IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Sinunguruza yitavye iyimikwa rya Uhuru Kenyetta

Sinunguruza yitavye iyimikwa rya Uhuru Kenyetta

lundi 8 Ndamukiza 2013

Icegera ca 1 c’umukuru w’igihugu c’uburundi ,Therence SINUNGURUZA yafashe indege mu gitondo co kuri uyu wa 1 igenekerezo rya 8 ndamukiza 2013 imujana mu gihugu ca Kenya.

Aho agiye mu birori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha yatowe Uhuru Kenyata.

Icegera c’umukuru w’igihugu c’uburundi akaba akeza cane abanyagihugu bo muri Kenya bakoze amatora mu mahoro no mu mutekano;hamwe n’indongozi mu vya politike bemeye ivyavuye mu matora.

Amenyesha ko leta y’uburundi izokwama ikorana n’iyo ntwaro nshasha yo muri Kenya.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.