IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > PARCEM: Uburundi ntibwashitse kw’ihangiro ry’ikimpumbi ku bijanye (...)

PARCEM: Uburundi ntibwashitse kw’ihangiro ry’ikimpumbi ku bijanye n’iterambere

samedi 26 Nyakanga 2015

Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo PARCEM, amenyesha ko mu Burundi,umugambi w’ikimpumbi ushikana kw’iterambere utashitse kwihangiro nyamukuru ryo guheza ubukene bukomeye buri mu Burundi.

Mu gihe umugambi w’ikimpumbi ushikana kw’iterambere waheze kuwa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2015,Faustin Ndikumana avuga ko imvo nyamukuru zatumye uwo mugambi udashika kw’ihangiro mu Burundi ,ari intambara n’indyane zitandukanye igihugu caciyemwo kuva mu mwaka w’1993,ivyo navyo bigatuma abarundi 2 kuri batatu baba mu bukene butagira izina.

Umugambi w’ikimpumbi ushikana kw’iterambere wasubiriwe n’umugambi w’iterambere rirama uzohera mu mwaka w’2030.

Kubwa Faustin Ndikumana nimba mu Burundi umugambi w’ikimpumbi utashitse kw’ihangiro n’uko igihugu kitashoboye kwegeranya uburyo bukwiye,kutubahiriza ingingo zijanye n’intwaro ibereye hamwe n’ihungabana ry’ibijanye na politike.

Umukuru wa PARCEM asaba abafata ingingo mu gihugu gukora kugira hagaruke umutekano,bitume igihugu kigaruka mu nzira y’iterambere.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Vous etez ignorant! meme la lybia, etaient un model de development!
    il n ya pas de development sans democratie et dignite.Nos presidents devraient a prrendre a quitter le pouvoir
    kagame ne develope pas rwanda pour les rwandais .c’est pour montrer la superiorite tutsi .c’est tous! est cela est limitee avec le temps!car les tustis se sentent mal a l’aise et insecure au milieu de la democratie
    mondiale qui promet le pouvoir a la majorite !
    .
    si il est un bon president il devrait preparer une bonne transition comme arusha accord.les rwandais devraienet accepter que il ya les hutus et les tutsi et cela sera facile de proteger les tustis a long term et donner le respect au hutus. le peuple ne peux pas vivre pour manger et etre en prison .cela est un development du mansonge et limiter avec le temps a cause de la nature de l etre human . on ne peut pas forcer un humain!!
    POINTS VENAT D UN SIT
    - (un accord arusha)avec un hutu au pouvir avec 2 mandats limites ET 7ans et un tutsi president avec un seul mandat de 7ans et cela en rotation ,n importe quelle parti politic qui gagne devrai respocted
    - une armee de 60/100 et un police 60/100 hutu,parlement 60/100, gouvernment/diplomacie 60/100 ,adminitration 70/100
    - les hutus devraient comprendre que vue l history de la domination tusti et de genocide une transition modere est important qui protege la minirity.
    - les hutus devraent savoir que parce ils sont majoritaire et facilement elus ils doivent pas laisser la corruption.
    - les hutus devraient savoir que les tutsi ne viennet pas d’ou.Ils sont burundais et le sera pour toujours
    - les tustis devraient abandoner le mansonge belges historic dans leur tete disant qui’ils sont les plus intelligents. l intelligence n est pas au nez ou la hauteur .Meme un chinois est plus intelligent!
    - 25ans de paix et de respect mituelle et bonne transition au pouvoir . le burundi sera plus riche que le rwanda.

    QUE DIEU SOIT LOUER POUR TOUJOURS
    BURUNDI ET RWANDA A TOUS

    Emma burundais en Zambie

  • NUGUSENGA IMANA NIYOMUSHOBORAVYOSE.NTACO UMUNTUYORONKA KUBWUBWENGEBWIWEGUSA,ATAGIHAWEN’IMANA.IMBERE:IMANA INYUMA:IBIKOGWAigikurucavyose=ni:ukwubaha IMANA.

  • Muburundi hahindutse igihugu cabicanyimushakamwobireka ntawarusha. Adrof ubu murazi yageze ?nimwapfa imana ntizobemera na shetani ntizomera nonemuzojahe

  • Aho Abarundi Bo Kwikebuka Bakamenya Ko Kuja Hamwe Ari Vyiza.

  • emma biratangaje kumuntu agifise ibitekerezo nkivyawe mbega nimba ukiri muto iyo viris ufise uzoyikizwa nkiki imana yonyene

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.