Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwasa Agathon: Inkoho zafatiwe i Muyinga ni integuro y’ubutegetsi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon: Inkoho zafatiwe i Muyinga ni integuro y’ubutegetsi

Rwasa Agathon: Inkoho zafatiwe i Muyinga ni integuro y’ubutegetsi

vendredi 17 Mukakaro 2015

Rwasa Agathon ngo ntarota asubira mu nzira y’intambara,ahubwo avuga ko ari amayeri y’ubutegetsi yo gushaka k’umwigiza kure y’urubuga rwa politique.

Uwurongoye urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi arahakana ko adashobora gushigikira no gutegura intambara.

Agathon Rwasa yemeza ko vyose bikorwa kugira abanywanyi biwe babandanye batotezwa ,ubutegetsi bwa CNDD-FDD bukabikora kugira ngo ntabandanye amahiganwa muri politique.

Rwasa asaba ifungurwa ry’abanywanyi biwe, kuko ataco bazira nayo ivy’inkoho zafatiwe mu ntara ya Muyinga ngo n’integuro y’ubutegetsi.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.