IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Saïd Djinnit yahora ari umuhuza yatanze imihoho

Saïd Djinnit yahora ari umuhuza yatanze imihoho

mercredi 10 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Inyuma yaho Imigambwe itavugarumwe na Reta,Inani hamwe n’amashirahamwe adaharanira inyungu za politike asavye ishirahamwe mpuzamakungu ONU kurungika uwundi muhuza,kuko Said Djinnit yahemutse kuvyo bari bumvikanye, Said Djinnit yatanze imihoho.

JPEG - 37.3 ko
Saïd Djinnit ,Intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu karere k’ibiyaga binini.

IGIHE

Messages

  • NI IBISANZWE .KANDI ABAYE UMUGABO!

  • Natuvireh Nagend Ntitumushaka,yaragishonje Numu Injambo.

  • jewe mbona ko yafash’ingingo ibereye gutang’imihoho asagwa yarahengamye!!!

  • umugambw wacu wasambuy wa nkoz yikib we!muturabir nduwimana ,nyamitw dorofe naziry nkoz zikibi zindi.hama peter ubutungan bukoz uzopfira mwibuy kuko warish siko?babana wiyemerera...

  • YOOOOO.noneho.birabaye nonubu bizongenda gute?IMANA ikwiye guhagarika ibintu kuki falaon akomeje kwiganza ?muburundi.

  • Mbekubumuhuza mwiza nuko azoza ashigikiye akajagari nibabe uwundi arik o

  • Mwanse umuhuza harigihe muzomukenera iyo usavye umuhuza simpakango muhurize kuvyo wipfuza nuwundi bazomwanka k

  • niyigire ivyuburundi nakayoberabahinga tuvahe? tujahe?

  • Ntangorane, kubona atanz imihoh guko ntiyaragikenewe. Nibadushakish uwund adatamikwa ijambo. Me abay umugob gutanga imihoho.

  • Ntangorane, kubona atanz imihoh guko ntiyaragikenewe. Nibadushakish uwund adatamikwa ijambo. Me abay umugob gutanga imihoho.

  • ntubona ico abazungu baturusha!!akoze amakosa arayemera ntadadaza;bravo nyakubahwa Djinit

  • Ahubwo yari yatevye kuko ibibazo vya politique yategerezwa guhuza impande zibiri uruhande rumwe rwa leta rwari rwamaze kubiheza kunyungu zabo:
    1,Mandat ya gatatu: leta yagumye hahandi iranavyemeza ibicishije kumuvugizi wayo (ico kibazo burya cari ica CNDDFDD na President nubwo ntibagira nagatoko ari umugambwe utwara ubu)
    2.CENI yahinduriwe intumbero mu rwenge gutyo ihabwa kubandanya igikorwa yatanguye
    3.Ikirangamisi ntabanduka catanzwe ata wutavuga rumwe na leta akivuzeko
    4.Amaradiyo yigenga yabandanije yugawe ahubwo hahabwa akaryo izindi radio zegerey ubutegets gukora( raba itegeko rya procureur)
    5...,.,
    NONE YARI GUSIGARA AHUZA KUKI???! Nimumfashe gutahura mugutanga ivyiyumviro

  • Yemweee...
    Uburundi ababutuyemwo bakwiye kwikebuka

  • igire amaremb weho nturindiriy ko tugira imyiyerekano tukwiyamiriza.ariko ube usize ubwiye nkurunziza nawe ko yodukinjurira

  • EREGA TURAFISE UMUHUZA RUKARA!ARI MURI CONGE?

  • gushikubu sinumva ico nkurunziza arindiriye! ntabona abandi bategetsi kobamenyako bakoze nabi.nabigenze nkabo babonako guteranya abarundi aribibi bagahitamwo gutanga imihoho mutama nkurunziza. vuma agashambara bigikunda ahandiho uhava wicuza atako ukibigira

  • Iyaba abarundi duciyubwenge kandi tuzi nugu poussant trop loin le raisonnement ntihari kubura abafatirako ako karorero bakigira amarembe

  • NTAKIBAZO TURIFITIYE UMUHUZA RUKARA CANKE NIBABANDANYE YAMIGUMUKO BABANZE BIBONEREKO

  • SAID DJINNIT NDAKWEMEY URUMUGABO!UREREKANY K UDASHAKA GUTA TA PERSONALITE.

  • niwigire uwavuze ukuri muburundi avuzwa mahiri warimvugakuri kuko agomba wumvikanishe impande zose none baranse ntakindi bifuza nintambara ugende mugabo ujanye inkuru yukuri uyishiriye abari bagutunye kuko abarundi badahindutse iyo bariko baja.siheza ubu harintambara yamajambo mukabona ikiringo kirenze tuzoja muyibirwanisho barundi ni mwigarure mwemere ababahanura ntimuze murabiyamiriza kuko izingorane ntizizoshikira umwe

  • Nta Kundi Yari Gukora Kuko Ntawohuza Abatamwera. Ariko Turacipfuza Kumenya Ko Ivyo Oposition Imwagiriza Vyoba Ari Vyo.

  • Niyigire Akajagari Kabatutsi Yogashobora Bamenyeye Kurya Badakoze.

  • @cyriaque
    N’importe qoui tes conseils !

  • jewe mbona atanze akarorerokeza,nabandinibakisunge

  • Uh YAKOZE NEZA NAHO YARIYE IGITURIRE CA PETER AKAMUHENDA NGO AZOMUHENGAMIRAKO YASANZE OPPOSITION NA SOCIÉTÉ CIVILE BAPFUNDITSE RIMWE NTIDUKANGWA KUKO NAKARE A PART YIKIRINGO CA 3 CA PETER HAMWD NAZIRYAMBONERAKURE YAHAYE INKOHO NGO ZIZODUHONYE MUKUGIRA GENOCIDE NTAZINDI DIALOGUE DUKENEYE HAMA NAGOMBA NCE MVUNIRA AKAGOHE "EX FAB"MUDAHAGURUTSE NGO MURWANYE PETER HAMA NATWE OPPOSITION TUBAFASHE NABARYA BA FRONDEUR BOSE BACE BADUFASHA PETER NIYI MANDAT ARABATWARA KANDI MURABONA KWAHAYE ASOKORA ABA EX FAB KAMWE KAMWE EGA MUZOJA KWIKANGURA MWARAHEZE COBO!KANURA NCUTI UBU AMAZE GUPFUNGA ABA GENERAUX BANYU BANGAHE? MINISTRE WANYU GACIYUBWENGE YARAHUNZE KANDI MUZINEZA YUKWAMASEZERAÖ YA ARUSHA AVUGA YUKO CHEF D’ETAT MAJOR ARI UMU DD MINISTRE WA ARMÉE ATEGEREZWA KUBUMU EX FAB NONUBU PETER YIZANIYE IMBUNUZA YUMUTUTSI WIGIHEMU ENCORE WUMU CIVILE ATANAZI NINGENE BA DECOUPIANT NA GRENADE! MWIBUKE UMUGANI UVUGA UTI WANKA KUGARURA IMPENE IKIRI HAFI YAGERA KURE UKABIRA NKAYO MUTISUBIYEKO MWABA EX FAB AZOHEZA ABA OFFICIERS BANYU HAMA ACE ABATWARA UTUZOBA TWAROKOTSE TWUDU TROUPES NUDU SOUS OFFICIERR AZOJA ABANYA MUKANWA ASUBIRE AJE ABASOBA MUKANWA KANDI MUZOKWIBUKA IYI MPANURO YANJE MBE KO MUQRI KWISAMAZA MWANKA KUDUFASHA URURUGAMBA RWO KWIYAMIRIZA PETER MWIHENDA NGO MUZOJA SOMALIA NGO KUZANA AMADOLALI MUZOYARIRA HEHE KO BENEWANYU BOSE BAZOBA BARAHUNZE BARI MUNKAMBI ZIMPUNZI? KANDI MWIBUKE YUKO ATANAHO MUZOJA KUKWATANIJAMBO MUZOBA MUGIFISE KUKWAZOJA ARUNGIKAYO IZOMBONERAKURE ASHA MUZOTANGARA !HAMA NAMWE MUZOCA MWIYOMORA MUJE MUMAKUNGU KUBA IMPUNZI KANDI MWIBUKE YUKO BURYA UBU VYOROSHE KWIKURAKO PETER UBU MUGIFISE INKOHO NABANYAGIHUGU KANDI MUKIRI MUMAKAMBI EHE INGENE IMBONERAKURE ZIGUMA ZIBARASA ZIYAMBITSE IMPUZU ZA POLICE HARAKANTU AHO PETER AZOHEREZA KURAHIRA ATANGUYE MANDAT YA 3 MWESE IMBONERAKURE ZIYOCA ZIBICA HAMA UBURUNDI NA ARMÉE YOSE ICIBA IMBONERAKURE PETER AZOCE ATWARA IZINDI MANDAT 15! KANURA EX FAB MUTARANIGWA NAKARE NGO UWUTARANIGWA AGARAMYE AGIRANGO IJURU RIRI HAFI.

  • nawiyita ntakwibagira nambawiyita nde birakuraba. jew ndahanura wemera wanka uwanka kubwigwa yabwiwe nuko amaso atukuye. kand wewe ntanumwanya nota ndaguhanura mpanura abantu bafise ubwenge nayo igifaransa kiragusuzugura cane hama icondi wewe ntakamaro kokukimenya.

  • Iyo ukoz amakosa mu shirahamw cank mugihugu kigerwa na mategeko nuko bimez ariko nibatorer inyishu ibibazo

  • genda ubwire umunyamabanga mukuru wa ONU ivyo wumvise udacishije iruhande biraboneka ko urugabo ntawafatanya ibidafatana nagira ndakubwire ko atari ivyubu vyatangiye 2010 ngamatora ngo yibwe ico cari ikiringo 2imyaka irangiye batemera nicocakabi kobatacemeye ngo amatora ngo yaribwe nubu ngo manda barabuze aho bafatwa none uravuge ivyo ubonye abarundi 99% turemera ivyo sentare yubiriza ibwirizwashingiro yagize none amabanga ashaka kugoboza abanyagigihugu igihugu agishire muminwe ya 1% imwe gusa ivyo ntituzoyemera nimba amerika ONU bazi ico bita demokrasi aribo babizanye mubihugu.vya furika nibavugishe ukuri kuko muri muri demokrasi naho nogusumvya ijwi rimwe mba nagutsinze nimwe mwabizanye mugabo turashima nvyiza kuko iyataba demokrasi na pita ntabatwara none nagira ndabavunire akagohe niko iciyumviro canje ataho cogera ibiriko biba muburundi abataye itwaro zamakudeta nibo nubu babujije amahoro uburundi ikindi nosaba ONI nimba ishaka amahoro arama mu burundi nukugiriranira ikigongwe bose bakoze.ivyaha

  • AHUBWO NIVYIZA.UMUBONO NKUYO NUWO KUVAHO.

  • rekayigire nonekovyase nikuvuga dusengimana idufashe

  • Abona vyomutera nivyiza koyafashe iyo ngingo

  • Biragoye Ivy Uburundi N’abarundi,djinnit Ntavy Yoshobora

  • nagende nuko amabanga yari yaronse amunaniye, aho yerekanye ko ivyakora vyose ataneza yaronderera igihugu gusa yaronderera inyungu zakagwi. nagende ntabwo yaragikenewe gukora ivyo yariko akora ntagaciro vyari bifise

  • @Ubugaboburihabwa, ivyo ushikirije aba EX FAB na abarundi bose nukuri, Peter iyo niyo Plan yiwe. En tout cas birateye ubwoba, jewe sinzi ingene bizogenda ariko Imana ntizovyemera arihenda mugabo abantu bakomeye ariko aragenda abikiza.

  • nivyo, ni yigire areke ivyo bihimbiri bigenzwa n’inda bigata igihugu cavyo mumnga kubera ubufaranga babihaye canke bizeye kuzokwiba. mbega nkubu Onu itogena uwundi vyogenda gute? niba idasigaye itwarwa muburundi

  • abantu bakizana ivy’ubwoko mu burundi sindabumva. Hari abacitwaza kugira bahende abanyagihugu batazi gusoma batacumva n’ama radio. none ga yemwe, Rwasa, Leonce, pancrace, Mbonimmpa, Nditije, Ntibantunganya,....abo bose bose badashigkiye 3e mandat ugira ni abatutsi? Ahubwo ubu umuhuza akenewe ni uwutagira aho ahengamiye,ahagararira ukuri. Azobanze asome amasezerano ya Arusha, na constitution ace ahuza abanje guhagararira ukuri. Hanyuma uruhande rwose arubwire aho rwihenze,ace abona kubanywanisha ataho abogamiye. twe twishakira amahoro gusa

  • ngira imana yohava icana

  • @KIRAGOWE
    "EREGA TURAFISE UMUHUZA RUKARA !ARI MURI CONGE ?"
    Rukara yaramaze kuvuga aho ahagaze: mandat ya gatatu (gutwara uburundi imyaka 15) aravyiyama! Uretse ko hoba hari uwuza yaramukanze kumukanga akamukankamira iki gihe bisigaye bigoye!

  • Ahaaa Ivy Uburundi Ningorane!Icegera Cuwurongoye Kwubahiza Ibwirizwa Nshingiro Yaratanze Imihoho,babiri Mubakozi Ba Ceni Baratanze Imihoho,umuhuza Nawe Aratanze Imihoho?Hasigaye Nkurunziza Petero.

  • niwigire we uri umugabo,warananiwe,ariko ugira ikimuntu,uhitamwo gutanga imihoho,wanka urubwa n’umugayo.Iyo usiga uhanuye leta nabo bakagira nkuko nubwo batovyemera vyari kuba vyiza.

  • CYRIAQU URAVUGUKURI PE WE KOMERA!

  • Ego Ikintu Utagishoboye Wogiheba Kare

  • nibavyirekere,Imana yonyene niyo ishobora guhuza abarundi,kandi irihafi kuvukora.

  • nibavyirekere,Imana yonyene niyo ishobora guhuza abarundi,kandi irihafi kuvukora.

  • igire mutama ejo batazagutaho umwikomo, vyose warabibonye ubwire UN uko ibintu vyifashe, hano bose bahuzwa nabyamuzinga n’amasase, bitaraza ntacyo wobasaba ngo bagikore.nundi uzoza uzabanze umubwire uko ibintu vyifashe canke muzabareke urushundi inguvu amunige ntakundi.

  • Nukuri abarundi nibareme,Imana yahagarinse ivyo 1993 nibi izobikora,

  • Erega Ategerezwa Kwigira Nyene Mb Dd Nivyay Ngo Ntibavuge Ikibaz Ci Kiring Haaa Biram Ntangar Vyum Numirw

  • Uwobiburiye Ngwikirago Kiranyerera.Ubu Mwasanze Inzira Yohita Ariyo Kurondera Gucanishamwo Abasirikare?Politique Zirarutana Pe Teshwe Mute.Akuzuye Ntikamurikwa ,ukuri Ntikurondera Abanywanyi Bagusangahokwibereye ,ariko Ikinyoma Kigerageza Kuvuzinduru Ngobakigire Ukuri.Petero Gisigura Urutare Uburundi Bwubakiye Kurutare Mubimenyereroko Igihuhusi Kidashobora Guhenura Beniyonzu. Suma Murenga Sivyo None?

  • igire mutama ugiye wumvise kandi ubonye kohariho abagombakutunigana ijambo twebwe dukeneye gutora hama ukuri kujahabona ubidushikiririze onu.

  • Urakoze cane mwene Data Ndabikikegute ukuba wasomywe irya msg yanje yinkebuzo kuri zina Murundi wese yumva yuko vyukuri akunda ndandi akemera intwaro rusangi ya Demokarasi mwarabonye neza yuko peter kubera yuko atwaza umukazo nigikenye aguma anigagura abo bose batavuga rumwe nawe! Iyo aza kugira politike irashe yarikureka opposition ikaja mwihiganwa rya politike NB Barundi namwe Barundikazi iyi ngwano siyubwoko namba duhaye twiyamiriza peter nazirya nkorabara ziwiwe ngo ni imbonerakure mwibuke yuko peter agifata ubutegetsi kubera yatinya Fnl yatanguye kwica aba fnl amaze kubona aho abashikanye mukubahonya ubu naho atandukiriye aba Ex Fab Ahejeje azoba atsinze ingwano yiwe ace adutwara tumufyeta munyo Ncuti za Demokarasi ivyo vyukumufyeta munyo muzovyemera? Jewe ntavyonzokwemera nzofuma ngwa kurugamba muga nzopfe nkumugabo Ahuko nzokwicwa nintuntu ncurwa bufuni nabuhoro nizo mbunuza zimbonerakure Uburundi twese turabusangiye ntabwoko bwemerewe gukumira ubundi ico acumve kandi akimenye adahevye 3ème mandat Inkoho natwe tuzozironka nkuko nawe yazironse kandi ndazi yuko iyo ngwano itazoteba nkiyo wewe yarwanye!kuko twese Hutu ,Twa ,Ganwa, et Tutsi tuzoheza tukamugwanyiriza hamwe! IMANA Ibaje Imbere murugamba twimirije rwokwanka kuba Abaja ba peter nimbonerakure ziwe
    #STOPNKURUNZIZA SINDUMUJAWAWE!

  • Imana Yomushoboravyose Izorungika Mutima Mweranda Azeguhuza Abarundi!Azotembagariza Munyenga Urworushetani Ruganje Kubutegetsi Yicarikeho Uwuzohanagura Amarira Impfumvyi,abapfakazi,azokwicarika Mubiro Abashomeri!IMANA NTIKANGWA NINKOHO NAMAGRENADE!

  • Mbegako mbona abenshi hano mutamba mugatarika mwibazako yatanze imihoho kubera iki,yasanze abatutsi muri amadayimon,mugabo ntimwishime,urya mwana w’umuhutu mwaturiye mw’i pine n’abandi bahutu mwishe ngo ni imbonrakure ,vyose yarabibonye burya ivyo ajanye we arabizi ,mushatse hagarika negociations turaziko ata matora mushaka,mbega yemwe abatutsi amatora mwoyakunda gute?

  • NDAHANURA UWOYITA,UMUNTUBUNTU GUSANGONURUTARE
    MBEGAYOBA,AZI,IMANA?URUTARENIYESU..KANDIYIBUKEKOKWATABUYERIZOSIGARARIGERETSEKURINDI.N.B:SOMA IBWIRIZW 1

  • Nimuhumure umuhuza wa vyose ni Mana yonyene banyamigambwe itavuga rumwe na Leta ni mukomera k’umuheto ndaziko O.N.U itashigikiye iyo ntwaro iriho ubu.Turizera neza iyi ntwaro iriho izohava akinda agaramye ntazosubira gutwara kuko ibimaze gupfa ni vyinshi.Naveko bitarakomera ahandiho bigiye gukomera bidatevye.Imyiyerekano iriko iraba ntaco imubwiye anezerwa n’abaguma bapfa.Peter Nkurunziza igihugu s’itongo aho wovako amahoro ntubunako worangwa mu makungu neza.Aho wanka kuvako kubera abaguhenda.

  • URAHUMBA SHA! WE NTAKWIBAGIRA UGOMBA UHENDE NDE? GENDA UHENDE NYOKO KUKO NAJEWE NDI UMUHUTU KANDI WO MUKAMENGE WEWE NTANUBUHUTU UNSUMVYA SHA! HAMA BABA HUTU ADOLPHE NAWE NA BUNYONI NA PETER NA KAZUNGU BICA MU ZA KAMENGE ,KINAMA, NABAMWE BICIRA MUGATUMBA 30personnes,NABABA FNL VITAL NSHIMIRIMANA MWIHENDA YUKO TWEBWE ABAHUTU BIMVUGAKURI TWAVYIBAGIYE? MANASSE NA ALICE NZOMUKUNDA NA HATUNGIMANA LEONIDACE NABO NABATUTSI? NtIMWAGOMVYE KUBANIGAGURA KUBERA ARI IMVUGA KURI MWARAHINYUTSE PETER NIZOMBONERAKURE NAKARWI KIWE KABICANYI NABASUMA NTANKEKA TURABIKURAKO D’ICI DANS QLP MOIS HUTU ,TWA ,TUTSI,GANWA UBU TWEMPI TWUNZE URUNANI TWINTAMWENWA NUANKEKA TURABATAMUMVUTO MURENGUKE IMBERE YINTAHE!

  • Djinit igire amahoro, kuko abarundi turagoye .ingorane zacu Imana yonyene niyo izozimara!!!!

  • Twebwe abarundi kwino ntwaro ya peter tubayeho nabi ,ubwicanyi bwaragwiriye,twamutoye twibaza ngo hariho azotumarira none twakibonye turasavye amakungu ko tudamukeneye kwizotoza ubugira gatatu,akitoza tuzoheba a twice twese

  • domisiyano .ntibantunganya koitwaroyabotwa..yibonye bagumabatotezwa ,bagwasa.banyangoma jwendumuhutu ariko.muteyeisoni mumakungu.?mukwiye kwikebuka ..?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.