IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Papa Wemba yapfiriye mu giteramo

Papa Wemba yapfiriye mu giteramo

lundi 25 Ndamukiza 2016, par egide

Umuririmvyi rurangiranwa w’umunyekongo, Papa Wemba, yitavye Imana, kuri uwu w’Imana, inyuma yo kuraba akagwa hasi igihe yari mu gitaramo muri Cote d’ivoire.

Muri ico gitaramo cariko kibera i Abidjan, umuririmvyi Papa Wemba yaguye hasi, ariko abaririmvyi biwe bakaba babandanije ibirori batazi ivyabaye. Papa Wemba yajanwe kwa muganga, akaba ariho yapfiriye.

JPEG - 54.7 ko
Umuririmvyi rurangiranwa w’umunyekongo, Papa Wemba

Uwo muririrmvyi rurangiranwa asezeye isi ku myaka 66, izina ryiwe nyaryo akaba ari Jules Shungu Webadio.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.