotuma haboneka inyishu za politike bigatuma abantu ataco bazira batabandanya gupfa.
Mwomenya ko umukuru wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika yashitse mu gihugu ca Kenya ku mugoroba wo kuwa gatanu igenekerezo rya 24 Mukakaro 2014.
Van Naris Mugisha
Messages
26 Mukakaro 2015, 18:34, par Mumpe
Ntaco mumubeshera pu!
26 Mukakaro 2015, 18:56, par NDABABONYE
NONE UBU NAHO ABA DD BAVUGA IKI?NIBEMERE BASABIKANYE NABANDI KUKO MURIYI MYAKA TUGEZEMWO NTAMUNTU ASHOBORAKWISANGIZA IVYIGIHUGU WENYENE HAMWE NABO BARIKUMWE NA BATWA TWAHORA DUHERA KURUJO UBU BARASHIKIRIWE HARAKANTU ABANDI NABO.
26 Mukakaro 2015, 19:50, par VYARENZINKOMBE
IVYUBURUNDI NTAWUKIRONKA ICO AVUGA.NIBAREKE GUHUMA AMASO AMAKUNGU NGO HARI AMATORA YABAYE.VYARI KUBA VYIZA ABA DD BAGIYE HAMWE BAKAMUNOMA BATIRIWE BARASHUSHA UMUTWE UMUNTU,BICA ABANTU BAZIRA UBUSA TUKAZA DUSUBIRA MU NTWARO YUMUGAMBWE UMWE NTAKUNDI,MUGABOSHA ABARUNDI BARAYAMAZE BATI:"AGASOZI KINTAHANUGWA KAHIYE ABAGABO BABONA"KANDI NGO:"AKARI MU MENYO Y’IMBWA BAKUZAYO UBUHIRI"
26 Mukakaro 2015, 19:53, par emma
emma
OBAMA reta yawe yipfuriziki abarundi ko mwatwinjiriye cane? OBAMA gezaho kwikurako agashambara, nyamba ukeneye kumenya abarundi ntuzosubire iwanyu utageze ino muburundi, nayo kuvuga ivyo mwacometswe nabagwanya reta ntibibarivyo murabe mwikosore.
26 Mukakaro 2015, 19:53, par CUMUGABO
uraba wumva birenge niwe ubarirwa(NKURUNZIZA)
26 Mukakaro 2015, 20:10, par Beno niyi
s’il n’est pas tard il est temps que l’ONU mette en application de meme que l’USA ce qu’ils aiment souvent parler comme sanctions ou mesures en cas d’inexecution fautive.
26 Mukakaro 2015, 20:10, par Kakadi
Mbega ga wobama ntazi k ibiganiro vyananirany??ck naw yarashigikiy iyo mandat?yananiw nugufata ingingo?natah ivyuburundi twabihay Imana!!
26 Mukakaro 2015, 20:10, par Beno niyi
s’il n’est pas tard il est temps que l’ONU mette en application de meme que l’USA ce qu’ils aiment souvent parler comme sanctions ou mesures en cas d’inexecution fautive.
26 Mukakaro 2015, 20:42, par Kariyo
Jeme Namaze Imyaka Itarimike Kandi Ndamaze Kwitaba Amatora Atarimake. Umukuru W, Igihugu Iyo Ahejejeje Gutnrwa, Arakezwa N,abandi Bakuru B,ibihugu, Emwe Atari Mutabazi Na Jacpues Numvise Bisabira Akazi, Ntabandi Ndumva.
26 Mukakaro 2015, 21:00, par fidelite
Obama sindamwanka ,ariko nabanze yige ingene akingira aba noirs bo muri USA,babica pour leur donner une bonne leçon.Mbega we burya ntabona ko ari humiliation yuko abirabure nkawe bapfa abona,c’est une façon à ces blancs de lui montrer qu’il a beau diriger,il reste noir,donc sans rien,abazungu vyose ni ivyabo aba noirs ntacahindutse dans leur misère,rero natwe baturekere notre misère abanze akize les noirs americains les pauvres
26 Mukakaro 2015, 21:00, par nzaramba
reba icomwodufasha kugiraturonke amahoro?
26 Mukakaro 2015, 21:05, par Joli
Bandanya Muhanura Abanya Politique Kugra Abenegihugu Bibanire Mu mahoro.
26 Mukakaro 2015, 21:37, par #omar#
obama ivyiwe turabizi yipfuza yuko mu burundi hotwara abemera abatinganyi abonabo ninka alex sinduhije ba odifax ndabitoreye nabandi ariko ntibizokunda na kinyata perezida wa kenya yaraye amukuriye inkoni kugishitsi mukuvyanka rero arukwo nimfashanyo zabo botuma bazireka mbe basokuru ntibaribabayeho?dutunzwe nimana yoyo itanga imvura uwukunda american arajakubayo.sinumva abazungu bamababarashe babaziza ukwirabura kwabo.
26 Mukakaro 2015, 21:39, par ndayisenga zaas
ego cane abarundi babandany baganira obama naw naturungikir imfashanyo y’ivyokurya kuko abarundi bacanamwo kubera bashonje
26 Mukakaro 2015, 22:16, par Damien Ndayisaba
None Hamwe Ibiganiro Bitoba Hagati Ya Reta Yuburundi Nabatavuga Rumwe Nayo Reta Ya Barack Obama Itegekanya Iki?
26 Mukakaro 2015, 22:28, par NCUTIYABOS
obama ntafatire kuvyabanyeporitike,batavugarumwe narete amatora yagenzeneza cane abanyagihugu bayivye kurugero gwiza kuki twebwabanyagihugu nitwe dutora iyabatarimeza ntitwari gutora.
26 Mukakaro 2015, 22:30, par ziggy ziggy
Nuko ubivugiriyo woyihenda ugahonyora muburundi woyibonerako ca bandi bahunze twoguhonyora ga yemwe tukakumesa hama tukarekura usubir iwanyu kubabwira ivyakubayeko ntiwibaz muburundi ngo nikwa gadafi
26 Mukakaro 2015, 22:57, par Nkurikirimana Ally Bachir
Njye Iconiyumvira Kandi Nsaba President Obama Yokomeza Kudufasha Uyu Nkurunziza Akamwumvisha Kuk We Ntiyumvu Kandi Nyamara Yarakwiye Kugira Impuhwe Zurwaruka Rwasabagiye Nabataye Ivyobo
27 Mukakaro 2015, 00:01, par Munyagihugu
Ng’uyo rero Obama yarivumereye, tuzoraba rero hagati ya Nkurunziza na Obama uwuruta uwundi. Nzobonariba nasubire avuge ko Obama atazi aho uburundi buherereye. Murazi ko abategetsi b’uburundi bakina cane gushika naho bakina kuri Obama? Barabura uwo bakinisha kweli !
27 Mukakaro 2015, 01:20, par BIRWANA
OBAMA.URUMUGABO.KANDI.WIMTWARI.KO.WIBUKA.ABIWANYU.GERAGEZA.MUHANURE.ABARUNDI.BAREK.KWICANA.BAPFA.INDAZABO.ZITUZURA.PRESIDENT.AMENY.KO.AMARASO.YABARUNDI.ASESEKA.AZO.MUHUMIRA.NUMURYA.NGO.WE.MANA.TABARA.UBURUNDI
27 Mukakaro 2015, 01:27, par VYENYD
MANA.NIWEWE.GUSA.MUTABAZI.WACU.NAYO.AHANDI.NIGIPFUNGU.N.UMWIZA.AMARIRA.NAMABOROGO.UKURYANA.MANA.TWIBUKE
27 Mukakaro 2015, 07:03, par ruto
Obama ko atavuze ivyo igihe muri kenya Odinga bamunyanganya ariwe ya tsinze maze ubutegetsi bakabuha abo kwa Kinyata.
27 Mukakaro 2015, 07:55, par Asadu Nduwimana
Bojoir Balack Obama
27 Mukakaro 2015, 10:53, par Niyonyishu desire
Mwaraduhenz none kobaguma bamukeza aho ntazohava arahir natwe tutabishaka
27 Mukakaro 2015, 14:17, par niyonahabonye audace
biragoye!
27 Mukakaro 2015, 21:24, par santiblathi
jewembona ivyomurikigihu.cuburundi.vyabaye amavyi nibibabi.icombo dukwiyegusengagusa.pita yitwazako arumu iLIMITE akorana namademo.mureke imana izomushobora
28 Mukakaro 2015, 09:02, par Renovat
ndaneguy brundi bmw bibaz ko barya ba ilimunati bo marika hari ico bazobafasha ikibazo si manda twarabibony ntanahamw kw isi yose hmugihugu kirongorwa nubusimbirahamwe bwimigambwe abanygihugu baratumy abazobarongora dans 5 ans ibiganiro ntibikunda atari uko niyombare nabiw bokwishikana bakaza tukabaha ikigongw ntantambara izongera kuba mu burundi
28 Mukakaro 2015, 09:20, par MOÃ SE
Jew ndarambiw n’abantu bavuga ibintu ariko bikanka ko babishira mu ngiro!!!Obama arashoboy gufata ingingo cank ntavyo ashoboy?Aha ntabona ko Nkurunziza yamusuzuguy ukutitoza kwa 3em mandat!!Fata ingingo Obama we abarundi turuhuk!!
28 Mukakaro 2015, 11:00, par Augustin
Ndagunshimiye Kukuntu Mwitaho Uburundi Yamara Birangoye Raba Ukuntu Abobanya Poritik Mwobahuza
28 Mukakaro 2015, 13:57, par Vyenyd
Nibayafute.Nlciza.Kiri.Muriyo.Tugiye.Gupfa.Pe?.