Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
’’Petero Ngendandumwe akwiye kuba incungu y’u Burundi’’-Umugambwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > ’’Petero Ngendandumwe akwiye kuba incungu y’u Burundi’’-Umugambwe (...)

’’Petero Ngendandumwe akwiye kuba incungu y’u Burundi’’-Umugambwe MSP-Inkinzo

mercredi 16 Nzero 2013

Umugambwe MSP-INKINZO usaba reta y’Uburundi kwemera ko Petero NGENDANDUMWE ari incungu y’Uburundi nuko hoshingwa umusi wo kwibuka urupfu rwiwe rwashitse giturumbuka kuwa 15 Nzero 1965.

Uwo mugambwe wateye ako kamo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 Nzero 2013 igihe wariko uribuka imyaka 48 iheze uwo mushikirangoma apfuye. Kabereye akaryo kumugambwe MSP-INKINZO ko gushira amashurwe ku ntatemwa yuwo muhisi iri kumusozi wa VUGIZO mu gisagara ca bujumbura.

JPEG - 3.5 ko

Umukuru w’umugambwe MSP-INKINZO Tite BUCUMI yamenyesheje ko umugambwe wiwe uriko ugira amatohoza kuvyerekeye urupfu rwa petero NGENDANDUMWE ugategekanya kuyahezamu ndwi zitatu canke zine hanyuma ishire kumugaragaro ivyo uzoba watohoje kubw’urwo rupfu.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.