Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Petero Nkurunziza:" Mutoye CNDD FDD muri benshi muba muhaye inguvu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Petero Nkurunziza:" Mutoye CNDD FDD muri benshi muba muhaye inguvu (...)

Petero Nkurunziza:" Mutoye CNDD FDD muri benshi muba muhaye inguvu uwutowe"

samedi 18 Mukakaro 2015

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza azoserukira umugambwe CNDD FDD mu matora y’umukuru w’igihugu asaba abanyagihugu gutora umugambwe CNDD-FDD ari benshi kuko biha inguvu uwutowe.

Mu myiyamamazo ya nyuma y’umugambwe CNDD FDD yabereye mu ntara ya Kayanza,komine Kabarore, zone Jene,umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yibukije abari aho ko ari amatora ya nyuma azokwitabwa n’abanyagihugu.

Petero Nkurunziza yasavye abanyagihugu kwitwararika amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kuwa 21 Mukakaro 2015,kandi basidukane n’iyonka kuko batoye umugambwe CNDD FDD bazoba bahaye inguvu uwutowe.

Mwomenya ko iyo myiyamamazo yabereye mw’ikomine yaheruka kuberamwo intambara hagati y’abasirikare ba Reta n’umurwi urwanya Reta.


Van Naris Mugisha

Messages

  • tuzosidukana niyonka hamwe amakunguatangara

  • UWO MUTAMA ARARINDA YEMWE ! KANDI NKUBU WOSANGA ATAZI KO ASHOBORA KUBA ARIKO ATWARA UBURUNDI N’ABARUNDI HABI ? UMUNTU AGIYE MURI POLITIQUE HARIHO IKINTU GICA KIBURA MU MUTWE . ABAZOGIRA INGORANE AZE ABIBAZWE N ’ UMUGAMBWE WIWE .

  • Tuzogutora 100% Imana Irakunda Abagumyabanga Ikanka Abamena Banga Bahemutse Le13.5.2015

  • Amatora Muburundisicogikuru Kukobimeze Ukonbona Narekegutesha Umwanya Abanyagihugu Narahire Koagiye Kwica Abatavuga Rumwe Na Reta Yiwe Muga Yibuke Koyavuze Ko Imana Yomwijuru Ariyocabona None Ivyo Akora Imana Ira Vyemera?

  • tuzogutora mutama wacu wadukuye habi abasara nabo babe barafata imirambi biruka

  • nivyiza ivyiyunviro babikozwe ,barikumwenabandi.

  • wewe muta!reka kwihogoza abarundi turamaze kumenya gutandukanya ikibiniciza.mbega umuntu nukuraba ivyomwakoze tubongeze mubandanyikivimwatanguye bamwe muba oppose bahutswe base kuja mwihiganwa urumvarero nibazeko guhukwakwabo kubahinguvu courrage.

  • mwiyamamaz mwareka ntakindi kiringo mwiyonger kungumvu.

  • ibyo bisa nogumera iyonkeje.

  • Komera Uriyemera Humuriza Abanyakayanza Abitwaza Intambara Tuzobavugutira Umiti

  • Ntagire Ubwoba Bazoyamuha Ariko Amenye Ko Azoba Ataye Igihugu Mukaga Vyiza Yorindira Ibiganiro Bikarangira Akareka Gutwaza Uburundi Umukazo.

  • komeramutama Natwe abanyagihugu tuzoguha 101%Narimwe ryumwikorezi.

  • Zidyezose uwukwanka Akwandureko.

  • TURASHIMIYEPETERO,NKU,,,INOMUKAYANZAHAJEABAGWANYIARIKOTWARABATUJIJEBAMWEBARISHIKANYE,UBUNAMAHORO,ARIKOMUKOREMUSENGA,NUMUKURUWIGIHUGU,AMEN

  • Aho nyene ararenze kuvyo yasabwe vyo kwigiza inyuma amatora no gutanga uwundi mu candidat agire yitoze!ni ahonyange amasezerano ya Arusha n’ibwirizwa nshingiro ,inyanka kubwirwa ibwirwa n’uko amaso atukuye kandi agasozi k’intahanurwa kahiye abagabo babona. ni aduhe amahoro gusa areke gutuma duhunga igihugu catwibarutse kndi areke guhenda abanyagihugu.ivyiwe twabihaze imyaka 10 irakwiye.

  • Yemwe nimureke Nkurunziza na CNDDFDD yiwe bitwarire igihugu! Jewe mbahano mu Buganda, ariko kuvahabaye intambara yahuje abasirikare bu Burundi nabaribateye ahonyenenumvise DD yagiriye meeting twakomeje kuronka abatubwirako kuvabarwaniye mwirya Commune ngonubu ntibigeze abateye babatsimburaho ngombere barikobarasatira izindi Commune, nonegayemwe intambarazububeshi ziriteze kuzofata igihugu? Mwebwe mukomejegurtyo muzokomeza gutakaza abari abakunzi banyu.

  • DEDEMBA.BAZOGUTINASHA.UTAREKUYE MAND.YA.GATATU

  • Bareke bagutore hama baguhe inguvu zo kubanigagura jewe nzirirwa niryamiye ntaho nzoja.

  • Mbega president Nkurunziza tasoni afinse ngo bamutore mbega iterambere yazanye nibiti vya avoka nu kwica abamasera,safisha,maniruva,gatumba,kwa Ganza abanyagihugu bicwa na korera mu makambi guha Imbonerakure ibirwanisho ,nahebe ico kiringo aje muvyikino na sports

  • GUMA KWIVOLA UWUKWANKA AKWANDUREKO NONEHO NIBAZA KUWUKWANKA ARUMWASI WIGIHUGU NABAGITUYEMWO!IRAMBIRE!!

  • ahubw ntasoni unagira kwel !!!!! usigay unwa nibiyayura mutwe ur indongoz? amaroso yabene burundi azoguhumira !!!!!! ababikir warish nn ub nah watandukiriy abanyagih! uragapf usan nk kaini@ eliminati@nkurumbi@com%

  • niwitoze nyakubahwa tuzogutora nayo abo batatu bashaje atanico batumariye, bakishinga gusumira inda zabo gusa. Wewe bakwanka kubera wageze kwiterambere : amashules : ntamuntu numwe ubu atazi gusoma n’ukwandika, ntanumwe akigendesha ibirenge bisa. Wewe nyakubahwa waritayeho abantu batobato. Nayo abo nabo bishinze kugendera muri za mercedens gusa bakaducako baduhonyanga aho bodufashije kandi tugowe. Mwarubatse ama HOPITAL muma provinces yari yaranizwe , amashule ubu hose ariyo , Nayo kera amashule wayasanga mumakomine amwamwe. Abo nabo ivyo bishinze ntawumenya ivyarivyo imyaka irenga mirongo itatu, none izo politike barimwo zari politique nyabaki. Kandi ivyo vyose mwabikoze atana expérience mwari mufise . Vous avez la vision des choses , abo nabo bagutanye akazi kandi mwari mwaragatanguranye wosanga baraguye mumitego yinyoshambi. Izo constitution nazo bavuga ngo mwarazirenze jewe nibaza yuko mwari mwarazubakiye hamwe. None guki igihe zubakwa nikuki batagize des réactions bakabibona après. Twebwe rero abanyagihugu tuzogutorera nico kuko ntitwokurikira abo barundi binzigo mbi batangurira ikivi hamwe nuwundi hanyuma bakakimutana batakivuyeko hakiri kari nukuvuga rero yuko baguma barya gusa kandi babona ko constitution atariyo kandi bandi bari abatechniciens bayo. Kuki bashaka ko tubakurikira bameze gutyo. Erega barize ariko ibintu vyose bibi bakora tuba tubibona. Wabonye umuntu yize aciye ubwenge ashobora gushorerwa nuwundi muntu atabanje kumwivuna. Inzigo zabarundi turazizi ntamurundi ashobora kutubesha kuko turazinanyi, twebwe abarundi turabanza tugakora des analyses tukabanza tukabasuzuma tugakora niperereza tukabanza tukabamenya. Gushika no kuriyi tariki kuva aho biyamamuriye twebwe abarundi ntiturabona umuntu ba du présentant bati uyu niwe azoba umukuru wigihugu twebwe abarundi dushaka uwo twitoreye. None murabo bose biyamamura nibatubwire ninde ? kugira natwe tubone igihe co kumusansuma dukore iperereza tumumenye ni nde ?????ni mumuduhe tumumenye ??????? turamukeneye ubu nyene sinon nimutureke kutumena amatwi kuko igihenikinini canee mwiyamamura amaso yacu yahereye ibumoso tutabona ivyarivyo. None mushaka gutwara mwese. Aho mubereye gito muvuga ko mushaka gukuraho nkurunziza; alors kuki mutagiye hamwe ngo muduhe umuntu umwe ko mbona igihugu gitwagwa numuntu umwe; muzoheza mugitwlare mwese. Rero inyuma ya matora ya le 21/7/15 Turashaka yuko après un mois muzoba mwagiye hamwe hanyuma mukaduha umuntu umwe azotorwa inyuma y’imyaka itanu kuko simyinshi kuko nimyaka mirongo ine mwarayimaze muyerera mugahinga mutagira igihugu murya ubwiza bw’ishamba. Kuko ntantambara dushaka twebwe abantu batobato twishakira amahoro. Nimba mwebwe abapoliticiens muryoherwa nukutagira ibiragamo birabaraba. Twebwe twishakira aho twicara tukumva ko turi iwacu ; mugashaka naho kuguma mutuyerereza , atamurundi avugana n’uwundi tmuzocla tumenya yuko hariho un point d’interrogation, iyo point d’interrogation nzoyivuga ikindi gihe. La conclusion ni iyi : imyaka mirongo ine mwarayimaze muyerera mutagira akaranga k’uburundi, donc iyo myaka itanu siyo yobananira kwihangana àmoins que mushaka kuguma mutuyerereza mwishinga kurwana mugira akanyarigabo. Akanyarigabo nikintu cerekana inzigombi. Iyo mitwe mufise imana yabahaye ntimwogenda mukayikoramwo des entreprises mukabaho ; kuko ntimushobora gutwara mwese. Mumaze gu créa izo entreprise natwebwe batobato mwumva mwashaka guhabuza tugaca tuboneraho. None mubona yuko la solution ari ukugira akanyarigabo, mutera intembara, abavyeyi, benewanyu, cousins , neveux, nièce akaba aribo bahasiga agatwe. Erega nizo mbonerakure mwanka ni abana banyu, ni abacousins , neveux et nièces. Mwangagé izo mbonerakure, muzihe akazi murabe nimba koko zitera akaduluvayo murabe yuko bisubira. Se sont des jeunes ni abana bacu none nimwazitera mukazimarira kumacuniro muzosigarana abana bahehe. Se sont des jeunes qui ont besoin encore d’éducation, d’activité. Ahomwabereye aho mwabapoliticiens kuva imyaka mirongo ingahe hari habuze iki kugirango mwocupé ces générations ibara muvuga ritaragwa ntimwarimuzi ko il y a les jeunes qui sont né et qui ont besoin de bouger. Ntimuzi ko bafise amaraso ashushe bama bari en mouvance; les jeunes sont chaque fois agités et des fois sans réfléchir donc la solution si ukubatera ngo mubice kuko ni abanyu. Ni murondere iyindi solution kuko nta mjuvyeyi yica umwana wiwe kirazira aramuhana , akamupfunga meme en europe il y a les prisons pour les jeunes mais pour le moment c’est trop tard il a fallu le faire bien avant. Après 5 ans vous allez y penser : Pensez que tous ces jeunes làdoivent etre gérés par vous les politiciens. Ico nzi co ntamuveterant amaze igihe muri politique nzopfa naratoye kuko ntaco batumariye kandi babaye muri politique igihe kinini , nibahebere abandi bashasha kandi nohanura bashasha ko ntana conseilles zabo bokurikiza; kuko nta conseilles mbona bobaha zingirakamaro. None bobaha conseilles zokugenda bahonyoza abandi na zamercedes zabo babasurirako ivumbu, babahe conseille yokuza baraturira kubandi umube we champagne na za wisiki zose, na za vins, wo kuryama muri za hute nabo baryamye muri za villa, wo guteka kunkwi nabo batetse kuri za cuisinière. Mutureke rero twebwe abanyagihugu ntidushaka abaduhabuza muri kino gihe mubanze mureke imyaka itanu ihere. Kandi nibaza ko aho mwagahereye iyomyaka itanu izohera mubanza kutwereka ivyo muzotumarira . Mubanze mubitwereke imbere yimyaka ibiri tubanze tugire ico tubivuze ko twebwe abanyagihugu kuko igihugu ni gwacu si cabanyepolitike bonyene; mutatubona se mwoheza mukitwara. Mutwereke neza ivyo mugiye gukokora, kandi nomuri constitution mukabishiramwo haheze imyaka itatu muvyo mwatwemereye tubonye atavyo mukoze tugaca tubabogoza. Rero nimubanze mubitegure kuko gushika ubu ntawe muratwereka azoturongora ; kandi nivyo muzokora ntavyo muratwereka rero muri kino gihe ntiturabakenera kuko mumajambo make ntitubazi. Nkurunziza nawe nimwe mwabapoliticiens mwe nyene mwamushize mushaka kuvuga ko mwashizeho umuntu mutari muzi mutigeze mubana , tuvuge rero yuko ata vision mwari mufise , ntaperereza mwari mwabanje kumukoraho ngo mumenye uwariwe. Nta conditions ntaki, nta arrière pensé, mwamushizeho kubera mwabonye yuko ashoboye. Rero ni muvyemange twebwe gusa muduhe amahoro mureke kuduteza intambara kuko nta condition nimwe mwari mwarashize ho ati niyo yatunanira tuzomutera; ivyobintu ntavyo mwigeze mwandika ahantu nahamwe ngo twebwe batobato ngotube turayanyaga hakirikare.

  • Mbe aja kwiyamamaza kugira ahume amaso abarundi n’amakungu? Ko akarwi gapfukamye igihugu munda kamaze gupanga ukuntu amatora azogenda n’ukuntu bazosumbanasumbana amajwi nkuko babigize mumatora aheruka. CNI nayo ikaba ariyakokarwi nyene,sinzi igituma birirwa bata umwanya wabo ubusa ngo bagiye kwiyamamaza.ariko bamenye neza ko abarundi n’amakungu tutazokwigera twemera ibizova muriyonkinamico yabo ngo n’amatora.

  • Musaza wewe turikumwe komera kumuheto wirinde uruhendo .tsinda amatora

  • Komera Mutama wacu ubereke ko udakangwa n’amahenehene impene zaturutse.Mandat yabo ntiragera.

  • peter ariwe gahini w’i burundi azotangara!

  • Ntagihuguwotwara Urazakuturimir,AMAVOKA

  • Komeramutamawanje,wadukuyemubisakuudushiramubisagara!!Uwukwankaamiribikwashucankeyitemwiwesii !!

  • murakina. nabomungana nkurunziza.arabasumbankurunziza.muriproticpue arabasuvya.

  • SHA NTIYIJAJARE NIYOMBARE ARAMUBONA

  • ICARA.KUMARASO.WARAMENYEREYE

  • gumakwivoro mutama turagushigikiy.intumvazirabaho!ariko,adugsevya tuzobamesa.

  • Bahende,hoooharagezeko,muciribwa,urubanza nkurwomwaciriye kadege na domisiyano nabandi,ukinda,ugaramye,urwana,zizobaherana,dukoreshe,intoki twese nkabanyagihugu.

  • NARINDIRE ABANDI BATWARE.

  • Museveni,numunyabwenge,yaravuze,ntimwumvise,yavuze,ati,uburundi burakenye,none,urwanira,imyaka,itanu nimyakacumi,atacukoze,ariko yabivuze nkamuseveni,indasha vako.

  • amatora ni nzira irashe y’Amahoro. uwuzoyatoba, zibonerako.

  • Ahubwo mukurinda yugaza inyo aho ntiwoheba iyo manda?canke uvuge neza kwigihugu ari canyo canke arumugore wawe.uzohinyuka rindira

  • Tsimbatara mutamawacu kabarore commn is better than others cmmn of burundi thanks alot

  • ugira arabesh ivyavug ni ukuri rek turindir turabe!

  • ariko nkuru narinziko urumushinkantahe kube warumukugu ntasoni bigutera nivyumaze kuronkuzofurya aho witezurubwa kuberinda idahaga cagwa arinkanje ubwonyene noca ndabivamwo

  • EWE GAYEMWE BURYA NGWAMENYO ARAGUTWENGA ARI RWAWE BASI! MBE PETER NTANISONI WUMVA GANANI? UBU UHAYE WIYEGEREZA UMUNYAGIHUGU NUKUGENE WAMWICISHIJE UBUKENE MUKUZANA OBR IMUTOZA AMAKORI YAGAHOTORO, ISOKO NKURU YA BUJUMBURA URAYITURIRA KUBERA INDAMBI YAWE! HAMA IGITEGA URIBUKA ZA BANKI WAREMEKANYA ZIKIBA ABANYAGIHUGU UTWABO HAMA UKAVUGA NGO BARASAMAYE MUKWUGURURIRA UMUYAGA? EGA NTITWAVYIBAGIYESHA! NTITUZOKWITABIZO NKINAMICO ZAWE NGO NAMATORA AMAJWI YACU TUZOYAGUMYA MPAKA RWASA NABA KALOLI NDITIJE NABA SINDUIJE NABA GODEFROI NABA GACIYUBWENGE BAJE MUMATORA HAMA TUZE TUYABAHUNDAGAZEKO KUKO WEWE IMYAKA 10 WATWAYE NTANAKIMWE WAMARIYE UBURUNDI ATARUKUBUSAHURA NUKUTWICA GUSA.

  • @ Ubugaboburihabwa, reka kuzotora Njurunziza ariko udukure urwamo mumatwi , wewe nibazako nomumatoraya 2010 ntiwamutoye rekarero umuntuwese niwezomenya icazokora. Rekandakubwire jewe muri 2010 sinamutoye Nkurunziza ariko yaratsinze, ariko nticabujijwe kwatsinda akaba umukuru wigihugucanje, nuyunusi ndibazako ntazomutora ariko ntegerezwa kubamubamuha amahoro ntakumuruka kandi niyatsunda azova prezida wigihugucanje kandinzomwubaha.

  • ego pe!nkurunziza ntawutomushi muga yatanguye neza muga uzorangiza nabi azoshimigwa nibitwarire arya maraso yarya babikira azobahumira

  • ego pe!nkurunziza ntawutomushi muga yatanguye neza muga uzorangiza nabi azoshimigwa nibitwarire arya maraso yarya babikira azobahumira

  • ahubwo utoye dd aba yongererej inguvu FM

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.