Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
OBR yaratoje amafranga imiriyaridi 59,4 z’amarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > OBR yaratoje amafranga imiriyaridi 59,4 z’amarundi

OBR yaratoje amafranga imiriyaridi 59,4 z’amarundi

mercredi 13 Ruhuhuma 2013

Mu gihe bariko barasangira icayi mu nama y’abanditsi n’abamenyeshamakuru, ikigo OBR yari yatunganije kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2013.

Komiseri mukuru wa OBR yaramenyesheje ko baronse imiriyaridi 54,9 z’amarundi n’ukuvuga ibice 11,65 kw’ijana mu gice ca nyuma c’umwaka w’2012 ugereranije no mwaka w’2011.

Kubw’inkurikizi ry’umuriro wahitanye isoko nkuru ya Bujumbura, ku mafranga baronse muri OBR, komiseri w’amatagisi umupfasoni Chantal Buvakubusa amenyesha ko iyo nkurikizi ku b’ubutunzi bwa Reta igaragara, ariko ko atari nini cane kuri OBR kuko ibice 10 kw’ijana gusa vy’abadandaza kubibanza 520 vyari bisanzwe biri mw’isoko nkuru ya Bujumbura bari bamaze kumenyesha amakori yabo.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.