IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Slyvestre Ntibantunganya: "Inama nkenguzamateka isa n’iyo mu mwaka (...)

Slyvestre Ntibantunganya: "Inama nkenguzamateka isa n’iyo mu mwaka w’1970"

vendredi 24 Mukakaro 2015

Slyvestre Ntibantunganya,aravye ibihe Uburundi burimwo ntiyokwitavye ibikorwa vy’inama nkenguzamateka,ariko kuko ashaka kwubaha ibwirizwa nshingiro azovyitaba.

Slyvestre Ntibantunganya yahoze arongoye igihugu amenyesha ko inama nkenguzamateka igizwe n’ibice birenga 80 kw’ijana bivuye mu kugambwe umwe,bisa no gusubira mu mwaka w’1970.

Slyvestre Ntibantunganya ni umukenguzamateka abihawe n’uko yabaye umukuru w’igihugu c’Uburundi.

Gushika ubu abigeze kuba abakuru b’ibihugu 4 nibo bitaba ibikorwa vy’inama nkenguzamateka.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Utagiye Sha Inzara Yokwica Reka Guhuma Amas,amakungu

  • Nivyo abanyagihugu bipfuje ,nimureke gusuzugura abenegihugu,Ntiba wame wibuka ivyo wakorewe muri 1996,birababaje ko uguma ushigikira ababigukoreye.

  • Abanyagihugu bakwiye gusaba ko abo Bose bahoze ari abakuru b’ Uburundi ,batanga imihoho mû nama nshingamateka, kuko ntaco baza gukorayo,.Ni kurondera amaronko gusa.

  • KUBA INAMA NKENGUZAMATEKA ISA N’IYO MU 1970 BIVA KUBANYEPOLITIKE BAMW BITWAJE KUGUMURA ABANYAGIHUGU NKA OPPOSITION ISHAKA KUGARUKANA IBIHE VY’AMA COUP D’ETAT IVYO NAVYO TUKABA TUZI AHO VYATUGEJEJE MURI IYO MYAKA MURIKO MURAVUGA HAMW N’IYAKURIKIYE AR NAVYO VYAKWEZ AKARAMBARAY MU BURUNDI.HAGAHEZA HAKADUKA IBIHANO KUGIHUGU,ARIVY BIGOMBA VYONGERE KUGARUKA KUBERA AMAKUNGU YUMVIRIJE AMABWIRE ATUMVIRIJE IVYIYUMVIRO VY’ABANYAGIHUGU.

  • emma
    ewe ntibantunganya we ntasoni ninde yaguhase ngowitabe ibikogwa vyi nama nkenguza mateka? ntiwobireka ukacugwara imvunja kumaguru wamuhutu wigihemu sha nonoho warabonyeko na benegihugu ko batagukunda, iyuba uwundi wovuyemwo ugataha iwanyu bakakubona

  • Uyo muzehe niyicare atekereze niba yoba acibuka yamavyi abo ariko aravugira bamuteye a Bugendana!!

  • Ukwitaba inama kwa NTIBA ni vyiza,nakubite agatima yibuke!hanyuma yemere i NKURUNZIZA!

  • Ibuka igitega bariko barakunyara wangu ubu vyaraheze ntawukorako utagira igisoda muburundi ntajambo tamba uko zivugijwe urindire kwipfira ushaj

  • 😅😅😅😅😅😅😅😅😅 ew ntiba ukumbuy amavyi yibugendana , abatutsi ntabuzi kirya gihe barayaguteye, ubuho bazoyagutamika

  • nimureke kwidoga icabitumye ntakwigisha kwabaye

  • Njye mbona leta yafata ingingo yo kutongera guha amahera abantu bahoze barongoye u BURUNDI nka NTIBANTUNGANYA ,BUYOYA cg DOMITIEN. Kuko bashobora kugura ibirwanisho bakoresheje aya mahera. Ntibantunganya we afite ikimwaro kubera kandi ubu yamaze kwibagirwa amazirantoki abatutsi bamuhomye akiri PEREZIDA.... Gusa Bagaza we yagombye kuyaronka kuko arimo gusaza atanduranije

  • Agize Neza Kwitaba Guko Yerekanyeko Ari Umugabo Wijunja Nijambo Naho Aba Cndd Fdd Ari Abanywamaraso.

  • Muravuga ubu abahutu bariko bicwa nibangana nabo intwaro zomuri 70 zishe mbe ko muvuga uko iyo ba Ntibantunganya batahaba bemere bitange mwebwe mwarigushika kuki ko arihamwe bavuga ngo umuhutu umuvura amaso bwaca akayagukanurira none aho kwumva impanuro abaha musimbira kwisunzu y,inzu mukamutuka nkurunziza ko iyo ba Ntibantunganya bataza bararungika imfashanyo zokurondera ibigwanisho mwarigushika kuki?ko mwese mutazi aho CNDD FDD yafondewe ndetse na nkurunziza ntahazi nuwamufashije kuyinjiramwo ivyo yamukoreye nagahomeramunwa ubwo rero nimutekereze.Time will tell.

  • Abo mwese mutuka perezida Ntibantunganya mwibagiye ko ivyamushikiye i Bugendana vyatewe n’aba dd bari bahejeje kugandagura abana inzoya abatama nabatamakazi maze abatutsi baca bata ishavu kuri Ntibantunganya kandi we ata maraso yigeze asesa. Aba dd ntimumaramara kweli ku maraso mwasheshe gushika ubu. Emera umushingantahe Ntibantunganya abahanure !

  • NKAMUTAMA PR NTIBANTUNGANYA WARUKWIYE KWICARA AKIRIRA IGIHUGU KUKOIRYOPETE WARONSE RIRAKWIYE KANDI MURARUSHE MWABONYEVYINSHI.VYOKWITOZANAVYO WAPIMUTAMA MWAMAZEKWISAZIRA VYIHOZE UZEURAHANURAGUSA

  • REKAKUZURAAKAHEZEVYAHEREYE<SAN CITY>UMWUMWEYARAFISEGWIWE.NDABABAZEMWEBWEMUVUGAYAMUHE,MWOTUBWIRA ABATURIE 1AMASOKO,AMABANKI,KAJAGA,MUTAMBARA 2 ABISHE;ABABIKIRA,MAREGOSI,UMUHINDI,AMAHASA...3 ABASAHUYE AMASHIRAHAMWE,TRESOR PUBLIQ,IGORO,INDIMO....REKA NIHATARI.

  • Ayo niyo mabarabara yubatwe kuva muri 2005
    Avenue de l’imprimerie 2,032
    Avenue de la Croix rouge 0,642
    Boulevard de l’Uprona 2,154
    Boulevard Mutaga III 2,145
    Chaussée Kigobe 2,372
    Desserte Mutakura- Buterere 4,833
    CHPL Rwagasore 1,033
    Avenue Muyinga Nyakabiga 2,854
    Avenue Moso 1,150
    Avenue Belvédère 1,580
    Avenue Muyinga Zone Nyakabiga 2,854
    Chaussée de l’Agriculture 1,550
    Boulevard Mao 1,200
    Rue JRR 0,800
    Boulevard du 1er novembre 0,550
    RN3 : Bujumbura-Gitaza 29, 3
    RN4 : Bujumbura-frontière RDC 10,5
    RN10 : Rugombo-Kayanza 122
    RN12 : Gitega- Muyinga- Karusi 104
    RN14 : Kirundo-Gasenyi 36
    RN9 : Bubanza-Ndora 42
    RN18 : Nyakararo-Mwaro-Gitega 56
    RN20 : Gisuru-Rusengo-frontière
    Tanzanie 37
    RN21 : Mabanda- Mugina 21

  • Ewe NTIBA sha uri ikigugu,vyakunaniye gutwara none ng urwarira ku mushingantahe w’igihangange nka Peter?Wabony ingene ari inserukarukamvye atari wew agakomakomany waca uhunga imbere y’abarundi bose.Aho utamaramarira ukaja kwitoza!Abo batutsi barabasuka,wew war ukwiy gutekereza ababishoboye bagatwara

  • jew mpanur abantu baja tanzanie bamva muntar ya kayanz nangoz bagenda batway abana bimyaka cumi numwe nacum nine .bajana tanzaniya bakabaha abantu babacirira nkinka ,umwana umwe baguha 20000 f umuhaye batanu aguha 100000 f umwana agaca amukorera kurima imisi yose umwaka ugahera amaz umwak naw ahebwa 200000f ivyobintu turabiteyivyats.harih nabemer bakabapakira namabasikeri kubera bazany utwana ndutony tundashobor gushika iyo bandutway <<.ngozi na kayanza yoyoo ibikora nkurundadazw bikebuke>>

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.