Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Petero Nkurunziza yandikiwe n’imigambwe 9 n’abanyeporitike batandukanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Petero Nkurunziza yandikiwe n’imigambwe 9 n’abanyeporitike batandukanye

Petero Nkurunziza yandikiwe n’imigambwe 9 n’abanyeporitike batandukanye

vendredi 5 Nyakanga 2014

Imigambwe icenda hamwe n’abanyeporitike bari mu murwi w’abiswe acteurs politiques, bamenyesha ko atamuco uri mw’itegurwa ry’amatora yo mu mwaka w’2015, ndetse bagasaba ko hojaho umurwi wa CENI ataho wegamiye.

Mw’ikete iyo migambwe hamwe n’abo banyeporitike bandikiye umukuru w’igihugu hamwe n’abategetsi bakuru bo muri iki gihugu, uwuserukira umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya n’Afrika, mu gusaba ko hojaho umurwi utegura amatora meza, kandi ataho yegamiye. Umurwi CENI uhari uwu munsi mu Burundi, ukaba uriko uriyamirizwa n’imigambwe itavuga rumwe na CNDD-FDD, umugambwe urongoye Uburundi kuva mu mwaka w’2005 kuba uwo murwi uriko ukorera inyungu z’uwo mugambwe uri ku butegetsi.

Abarongoye iyo migambwe bavuga ko habuze ikiyago mw’itegurwa ry’ayo matora kuva mu mwezi kwa Mukakaro uwu mwaka, ndetse ihonyangwa ry’ivyari vyarashitsweko mu rupapuro rw’inzira abanyeporitike bashizeko umukono bose mu ntara ya Kayanza ruhonyangwa amenya nk’uko babandanya babivuga.


Aristide Nizigire

Messages

  • None iyo Migambwe niyihe hano ko mutayivuga Iraba atari Za Nabukondogori ???

  • MURAYASAMVYA, AHUBWO IYOMWANDIKIRA ABO MUVUZE MUBABWIRA KO MUVUYE MUMATORA HIHIHIHIHIHII. MWANZE UBUGORO, NTAKO MUTAGIRA NGO MURONDERE LETA NFATA KIBANZA HAHAHAHAHAHA. UWUZOTOBA AMATORA CANKE UWUZOYABURAGIZA AZOFATWA NKUMUMENJA!!!!!!!!!!! KANDI MURAZI ABISWE ABAMENJA 1972 INGENE BABAHANYE!!!!!!!!!!!! INGARUKA YOKWIKURA MUMATORA IYO IRACARI INTANGO!!!!!!!

  • Wamwanditsiwe, jewe sindambirwa kubakebura,imbere yokomwandika Petero Nkurunziza mwarigutanguza: Prezida, Nyenicubahiro canke Mr. Ariko nukwomwanditse birakorwa numuntu yihenze canke umuntu yandika izinaryumuntu atemera nagato.

  • Erega nugufya kwandika prezida NKURUNZIZA peter arazi icuwo murwi wa CENI ukora.ibibazo nkivyo ntiyigera avyishura ahubwo iryokete ntiyirirwa arayisoma ivyo nivyo tumenyereye.

  • wewe wiyita mama ubona amakosa yabandi wewe nawe utaravye gwawe banzurabe muvyo uhejeje kwandika hama uheze ukosore abandi.ujejwe iki ? kururu rubuga’ ataco ujejwe urareka gusoma amakuru utahangayitse urondera. canke ushinge gwawe

  • Aba DD nama mvuga ubu musigaye mumeze nkintare itontomera mwishamba amenyo yaraheze!gira mugende basha mureke kwidadira!!!!

  • Siniyita mama ndi Mama, Hanyumarero ndashimiye uwiyise #@ kuko ivyonavuze nawe yabonye kwarivyo ariko akababazwa nuko nanje nabivuze ngwivyonanditse navyobirimwo amakosha, jewe rero reka ndakwisabire imbabazi.

  • Nikoye muziko ahongaho Burundi ngohari bamwe mubatutsi barahiye kobatazigera bavuga umuhutu abate president ko ari nyenicubahiro!!!? Njye ndibazako uyunguyu Mama yabayarabyumvise kanduyumugore nititi mugutanga ibitekerezo.

  • Mwa mihimbiri mwandika ivyo baba dictse sinzi ko muzi kahise k’uburundi ariko ico ngoba kubigisha nuko mu Burundi iyo hataba nyakubahwa nyene icubahiro Peter Nkurunziza ubu ibihuha biba vyarahuhutse. Ku bwivyo mubike ukuyogora kwanyu .Président Nkurunziza Imana niyo yagushizeho kandi ntihinyuzwa Komera Amen

  • Mwa mihimbiri mwandika ivyo baba dictse sinzi ko muzi kahise k’uburundi ariko ico ngoba kubigisha nuko mu Burundi iyo hataba nyakubahwa nyene icubahiro Peter Nkurunziza ubu ibihuha biba vyarahuhutse. Ku bwivyo mubike ukuyogora kwanyu .Président Nkurunziza Imana niyo yagushizeho kandi ntihinyuzwa Komera Amen

  • ww wiyita mama uzopfa wihambe cank uribw nibisiga kuko urumubegito mbega ufis inyungu iyih muba dd kowama wigz umuvugizi wabo?har ninzu cumi zozo woba utwara?arik ivy ubikorshwa nubwng buk.

  • Uwo muntu yigira mama nama nasomye coment ziwe ziteye agatwengo urwo rukundo akunda Nyenicubahiro wiwe rurarenze(nkaba nashaka kumusaba nimba ari lower ya CNNd canke peter wiwe niyitware ko bakunze kwitara kuko bafise iyo bitwara hanyuma nkaba nsaba Peter gusoma urwo rwandiko agatanga umuco

  • ABA DD OYE! ARIKO NAHO NDIWE SINIFUZA KO TUZOTSINDA KUMAJWI MESHI.NEGATIF KUKO HARI ABA DD MUBO HEJURU BATWARA NABI GOSE BABASUMA.

  • Ikintu cose gifise itanguriro niherezo Imana ntigira nkunzi niyo ikingura kandi ikugara yuzuye ubuntu nimbabazi ikirisha ukuboko kuramvuye nibihano bikomeye sikubwinkomezi zacu ariko nikubwayo izobikora kuko yuzuye ukuri kandi tuzoyihimbaza tuvuge tuti uruwera kandi umunyakuri . Imana ibafashe bategetsi muriko uno munsi turayirindiriye yo izobikora .

  • Iki kinyamakuru "igihe.com" ni icy’abanyarwanda bakorera mu kwaha kwa guverinoma y’u Rwanda. Kubera ko Prez. Petero Nkurunziza afitanye umubano mwiza na Prez. Kikwete kandi uyu atavuga rumwe na Leta y’u Rwanda, ikinyamakuru igihe.com ntikivuga neza Leta y’u Burundi. Barundi rero mujye mubizirikana iyo musoma inkuru zandikwa kuri uru rubuga. Ngo uvuga ibigoramye umuhoro ukarakara: wabona comment yanjye igihe.com kiyinyonze!

  • aba DD ndabarahiye akaba arabana babi harimwo benshi cane bifuza kwibintu vyohinduka bakabura aho bocisha ivyiyumviro nimigambi myiza kuko boca birukanwa mubuzi cank bakagirirwa nabi mubahe umwanya muzobirabira mumwimbu en 2015

  • BASHINGANTAHE NAMWE BAKENYEZI. CNDD. FDDD. BISIGURA IKI???? MWABARUNDIMWE MWAHUNGIYE IRWANDA 1972, TURABAKIRA. MURANGIJE MUFATA INTEKO SHINGAMATEKA YURWANDA MUYIHINDURA ISHYAKA RYUBURUNDI MWONGERAHO INYUGUTI YA D. SHA NTAGO ABAHUTU BURWANDA BAZAGWA MUSHYAMBA RYA CONGO. BYATANGIRIYE BYUMBA AHOMWARIMUFISE AMAKAMBI . IBYANYU TWABYIRIWEHO

  • HAAAAAAAAAAAAAA. INTEKO SHINGAMATEKA YURWANDA YITWA CND. UMUGABWE WA NKURUNZIZA WITWA CNDD, FDD, AKAMARAMARA IBIBISIGURA IKI????????????????????????

  • Ce matin les burundais ont appris une triste nouvelle de la mort de deux religieuses d’origine italienne assassinées àKamenge dans la ville de Bujumbura. Selon l’AFP, ces deux religieuses italiennes âgées ont été tuées dimanche 7 septembre dans un couvent de Kamenge, une commune de la périphérie de Bujumbura, par un jeune homme qui a pris la fuite, selon des sources administrative et policière. Selon les autorités italiennes, les victimes s’appelaient Olga Raschietti et Lucia Pulici, elles étaient membres d’une communauté missionnaire inspirée du jésuite Saint François-Xavier et installée au nord de Bujumbura.

    Les Evêques burundais avec le Pape Francois

    Selon le diocèse de Parme (Italie), qui a diffusé des photos des deux religieuses en civil, visage avenant, elles ont été tuées lors d’une tentative de cambriolage menée par « une personne déséquilibrée ». A priori, le vol n’est pas le motif du crime. Un coopérant italien et une religieuse croate avaient été assassinés en novembre 2011 dans leur mission religieuse àNgozi, dans le nord du Burundi. Leurs deux jeunes assassins, rapidement arrêtés, avaient indiqué avoir agi pour des motifs crapuleux.

    Ils avaient été condamnés quelques jours plus tard àla prison àvie, après une procédure expresse de flagrant délit. Le Burundi, petit pays d’Afrique des Grands Lacs àl’histoire marquée par de nombreuses violences ethniques, est sorti d’une décennie de guerre civile en 2006 (par AFP).

    Les deux soeurs assassinées avec les amies burundaises

    Mais des nouvelles qui nous parviennent de l’ambassade du Burundi àBruxelles, donnent une autre version des faits. Selon l’ambassade du Burundi en Belgique, les deux sœurs, Lucia et Olga, d’origines italiennes ont été assassinées par des rwandais proches de l’opposition. La police burundaise est àla recherche de ces deux criminels. Les recherches sont orientées vers les résidences des membres de l’ADC-IKIBIRI.

    selon toujours l’ambassadeur du Burundi en Belgique, Monsieur NDAYISENGA Felix. L’ambassadeur est allé encore plus loin en affirmant qu’une source non autorisée porte àcroire que ces criminels rwandais appartiendraient aux services de renseignements rwandais (DMI). On sent un crash prochain entre les deux pays vu les déclarations engageant la diplomatie burundaise venant de l’ ambassade burundaise àBruxelles.

    Lisez ici pour plus de détails en Kirundi: http://ingoma.bi/Ibara-ryaraye-riguye-Mu-Kamenge.html

    Ikaze Iwacu avait aussi prévenu la déstabilisation du Burundi par les anciens soldats de RDF qui sont nés au Burundi et depuis le début de cette année ils ont été entraînés au Rwanda dans les camps de Gako et Gabiro. Ces jeunes burundais étaient parmi les soldats que l’armée rwandaise a envoyé àKinshasa pour aider Joseph Kabila àbien massacrer les congolais. Paul Kagame avait lui même insisté qu’ils partent au Congo pour acquérir l’expérience opérationnelle de combat:

    http://ikazeiwacu.fr/2014/06/17/rwanda-rdc-le-contract-secret-entre-kagame-et-kabila-denvoyer-les-forces-speciales-rwandaises-a-kinshasa/

    http://ikazeiwacu.fr/2014/05/26/burundi-intasi-za-rdf-i-bujumbura-ngo-ziteguye-kugaba-ibitero-ku-bigo-bikomeye-byingabo-zuburundi/

    Par un Correspondant

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.