Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwasa Agathon:Amatora ashobora kujana igihugu mu manga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon:Amatora ashobora kujana igihugu mu manga

Rwasa Agathon:Amatora ashobora kujana igihugu mu manga

mercredi 8 Mukakaro 2015

Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi Agathon Rwasa amenyesha ko igikwiye atari ukwigiza amatora inyuma,ariko ko ari uko yosubirwamwo.

Agathon Rwasa amenyesha ko ikirangaminsi c’amatora kitumvikanyweko na bose,ayo matora yatunganijwe agashobora kujana igihugu ahantu habi.Avuga ko igihugu gishobora gusubira mu kaga k’amagume.

Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi asaba Reta y’Uburundi n’umurwi utegura amatora CENI kugaba,no gufata ingingo zibereye.

Naho mu runani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi obora kwemera ivyavuye mu matora,urwo runani ruza mu kibanza ca kabiri mu nama nshingamateka n’intebe 21.

Messages

  • Niwikuremwo Ntuzosubira Kwibukwa Ukundi Abanwanyi Bawe Niwe Wababujije None Nizontebe Nuzanke Ntazindi Uzosubira Kuronka Kandi Uzoba Ugiriye Nabi Abanwanyi Bawe Kuja Muri Leta.

  • Mutama Rwasa komera k’umuheto ntamatora yabaye aho naho bavuga ngo uruwakabiri,ko batasoma ko wabaye uwambere? Ntanumwe agushikiye yagiye gutora kuko bose barumvise akamo mwabateye ko kutitaba amatora y’ubusuma,tukuri inyuma 100% bemere amatora atunganywe bushasha nayahandi bari mumuriro utazima.

  • bambwire ntibuva bamenyerey kwiba amajwi turarasa vyanka vyakunda ivyobisuma

  • Jew Mbona Boganira Hagati Yabanyeporitik Ntawundi Muti Atarukwumvikana

  • ABANAMARIMWEMWESEVAHASITWETWIYAMIRIZEINGINGOITEYEISONIAGATOGWASAYARAYEAFASHE.YOKWANKAIVYABANAMARIMWETWAKOZEMUGUSUBIRAKUMWIZERA.AKAGUMAYOMAINYUMAYABANTUBATSINZWENAMATORA.ICITONDEGWAIVYOWAKOZEMURIBIBIRINACUMINTUBISUBIRE.BACAUMUGANIUMWANAWISEMA,ARIRANAINDRYAMUKANWA.KANDI,KORAKO,ARUTAGENDAGUTRYO,WIBUKEUMUGANIWAYAMBWAICIYEKUKIRAROIFISEINYAMAMUKANWA.ABOBAGUHENDABOSENTANUMWEATATWAYEMUNTWAROZAHISEBANZANAWEUSHIKUREKO.AHANDIUTIRIMBUYETUCATUKUVINYUMATURARAMBIWE.GAHUTULEMI,YAVUZEKWABAHUTUTUZOTSINDA,HARIHOABATAZOBIMENYABAGUMEBAHUNGAUBWONTURIMWIZOMBURAMBWENGE.ZITARAMENYAINTSINZI.

  • Mr Rwasa ntutumaramaze nka Jacques Bigirimana ngo uje mu nkina mico. Abanywanyi bawe ntibagiye gutora kubera akama wabateye. Ne soyez pas faible mwe na Nditije ngomwemere amatora mutiyamamajemwo kandi ingorane ya 3 e mandat dutegerezwa gushika au bout. Ikindi naco nti mutumaramaze ngomwemere Museveni guko ntiyoza kuvuga la democratie au burundi kandi atazi icarico un dictateur qui s’est eternise au pouvoir pour plus de 20 ans. Nagasuzuguro,nigitutsi ku bariko barwanira democratie.

  • intambara sikokazozak,uburundi yaba wewe uyitanga yaba wew uzoyirwana menyaneza ko abanyagihug tuzohasiga ubuzima ariko namwe ntimwibagirko mwambaye umubiri!!!!!!!!

  • Komera Mutama Rwasa Abo Bagusuka Ubihoz Uguman Akami Ka Muntu

  • NYAKUBAHWA AGATHO RWASA NIMBA ABONA KOVYOSHOBOKA GUSUBIRA MUKIBIRA KUGIRA DUTUZE IYO MBWEMBWE IBWEREJA MUGO JEWEN’ABANDI TURIHO NAKARE NGO URWOBA RUMWE RUBOZE MUZINDI RUTUMA UAAUNDI BUBORA, ARIKO NIVYAJA AHABONA NTANKURIKIZI ZIZOZ’INYUMA

  • uwukunda Rwasa amubwire ko hamw atoja mur iyi leta twaca tumenya ko agwaye impwemu mbi yo kutabona ivyiza.mb ko aguma avuga ko amatora yosubirwamwo mb yibaza ko yoronka ayarenga ayo twamuhaye?cank yanka guhemukir abamuhay amw ya manifestation?ni landag yiw yanyum,2020 azoba ashaj.kandi atiprinonceje ununsi ejo amaz azib yarenz inkomb.yozokwicuza ubuzim bwiw bwose.

  • Basha rwasa finalement nimbura bugirire ariko nyamba aya matora tayashimye nyamba ari ibindi arondera nobabazwa nuwokwanka intebe yiwe.ariko UPRONA iragabirije ati buzire ndabwirire.

  • None Rwasa Imyaka Umaz Muburundi Uta umwanya Nimuremure Twararwany Turinyumayaw Twatash Nabi Mbega Kuyaga Na Benewanyu Musangiy Amagorwa Abahutu Birakunaniy Ntawuvukarimw Yuzur Insimbizo Ww Ufis Abahanuzi Babi Vibuzimu Uje Ibuntu Amas Yakra Ntagihoma Urutaro Egra Ben Wanyu Muyobor Igihugu

  • Ivyo ninkinzozi zumworo ntibikundako amatorayosubirwamw.gikuru botumabanka ivyavuyemw.aril agatho arikuymuvyuya

  • Mbega ko mbona mwese mubwira rwasa gusa nditije rero na barya bavyarawe bagiye kurondera aho bakura ibibanza vyari kujamwo abanamarimwe? Bwa bundi abanamarimwe turafise ivyo dutanga n’ivyo dusigarana. Abanamarimwe turarushe no gukurikira abatagira iyo baja. Mbega twagenewe kwama mu gifuri canke kuba abaja b’abandi?

  • Nyakubahwa. Rwasa. Ivyuvuga. Nukuri. Mbe. Izontebe. Batwingingiriza. Tutagiye. Mumatora. Ninyabaki. Ariko. Uwomugabo. Arongoy. CN. Ashaka. Yomenyako. Bidatinze. Ivyakora. Bizomugarukako. Numuryango. Weee. Gwasa. Ihangane. Imyaka. Wagwanye. Niyobakwivye amajwi. Warayihanganiye. Ntuhemukire. Abanywanyi. Ngowitavye. Amatora. UBUGABO BURIHABWA. HAKUBIMBWA. WOBIMVA

  • MUTAMA RWASA UGO SI URUKUNDO BAGUFITIYE GO KUGUHA INTE BASHATSE KUGUPFAKAZA.WIHAGARAREKO GUSA IVYO RWAWE BIRIHO TURI NYUMA YAWE.

  • MBEGA NI KUBERIKI USHAKA GUHUNGA GA RWASA NKUWOKUBAZA WEWE...!!!!AHA NTUBONA KO HAGEZE KO WARUGEZE KWICARA UKARERA BANA BAWE NAKARE WABIRONKEYE UKUZE AU LIEU YO KUGUMA UTINYA.
    ASHA UREKURE GATO UPRONA NTUZOMENYA IYO BACIYE.

    ARIKO NUBWO BIRUKO JEWE NOGUHANURA GUTEKANA KUKO WEWE NTA SHAMBA WOBUKIJAMWO..NUBU WARUBAYE DEPUTE...URAHEVYE...NONE UBAYE UWANDE!!!UPRONA NAYO ATI BUZIRE NDABWIRIRE.

  • AMATORA YABAYE YOSUBIGWAMWO BAGAKOSORA UTUNENGE HANYUMA UMUGAMBWE CNDD FDD UREKE ITERABWOBA.

  • narababariye ko Rwasa hari bamuhenda kuberako bamaze kubonako ata musimamo afiseturamutoye yavyanse none aduhinduye ubusa!!! abarwanya Peter bose bagendera ku izina ryawe n’utabitondera uzorinda ukukuruka ataco ugezeko kandi wararushe bikomeye.

  • Bantu b’ Imana, agatoyahamagariye abanwanyibiwe ngobitegurire amatora’ haheze imisimike acababwirango ntibazokwitabe amatora. Jewe rero nkibaza guti: abobanwanyi yategetse kutitaba amatora ubwomumisi ntibahava baseruka bagaranira ivyobibanzavyabo nkabanwanyi bamizero, jewe amatwi ansumira Rwasa atavuko izontebe azemera hariho abagomba kuziharanira bomuri Mizero yabarundi mumyaramomike muzompinyuze. Rwasa nkeka yaravumwe kukovyobabiteye isoniyongeye kwisunga abantu bashobora kujamumatora ntibaronke na 00.99999% !!!!!!!!!

  • mbega mutama,amatora niyasubirwamwo uburyo buzova iwawe?ahubwo jijuka,ukore poritike nkabandi kko inyuma y’ imyaka itanu uzovuma ntwuvuka rimwe ngo yuzure ingovyi!erega ukavyanka uzoba usubije abanama rimwe kurima!!! ihanure rero.

  • mutama gwasa,ntiwumve ayo majambo y,izombonerakure zishaka kuguhenda,abo n,abana ntimwiganye,we abanywanyi bawe turacarindiriye amatora tuguhunde amajwi y,ukuri apana arya bagucoreye

  • bravo rwasa agaton. kuko yaratahuye ko kwicara munama shinga mateka abarundi bicwa atacamira bitamuha agaciro. ikibazo umuntu yokwibaza.mbega ko cndd fdd umenga niyo ibabajwe nukwo amizero itemeye izo ntebe! !uzosanga ari umutego wa cni na cndd fdd.wait and see

  • Jewe icombona nuko abanyepolitike batoharanira kuguma nokuja kubiti gusa,arik bagwanir ukumeregw neza kwabarundi!jew ndibaza nti mbega uburundi buzohava buronka intwari nka mandera!

  • Nibahebe ayo majwi mporona ice iyatarukirako bo ntibafyina,biratwrngeje ivyo mu burundi,rwasa barasubira kumurirako,nakumbure ayafate,akana kazi ubwenge kagaya kamira.

  • Amatora Nasubirwemwo Igihugu Ntikirwe Mukag

  • Komera Kukwibango Ntutushe Wemererako Abanyonyeziko Babndanya Gutwara Igihugu Cac Mata Nubuki Bagomba Kucigorurira Ntuzubemerere Imana Ikuje Imbere

  • Son excellence Rwasa Agathon komera kumuheto turinyuma yawe nagerageje gusoma comentaire zose nsanga abagira commentaire bose baragufitiye ubwoba barabona neza ko igihugu utegerezwa kukiramutswa kandi utegerezwa kuzokosora ivyakozwe nabi vyose kuva uburundi bwikukira naravye riro bose bagize commentaire nikakagwi kabicanyi batinya kuzokubitwa intahe mugahanga bakabazwa amabi bakoze yose.None amatora utagiyemwo bakaguha ikibanza cakabiri ubwo subwoba.Twebwe abanamarimwe tukurinyuma mukomeze mugwanire democratie namasezerano ya arusha.Hama uwiyise nduwimana yavuze ko Agathon ngo ntahunge hama barya ba cndd fdd Rufyikiri na Piyo bahunze suko babonye abo bakoranye arabanywamaraso.Ahubwo na nyakwubawa Gabriel Ntisezerana nuko yabuze ahaca nawe yosokora.Ariko bavuge gute mandat yanyu yasira muravako nka laurent Bagbo.

  • natware mutama rwasa tumur inyuma aba dd barihenda

  • mbega rwasa.ko wipfuriza uburundi nabarundi amagume burya abagutoye bo bazoba barihe.murapfuma mugirire impuhwe abakuyoboka

  • Uburundi n’igihugu c’igenga ntabwo tuzokwama dutega amakungu ivyo twokora canke ibikenewe uyu mugabo nawe Gwasa ivyiwe bicanganya abarundi ubu abarundi baramaze kumuhinyura ko haranira inyungu ziwe n’ivyicaro vya politike,kuko ni "BIHINDAGU"

  • Komera kwibanga mutama turinyuma yawe

  • Jew nukuri numv umeng twarek amtor akab kuber nubund mandat yiw ntraher nukurindir mand yiw hanyuma turab ko adutwra

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.