Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
SYGECO isaba ishirwaho ry’umurwi wigenga utatura amatati hagati y’amabanki (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > SYGECO isaba ishirwaho ry’umurwi wigenga utatura amatati hagati y’amabanki (...)

SYGECO isaba ishirwaho ry’umurwi wigenga utatura amatati hagati y’amabanki n’abanywan​yi bayo

mercredi 26 Ntwarante 2014

Sendika ihurikiyemwo abadandaza Sygeco isaba Reta gushiraho umurwi wigenga ujejwe kuja hagati mu matati akunda kwibonekeza. hagati y’amabanki hamwe n’abanywanyi bayo ma banki nyene.

Ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 25 Ntwarante umwaka wa 2014, mu kiganiro n’abanditsi n’abamenyeshamakuru sendika sygeco yasavye Reta ko yoshiraho umurwi wigenga uzoba ujejwe kugenzura amatati ari hagati y’amabanki. hamwe n’abanywanyi bayo , kugira ibikorwa vyayo ma banki bibandanye bigenda neza mu Burundi. Ako kamo sendika sygeco yagateye mu gihe idahengeshanya kwidoga ko ama banki y’ubudandaji adasiba kurenga ku masezerano aba yagiranye n’abanywanyi bayo.

Muri ico kiganiro , Martin Sindaruhuka ,icegera c’umukuru wa sendika y’abadandaza yamenyesheje ko hari utunenge tutari duke dutuma amabanki adakorana neza n’abanywanyi babo.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.