IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Nkurunziza : ’’Abashaka intambara tuzobavugutira umuti (...)

Petero Nkurunziza : ’’Abashaka intambara tuzobavugutira umuti burundu’’

mardi 30 Ruheshi 2015

Mw’ijambo yashikirije ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi, Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu, avuga ko uwushaka intambara, izotangurira iwe iherere iwe, kandi isinzi ry’abarundi basidukanye n’iyonka ejo mu kwitorera indongozi, ariryo rizohaguruka maze rikabavugutira umuti burundu.

Muri iryo jambo, Petero Nkurunziza akaba yashimiye rwose abitabiriye ayo matora, aho avuga ko ayo matora y’abajenamana ba komine n’abashingamateka bayitavye
ku rugero rutangaje kandi rushimishije. Abandanya avuga ko Bamwe muri bo batewe ubwoba ntibatore, maze bariyankira, kuko bazi ko imyaka itanu uko igiye, Uburundi busigaye bwarafashe ingendo yo guhindura inzego mu mahoro. Petero Nkurunziza akavuga ko iyo ntsinzi y’ejo, bayikesha Abarundi bose, bo mumihingo yose, bo mubwoko bwose, amadini yose, b’ivyiyumviro vya poritike bitandukanye.

Abandi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashimiye, n’igisoda n’igipolisi, vyo vyitanze ijoro n’umurango kugira umutekano w’amatora ucungerwe. Muri iryo jambo twakuye ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi rwa facebook, abandanya agira ati :’’Ni instinzi ikomeye cane ku bwigenge bw’Uburundi mu bijanye n’intwaro, no guharanira iteka nk’Abarundi. Ahasigaye, tubandanye twubaka igihugu cacu ciza. Dushire imbere imigambi myiza y’iterambere, maze dutegure kazoza keza ku rwaruka n’urunganwe ruzoza. ‘’ Arabandanya ati :’’Ngira mwaraye muvyiboneye. Amatora niyo nzira yonyene Uburundi bufise yo gushikira ubutegetsi.’’

Ariko rero mukamenya ko abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwiwe, hamwe n’abari mu mugambwe CNDD FDD baterekwa ikiringo ca gatatu, barahira ko abatowe bose kuri uyu wa 29, batazobaserukira. Eka n’amakungu akaba avuga ko ayo matora ahubwo aje kwunyura n’ivyahuha, kuko atanywanisha abarundi.

Umwe mu bahora bakorana muri Reta, ndetse yahora ari icegera ca kabiri ciwe Gerevazi Rufyikiri, akaba yavugiye mu Bubirigi aho yahungiye, ko abanyagihugu bashobora kuzokoresha urundi rurimi rushobora gutahurwa n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, mu kumubuza kwitoza ubugira gatatu.


IGIHE

Messages

  • BATEVYEKUYITANGURA TUBEREKE NUKUBARASA HASIHEJURU

  • NUKO!! UWUFIS’AMAZINDA NAHERE

  • komeramtama urumushingantahe watiweubikwiye uyorufyikiri nawe iyontambara avuga niyitonde kuko abarundintantambara bakeneye

  • komera mzee iyakoz ibi. nibindi izobikora.

  • peronkurunzizanugumekwivoraabarundiisinziturinyumayawe

  • Babwire mutama bareke kudusamaza!!! Bazi kuvuga gusa

  • Tura,shima,amatora,ukuntu,yagezeuwipfuzagutera,intambara,twebwe,abenegihugu,,cuburundi,tubarindiranye,igishika,gikwiye,uwogira,ubwege,yobaza,niyombare,,namba,akiriho,nubu,ariciruka

  • Umveyemwe wamutana nawe Gervais Ruyfikiri ivyavuze! Nagombakukubwirako mudakwiye canke kudutevye mbegayemwe abantumva? Ubu prezida ahoyakabisubiriyemwo ababwirako uwuzotanguza intambara tuzomwurukako nibirenge bikamushuhirako ntiyabivuze mukirundi?

  • AHO ARIKWARAROTA KUKO AYOMATORA IYATEGUGWA NEZA NDAMURAHIYE NTA CN.DD YARIKURONKAMAJWI NKAYO NDIKO NDUMVA RERO ARIHENDA AHUBWO INTAMBARA NIWE YAYITANGUYE MUGUHONYANGAMATEGEKO MUGUHONYANGA AGATEKA KAKIREMWA MUNTU RERO IRASHOBORA GUHERERIWE KANDI NUKWO BIRI URAVUGA UKIVUGIRA ABARUNDI TWARAMBIWE NIVYUDUKORERA ABANYAGIHUGU DUTI TEKERUTWAWE UFISE WIGIRAMAREMBE ATARAHO NAHO NUTWUFISE UZOTWAKWA KUNGUVU AMAKUNGU YAGUKUYE KWAMABOKO WW PITA UTIKEBUTSE RUGOMBA KUKWUZURIAHO ARIKWARAROTA KUKO AYOMATORA IYATEGUGWA NEZA NDAMURAHIYE NTA CN.DD YARIKURONKAMAJWI NKAYO NDIKO NDUMVA RERO ARIHENDA AHUBWO INTAMBARA NIWE YAYITANGUYE MUGUHONYANGAMATEGEKO MUGUHONYANGA AGATEKA KAKIREMWA MUNTU RERO IRASHOBORA GUHERERIWE KANDI NUKWO BIRI URAVUGA UKIVUGIRA ABARUNDI TWARAMBIWE NIVYUDUKORERA ABANYAGIHUGU DUTI TEKERUTWAWE UFISE WIGIRAMAREMBE ATARAHO NAHO NUTWUFISE UZOTWAKWA KUNGUVU AMAKUNGU YAGUKUYE KWAMABOKO WW PITA UTIKEBUTSE RUGOMBA KUKWUZURIRAKO

  • ndamushigiky cn gs,ururimi twakoresh ntiyagwumva tugiy kuvuga ivyo yumva hama atahure avuge ati:"ndakenguruts ,ndashimy ,ndumvis,ndemey ukuri aho kuri ndahevye 3è mandat."

  • Non ko mumushigikiy mubaz ico yokoz adafashijwe namakungu ko yategura proj hama amakungu akazana uburyo non batadushigikiy bizogenda gut yararondey ayakwiy kugira amahera yacu azoguman agaciro ntab ama zair ya kera nimba yarabitegekeranij nibamurek kuko igito gitabwa iwabo

  • Nkurunziza wavuze ngo< itangurire iwe iherere iwe>twebwe abanyigihugu tutipfuza kuba abaja bawe, tugiye guhagurukira icarimwe tubifashijwemwo n’amakungu, kwikururako intworo y’agahotoro itisunze amategeko.

  • Nibyo rwose utekerezaintambara abarundi bazamuhereze umuti usinziriza ubuziraherezo kuko azoba yiyahuye.

  • MASABO JAMES ZER MUZEE IYO NIMITI MURYA NDABAHAYIKINOKO NYAMBAZOTWARA MWEBWENYE TOKA KURE MWE MBESIRE IGIHE CANYU CARANGIYE IMPONGO ISUBIYE KUGWUBUKO IBIGIYE GUPFA MWEBWENYENE MWIRIMBONERAKURE NIMWE MUGIYE GUHINDUKANA HAMA UMUTUZOBUBONETSE MUZOCA MUTURONDERA TURENDURE AGASIGAYE PITA UMVA UGEND UTARUMVIRANA

  • TURAKURASA TUU WANKA WAKUNDA KANDI KURYA WICA ABABIKIRA NAWE NIKURYANYENE BIZOGENDA WICICHIJE IMBIGITA NAWEWE NIMBIGITA

  • Barundi benewacu ndabashimiye cane kuko mwaraye mwiteye iteka muritera n,umukuru w,igihugu cacu nyenicubahiro NKURUNZIZA Petero.Mbasaba kandiko no mumatora akurikira mwongere kumutera iteka maze abo babandanya kuvuga nabi uburundi mumakungu bamaramare.Pacifique mumwihoze ntabamarire umwanya kuko igituma ashaka kuguma ateza imigumuko mu gihugu nuko aziko C V R imurindiriye kumabi yakoreye muri kaminuza yica abahutu.

  • ABANTU NKA PETER NIBIJUJU BIRINDA ARIKO IMANA IRACAKUNDA UBURUNDI •••KANURA BURAKEYE•

  • KWERI MURARONDEZA uMUVYEYI WA pacifique nininahazwe asubire arere ico gihungu ciwe ci ki rebelle...Gisa nicana canka kurya indya nyina agihaye ngo kiriko kigira chantage.Ico atarumva turi muri democratie.Dufata ijambo ryabenshi.Ataratahura harazogira uwugira ubuntu amusigurire.Ntabantu bari ku rushi nkabari inyuma ya pacifique bashoboye kurongora uburundi....niyikubite agashi ave ibuzimu aje i buntu.Le burundi est un etat souverain....Abo bakoresha pacifique bamuhenda ni bicare.Au Burundi on doit avancer .
    Nta mategeko ava hanze yoza adusubiza mu gi colonie..Ayo twabonye twarabonye turarushe dukeneye iterambere...Kandi Pacifique igarure uriko ukora ubusa.....Onu si juju irabona ko turi mukuri kandi yaraguhinyuye pacifique uri igikoresho cibinyenda tuzomaramaza vuba

  • Ahuri harabandi abarundi
    Barayamaze. Hm abo bahigira kurasa abandi ngo nico barindiriye, aho ntiwosanga rutanguriye kuri ww nyene utanumwe urarasa. Nivyiza k’umuntu wiyunvira imbere yuko uvuga ikintu:(

  • Mbega uwo mukur w’igihugu ntabaganga afis?kumbur intambara yagwany yatumy atakaza ukwiyumvira,Rufyikiri yamubwiy,katashimy kumva abwiw hagiy gukoreshwa urundi rurimi kand abarundi turiteguy kwikura m’ubuja bwa Herode

  • HAHAHAHA ARIKO GA BASHA JE HARAHO MPORA NIYUMVIRA NTI NONE KO BAVUZE KO PETER ARIWE WENYENE AHORA AJA MURI CRISE! YAHAVUYE YANDUKIZA ABARI HAFI YIWE BOSE HANYUMA BAGENDA BARAHEREREKERANYA? OYA NTABARA MUMBWIRE NKUMUNTU YADUKA NGO AMATORA YAGENZE NEZA CANE. MUGIHE URWANDA RWARENGEWE NIMPUZI ZABARUNDI TANZANIE NIBINDI BIHUGU! TUVUGISHUKURI NKUYO NTUCUBONA KO YAMAZE GUTURUBURA? NDABASAVYE MUBEMWIRINDA KWISHURA IYO MIHIMBIRI MWIRUHISHA

  • Peter uti muzobugutira umuti ahubwo niwe bariko barawukuvutira ningorane ufise sinzi niyo uzohungira abandi bo bararonse iyo baja urugaba

  • komera mutama fanya kazi wewe wenye kusema watacoka,na Kagame yabwiye abanyagihugu biwe ko uza shaka guhungabanya umutekano wabo bazomushira aho agomba kuja.

  • jewe ndabarindiriye muze muri beshi mbe ko abahima mutinya democratie nibiki ibihemu vyibipinga vyabahutu bibashigikiye vyose murabizi tubirindaranye igishika birya bida tubihuhere namasoro mwibuka akajede ko mucibitoke muracarota ingwano kikoyozi nawe ngo inteko mpuzamakungu yakujije ashakaabakwe bo muri afrika yepfo ico baje gukora twarakibonye barazoza twebwe ni decision incournable beneco twaragicakiye

  • jewe ndabarindiriye muze muri beshi mbe ko abahima mutinya democratie nibiki ibihemu vyibipinga vyabahutu bibashigikiye vyose murabizi tubirindaranye igishika birya bida tubihuhere namasoro mwibuka akajede ko mucibitoke muracarota ingwano kikoyozi nawe ngo inteko mpuzamakungu yakujije ashakaabakwe bo muri afrika yepfo ico baje gukora twarakibonye barazoza twebwe ni decision incournable beneco twaragicakiye

  • jewe ndabarindiriye muze muri beshi mbe ko abahima mutinya democratie nibiki ibihemu vyibipinga vyabahutu bibashigikiye vyose murabizi tubirindaranye igishika birya bida tubihuhere namasoro mwibuka akajede ko mucibitoke muracarota ingwano kikoyozi nawe ngo inteko mpuzamakungu yakujije ashakaabakwe bo muri afrika yepfo ico baje gukora twarakibonye barazoza twebwe ni decision incournable beneco twaragicakiye

  • NTA MUKURU W’IGIHUGU TUZORONKA NKA NYAKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA ABARUNDI MWESE MUBIMENYERE MWAVYANKA MWAVYEMERA KANDI AHO BACITA IGI CLAIRE.

  • barindi bene wacu, ntagushir intambar imbere! ibiganiro vyonyene nivyo bikwiye nkuko Arusha ibidusaba. Kandi burya nyamubura ikimuhanura niwe nyamubura ikimuhamba. Twibuke ko abarundi sommes pas economiquement auto suffisant. Tureke rero gukunda inda zacu dushire imbere inyungu zigihugu tugitez imbere.

  • Opposition ntanumwe akomeye mumutwe warimwo,urabona ingene baroze abababashigikiye mumitwe basigaye ari amaplastic.Pacific reka kwigira intama kandi uringwe wangu ndakuzi ahubwo iyabunyibuka ugomba wotulia.

  • KOMERA MUFYEYI WABARUNDI TURAGUSHIMA URINKEREBUTS SHIRIRA UWANKAYANGARE TUZOBARWANYA ABITOZA UTUNYONI NTAWOGUHEMUKIRA AFISE AMASO RAMBA

  • KOMERA MUFYEYI WABARUNDI TURAGUSHIMA URINKEREBUTS SHIRIRA UWANKAYANGARE TUZOBARWANYA ABITOZA UTUNYONI NTAWOGUHEMUKIRA AFISE AMASO RAMBA

  • OYAWEWE KUBABAKWIZEYE BAGASUBIRA KUGUTORA REKANATWEDUKORE IVYACU NATWE TUZOGITORAKUNGUVU NZAGUTEZAKUDETA

  • mbe Steve w urusoro gwogutinyaa?lmana sha irahari kandi amaraso arahumaa kandiicukoresha mukuica nawe Nico kizokuicaa , haama umuti ntanumw atowunywa ngumanuke igihugu sitongo dya bâ so wanyu mwarabuze uwundi mû DD yosubirira niyo shetani gusa mube mura créa ingorane

  • mbe Steve w urusoro gwogutinyaa?lmana sha irahari kandi amaraso arahumaa kandiicukoresha mukuica nawe Nico kizokuicaa , haama umuti ntanumw atowunywa ngumanuke igihugu sitongo dya bâ so wanyu mwarabuze uwundi mû DD yosubirira niyo shetani gusa mube mura créa ingorane

  • Niwe yayitanguje ,izozimire kuriwe natwe tuzosidukira rimwe tumuteshe umugambi wiwe wokuzingamika igihugu kubw’inda yiwe .azotangara nimba bizoba bikimushobokera,nkurumbi we umenyeko abandi wabarabishijeko urutoke rumwe zine zakugarutseko none nimba ugifise akenge urutoke rumwe na zine hokwumvirwa izihe

  • Egome turabishima ariko nuko amatora yahagarikiwa nabari mumugambwe umwe none mwebwe murabishima canke birimwo amahinyu?

  • Hahah...Regardez ce pseudoprésident avec ses lunettes de soleil!L’avez-vous vu hier avec toute sa progéniture àpieds et lui àvélo?Qu’est-ce qu’il me fait marrer!

  • iyo bivuga nuwundi wewe ndakumenyesheje ko bazokurisha amavyi ugira uzoja i haye, nibaza ko utagira umutima mbe urazi aba president bari bakomeye kugusamba ubu bageze wewe nnabirya twabonye kuri gbabo ntavyo uzobona basha iherezo niribi iyoba wari ufise ubwenge wishimirije igisoda rindira uzobibona uzokwiruka nkakayabu hiiiiiiiii kazima umaze kuza kuza urabahemba ibice bice.

  • Notre president n,a plus les facultes requises pour gouverner. Il va vivre les pires moments de sa carriere politique, a partir du 26 aout. Le drame est qu,il ne s,en rend pas compte. J,ai pitie pour Denise et leurs enfants.

  • intabarirwa ibirwa n, uko amaso atukuye kandi urucira murundi rugatwara mwene nyoko.hari naho uko kudadaza kwawe kwokugirira ingaruka mbi.ntawarakomeye kuruta kadafi canke sadam hussein warabonye ingene bagiye.urakanura amaso ntubona...

  • nonekomuvyanka muzotwarwa nande? kumbure nimuvyemere

  • ubwo ka NORA URISONERA?We Ntutinya N’inzego?Mbega NKejo Uwogutumako Wosubiramwo Ivyo Wavuze?Mukuvuga Ba Mubanza Mubaze Imitimima Yanyu Kuko Navyo Birafasha Gusumba.

  • Mbe Hatungimana Ntasoni Ugira?Uwogutuma Umuvyeyi Wabarundi Wozana Urya?Umuvyeyi Nuwumenya Ko Abana Baraye Ubusa Canke Bafise Ikibazo. Umuvyeyi Wabarundi N,Imana Yo Izi Ikibiriza Nikibaraza.Nimwe Mumutoye Sinzokwumve Mumoka Ngo Ibiciro Vyaduze Nibindi.

  • KOMERA KU MUHETO PETER NKURUNZIZA

  • emma
    mwampongo mwe ivyo mutegura vyose turabizi, nimusubire ngwamatora yibwe, iyo ntambara mutegura nayo murayitegura neza kuko natwe turabarindiriye ntimwibagire ibibi muriko mukorera imbonerakure? ubu nikubakubita hamwe muzosanga inzuzi zuzuye amaraso

  • Abarwanya Nkurunziza ni ibigambo gusa. Ushaka intambara nayitangire maze abarundi bamuhondagure!! Icyo nzi cyo Nkurunziza ni umugabo kandi ari intellectuelle. Areba kure kandi iyo umurakaje aragukosora ugasigara wicuza ntabwo ari nka Habyalimana wari ufite igisoda gikomeye gisa kubera ubutesi akahasiga agatwe. Nkurunziza we ntabutesi agira kuko azi amayeri y’umwanzi.iyo umushotoye araguhondagura.

  • Ewe pacifique urahumba uri umuja nyabuna,wewe tu n’es rien par rapport y’isinzi ry’abarundi batoye,wewe tu peux disparaitre umwanya uwariwo wose kandi abashingamateka twebwe bakaduserukira uko twabatoye,uri umuja nabo muri kumwe mwibazako tuzobakurikira,kandi wewe ntuzopfa ubaye umukuru w’igihuga,

  • Pacifique arantwenza cane,le 13/5/2015 yaravugiye kurubuga rwiwe ko umugabo yitwa NKURUNZIZA yamaze 2ans ahanurwa ntiyumva,ngwariko arondera kwinjira naciye muri Congo,ngwivyagira vyose ntazongera kuba umukuru wigihugu’’il ne sera plus notre président’’nayandi majambo meshi,Ubu naho ngwabaraye batowe ntibamusetukira.uko nuguta umutwe,amakungu yama ariko arahayagiza naze atubuze gutora,mbere le 15 hatevye ngotumukurire inkoni kugishitsi.twarikukiye

  • Izo ntumva zivugutire umuti!!

  • Nkuk ivyivugiy reka bazowumugutir kuk niw hamwe nabo bari kumw bayigomb.me imvur iragwa arik ubunyer nibuhony bwose.ntiyibaz ngo dictatur yiw ngo ntizomujan mu rupfu.

  • mb wew wiyita NORA SHEKKA uriyumvi kugira wandika nkabirya ndumva wew pacific wamututs wiwanyu yaragusizemwo umugera pacific na gerev rufyikir ntantambw bazoduterana yintambar mb ubu nimband bazoz kwugwana bakorera abo biz abanyagihugu twarabahinyuy ker binyegez mubanyagihugu ubu baj duc tubavuga PETER NKURUNZIZA GUMA KWIVORA TURAGUSHIGIKIY

  • ahubwo ntamaramara ntaba akironka nico avuga imbere yabegihugu m1 baca umugani ngo ruriye abandi rutakwibagiye kandi ngo akataretse kaba gasema

  • Mbega wibwira yuko ifinse imbaraga kuruta Kadafi canke Mubaraka hewe uritonda Kk abazungu bararaba ivyo ukorera abanyegihugu nawe abapfira mumakambi na bandi bibazira imbonerakure ni gipolice

  • Umukuru,wigihugu,Ataba,mugisagara,uyosiwe,Umuntu,afise,abasoda,n’imbonerakure,akagenda,arinyegeza,nimba yiyemera naje kubaMugisagara,Bamumese,mugisagara,ntaTerambere,ryi myubati,dushaka.

  • Mbega iyo ngwano bavuga bayitanguje. Icyo nzi cyo ntawe uzatabwa muri yombi ari muzima. Isasu rya nyuma y’amatora ni mugahanga. Nibatebuke maze Peter abahondagure.

  • Nkurunziza Komera Kw’ivora !

  • izontumva zishaka kudusubiza inyuma nukuzivugutira umut

  • izontumva zishaka kudusubiza inyuma nukuzivugutira umut

  • Uwo Muti Avuga Ngo Azovuguta Harigihe Azosanga Ariwe Awunyoye Ahubwo Arihenda Gose None Zibaza Ko Yiremye

  • Nakomere kwibanga.Mbe tanzaniya ccm itwayeimyakaingahe? kwatanduru nkiyo muburundi?Abonabonibatenyenye...

  • Nukomere Kwibanga Turagushigikiye Natwebwe Abasirikare Na Ba Polisi

  • Jw Mbonaa APeatero Nkuraunziza Nuwashushuwe Kananirabagabo Ntiyimye Rindira Dans Deux Mois Tumwikureko Twebw Abanyagihugu Twase Kuba Abaja Biwe Ubushobozi Bwikuzimu Akoresha Yesu Yabufashe Mpiri Urumva Ko Nimvugo Yiw Asigaye Asamba Asambagirika Umengo Yateye Umutw Ikibabaj Gusa Nuko Atazosubira Kwibukwa Ukundi urinterakigogw Peter Wew Ugomba Na Nations Unies Urabaza Kadhafi Atacibukwa Nivyo Yariyarakorey Igihugu Ciw Ariko Umengo C,est Chien Qui Etait Mort Na Petero Natikebuka Nukonyene

  • Jw Mbonaa APeatero Nkuraunziza Nuwashushuwe Kananirabagabo Ntiyimye Rindira Dans Deux Mois Tumwikureko Twebw Abanyagihugu Twase Kuba Abaja Biwe Ubushobozi Bwikuzimu Akoresha Yesu Yabufashe Mpiri Urumva Ko Nimvugo Yiw Asigaye Asamba Asambagirika Umengo Yateye Umutw Ikibabaj Gusa Nuko Atazosubira Kwibukwa Ukundi urinterakigogw Peter Wew Ugomba Na Nations Unies Urabaza Kadhafi Atacibukwa Nivyo Yariyarakorey Igihugu Ciw Ariko Umengo C,est Chien Qui Etait Mort Na Petero Natikebuka Nukonyene

  • IVYO MUBURUNDI NI HATARI UWUSHAKA YOTEKEREZA KUKO TWES TURI BENE BURUNDI.KANDI MURI VYOS IKIRUTA IBINDI VYOS MW’ITUNGA TURONDERA N’IJURU.URUMVA RRO UWEMEY GUSSA AMARASO KUVYISI NAKAZIKIW.

  • jewe ico nomubwira peter nkurunziza aramenya ku burundi ataritongo jase nanyina bamugabiye nakubite agatima membero wibuke kuburundi aribwatwese kandi ivyikora vyose wibuke kwinyuma yinyungu haza akanyarire nimba wiyemeza inkomezi za shetani sha karagutabukanye wangu.

  • muta iyo ntambara uvuga watanguje ugiye kuyibona nawe muhira iwawe n,abana bawe kandi sikera.kuko ivyawe vyaramaze kuja ahabona huvya abonyene mugiye kujana.Imana ntifyina yakumenye utaravuka.kubwivyo n,umutima wo kwihana ntawuzaronka kuko Imana yagukomantaje umutima.Rindira umwanya wawe ugire ushike.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.