Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rally-Joe: muri Primusic no muri Buja Summer Fest nzoba ndahari (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Rally-Joe: muri Primusic no muri Buja Summer Fest nzoba ndahari (...)

Rally-Joe: muri Primusic no muri Buja Summer Fest nzoba ndahari hose…

mardi 6 Myandagaro 2013

Rally-Joe yemeje ko azoja muri Buja Summer Fest izotangura itarike 11 Myandagaro z’uyu mwaka hamwe no muri Primusic naho ibiteramo bizobera mu minsi imwe . Abatunganije isabukuru Buja Summer Fest bemeye kuzomwunguruza bamukura ahabera Primusic bamujana ahazoba hariko habera Buja Summer Fest.

JPEG - 22.5 ko
Rally-Joe

Rally-Joe arahumuriza abibazako atazoshobora kuja muri Buja Summer Fest. Abenshi bamubonye ku vyapa vyiyo sabukuru. Kuri ayo makenga, Rally-Joe aramenyesha ko azoba ari muri Buja Summer Fest. Yagize ati : « Nzoba ndahari hose kuko abateguye iyi sabukuru bansabiye uruhusha muri Primusic. Bazoza kuntora mu Rumonge aho nzoba ndi banjane kuri Lycée Effi Nyakabiga ahazoba hariko habera Buja Summer Fest ».

JPEG - 75.9 ko
Icapa ca Buja Summer Fest

Rally-Joe yakomeje avuga ko abavuga ko abategura Buja Summer Fest bashobora kuba baranshize ku vyapa gusa ntazoba ndahari bamenye ko ariho nzoba ndi. Kandi nditeguriye cane iyi sabukuru kuko izoba yahuje abaririmvyi bakomeye. Ukuyijamwo ngo n’akungunko kuri we kukoazohakura ivyinshi mu muziki.

Mwokwibuka ko Rally-Joe ari “ambassadeur” umwe wa Primusic kumwe n’umuririmvyi Sat-B. Isabukuru ya Buja Summer Fest nayo ikaba izitabwa n’abaririmvyi nka Kidumu, Yoya , Rally-Joe , umurwi wa Lionny Story, umurwi wa ba Peace and Love , Jaguar ava muri Tanzaniya, , Allioni kuva mu Rwanda.


Sengurebe Joel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.