IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > UA yanse kurungika indorerezi mu matora ariko araba

UA yanse kurungika indorerezi mu matora ariko araba

lundi 29 Ruheshi 2015

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya bamenyesheje ko badashobora kurungika indorerezi z’amatora mu Burundi.

Mw’itangazo ry’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika, rimenyesha ko ridashobora kurungika indorerezi z’amatora mu gihe ata bisabwa vyose kugira habe amatora abaye mu muco,yitabwe na bose kandi yubahirije amasezerano agenga intwaro rusangi.

Umupfasoni Nkosazana Dramini Zuma arongoye ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ,amenyesha ko amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 29 Ruheshi,yateguwe hatabaye umwumvikano hagati y’abo vyega bose.

Mu murwi utegura amatora CENI bavuga ko abarenga 700 aribo bariko barorera amatora,abo nabo bagizwe ahanini n’abo mu gihugu,harimwo CODIP,ONELOP,MAC n’ayandi.

Messages

  • UA yakozekutazagushigikiraamafuti yankuruziza ahubwobafateingingozo kuyafutaategugweneza

  • None ayamatora koko namatora?yemwe itavya inyana, eeeee!!!

  • Inkinamico.com irabaye abene gihugu n’abanyamahanga basemerera peter akica amatwi.hahaaaa ntibizamworohera.

  • Jew mbona yiyumviriye nez kuk ntamatora ahari ninkina mico gusa kandi bitwara amahera meshi kand aribitazokwerwa bishobora noguta mukaga igihugu

  • Ayo ntiyemerwa mushake muyareke numwanya muriko murata

  • NIBASHAKE BAREKE!!SI KUTURERAKO ABANDI.ICIZA N’UKO AMATORA YENDEREYA VIZULI.

  • amatora nayatwebwe abarundi beneyo. nibatureke twitorere

  • amatora nayatwebwe abarundi beneyo. nibatureke twitorere

  • KUKI BASE KURUGIKA IDOREREZI BASHAKA KO UBURUNDI BUMERE GITE?

  • ayamatora.ntabaho. nibategure.amatora meza.apanayumugabwe.umwe nibamanzebagire.ibiganiro bahuriyekobose abovyegabose.hama bategure.amatorameza ikindi.abanyeporitike barekegushira.inyungu zabo.imbere.barekeguta. igihugumumanga. mbekobagombakutare kura.nonebazokwama batwara.cake.harotwara nabandi.

  • ABO BARAHENGAMYE MUGABO NTAKUNDI

  • Turashaka ko mudushikiriza uko biriko biragenda umwanya kumwanya mu ntara zose zigihugu nka kurya BBC yabikoze igihe ca coup

  • haa namatora yabantu bamwe.yemwe garukira uburundi mbe imbonerakure zisigaye zijejwe umutekana karibotubona barikobarakizura

  • Amatoranayiwacusabanyamahangaahubwonibaturekeduceurubanzaabobanyamahanganrbatuveko

  • AHUBWO ONU NIRUNGIKE OTAN NKURUMBI BAMUGIRE NKA KHADAFI!

  • mbabwije ukuri nanje harukuntu nagenje ndayakurikirana yemwe aya matora siyo kk bigaragara ko imigabwe nka FNL nu Runani COPA bataboneka kurubuga rwa bamandateri bimigabwe bisigura ko bashigikiye amatora kk bazi ko atoyo bazojamwo mbonye neza KO aramatora y umugabwe umwe nuwo baciditse uprona nka COPA nuwuwuzi abo inyungu zabo mumatora bamaze kuzironka

  • barundi barundi kazi musigaye,mutarahunga,emera,mupfushe,igufa,igihugu,kirarohamye,munyanja,yamaraso,kubera,umugabo,umwe.ngo,ninkurumbi.mana,garukira,abdi,amaraso,ataraseseka.ubuhanuzi,bwamaze,gusohora.

  • ni hatari ariko reka turindire turabe itwara ry’aba bategetsi bitwa ngo n’abacu k rizoroha mugihe yubaka yiyugarirako.
    ariko tubishaka canke tutabishaka,uwo wese yohanura ati umvikana,
    ni ngombwa tumwumvire,
    kuko ibihe bizodutegeka kumwumvira.
    "agasozi k’intahanurwa,kahiye abagabo babona".

  • ni hatari ariko reka turindire turabe itwara ry’aba bategetsi bitwa ngo n’abacu k rizoroha mugihe yubaka yiyugarirako.
    ariko tubishaka canke tutabishaka,uwo wese yohanura ati umvikana,
    ni ngombwa tumwumvire,
    kuko ibihe bizodutegeka kumwumvira.
    "agasozi k’intahanurwa,kahiye abagabo babona".

  • ni hatari ariko reka turindire turabe itwara ry’aba bategetsi bitwa ngo n’abacu k rizoroha mugihe yubaka yiyugarirako.
    ariko tubishaka canke tutabishaka,uwo wese yohanura ati umvikana,
    ni ngombwa tumwumvire,
    kuko ibihe bizodutegeka kumwumvira.
    "agasozi k’intahanurwa,kahiye abagabo babona".

  • MWEBWE MWESE NIMWEBWE,MUVYISHIRAMWO.TIRA AGASHAMBARA MUZE MURABE,AMAHORO IBWAMBARANGWE.NAHO ATAYIBURA AGAHONZI,DUFATANYE MUNDA. NAMWE GIRA UKO TURABE AHO YANTAMBARA MUVUGA AHO IZOVA.

  • BIRABABAJE.KUBONAABANTU ATACONABUBWABO BIMARIYE MUGUKANDAMIZA ABANYAGIHUGU NKAHUMENGANTIBAGIRIYABAREMYE IHORIHOZE IVYOMUKORAVYOSEMUMENYENEZAKO UBUTEGETSI,BUDASHIZWEHO,N’IMANA,NTIBURAMA KANDI IBISAGARA,CANKINZUBIRIMWABANTUBATUMVIKANA.NTIBIZOBURAGUSENYUKA

  • amatora yemerwa na bene yo naho amakungu nabo ivyabo babikora batadutumyeko ngo tuje kurorera. dutegereje kumva igitigiri cabitavye n’uko batoye. twarikukiye nubundi ntaciza duteze kazava hanze yacu beneburundi.

  • Uwabaroze Yarabashoboye Mugarama Mwicara Yaheze

  • UBUMWE BW’AFRAKA BUHERUTSE GUSHIGIKIRA KAGAME MUKWIYAMIRIZA IFATWA RYUNUSURIKARE YISHE ISINZIRYABANTU BABANYARWANDA NABANYAMAHANGA (E.KARENZI KAREJE) NGWAREKURWE NGWATAHE RWANDA ATABANJE KUBURANA. ARIKO NGOKURUNGIKA INDOREREZI MUMATORA YI BURUNDI NGOVYOBABITEYISONI

  • Jew Mfis Ikbaz Nn K Bamw Bavg Ngo Ja Mu Mtor Aband Ngo Rek Ntamtor Nn Kruhand Rwabvug Ngo Nttujey Kor Se Ikint Ktugragriz K Ntamtor Arimw Eg Kvug Mwravuz Knd Mumaz Igih Mubvug Shir Rer Mu Bkorw Tubrab Kwndk Kur Internet Tuitter Facebook ... Ntkamar Vyodug Ttabbon Ku Rubug Har Iknt Mur Kugragz K Mtavymey Ndets N’amkung Akb Abshigkiy Kbwanj Ni Mbon Ntac Mkoz Nukr Ahubw Mzob Mukwy Ghirw Mwebw Nyen Kk Nimw Mzob Mwagmb Gut Ighug Mu Mang Ark Knd Muj Gkor Iknt Mubz Imtim N’ Imana Kand Mdahubuk Mutekrez Nez Murakoz

  • Wewe wiyise Felix tubarire ugwo rurimi wandika nuruki? Ni ikirundi, ni ikinyagwanda, ni icy’abashumba canke Niki? Jya wandika nk’umuntu wize ivyo wandika siko twese tubisobanukiwe! Wumvirije?? Ntuze urosubira

  • Ivyo Wanditse Ni Ibiki ?

  • Ukinda ugaramye wubama uvuga ayamuhe amatora yabaye meza cane. Kandi ntantambara izoba mugihugu cacu. Uwushaka ntawumubujije araza apime

  • Ugutwi kwimpene kwumva kwokejwe. ntamvura idahita. uburundi buzoteba bube bwiza niyo ibinywamaraso Imana yabihana

  • burundi bwacu urababaje.

  • Bareke Bihungre Bamaze Kubona Ko Inahanurwa Zo Muta Mu Kaga! Ikibabaje Nabo Sibo N’ivyaha Bakoze Bibagira Iterambere Bishinga Gutera Amavoka No Kubka Ama Stade Nkuwiteguriye Cup Du Monde Mu Burundi, Umugani Wa Baririmvyi! No Neho Asigaye Yambara Air Force Nka Sat.B Mundabire Ko Atatobuye N’ugutwi! K’uko Ameze Nk’uwataye Umutwe Infashanyo Ziraza Ngo Yubake Ama Barabara Wwe Agatera Ibiraka? Oya Ni Agende Ntitumushaka Ico Cizere Tuzogiha Abandi.

  • Akari mukanwa k’imbwa bagakuzayo ubuhiri ! Vuba baramukosora .

  • Amakungu Areke Gusutena Ibisutamy Ntibumv Gusa Uruhande Rumwe Kuko Abarundi Bonyene Nibo Berekana Uwuri Nikosa Mumatora Yaba Yashaka Atware Adaciye Mumatora Ntivyokumvikana.Iyo Bemera Kuja Mumatora Vyaduha Umwizero Ko Mumisi Bozotuma Bahindura Intwaro Rero Biribonekeza Ko Bashaka Akajagari Gusa.Sivyo Gusa Na Reta Ntiyera Nibarabe Bimwe Muvyitwazo Vyabanye Politike Babikosore Cane Cane Munzego Za Gisirikare Doit D’abord Ediquer .Babone Ko Umurundi N’umunyamahanga Ari Bamwe. Uwukoze Icaha Ahanwe Ntabundi Buhitamwn Mbona Kuko Cndd Iracabatwara.Ibwirizwa Shingiro Abajejwe Kurigenzura Bacurubanza Badahengamye.

  • KUBERIKI? NTABISA BARIBAKWIJE.

  • IVYOMUKORA NTIMUGIRENGO ABA RUNDINGO NTIBABIBONA.

  • abo barorezi nabamye bita nyakuri.bakorera cndd fdd.

  • none amatora asigaye aroge’nda gute aroba? canke ntaroba?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.