IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Ubukene nibwo butuma kenshi urwaruka rwisanga ruri mu mishamirano (...)

Ubukene nibwo butuma kenshi urwaruka rwisanga ruri mu mishamirano (Video)

mercredi 15 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu

Ubukene nibwo butuma kenshi urwaruka rwisanga ruri mumishamirano

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • NIBAKORE BAKURE AMABOKO MUMPUZU BARWIZE IBIKORWA BAHEBE UBUGIZI BWANABI BAHEBE GUTABAGURA IGIHUGU CABIBARUTSE

  • Ego uyu musore canke ukwarikwose ivyavuze nivyo, kuko kuva habonetse abamenyeshamakuru bomu Burundi nabandibavuyehanze bishakira inkuruzibigusa kandi bakaba baremera nogutanga amahera kumuntu yemeye wanashaka kubesha ariko akabaha inkuru zirandura uburundi nabarundi aboba gennne mugutanga izonkuru zububeshi bivayo kukobumvise abariko barabasabinkuru ibibanezereza.
    Nagombamwibuke ko mwacagihe cimigumuko hariho abamenyeshamakuru babanza guteguza baryabari mumigumiko ngo tuzoshika kumasaha ayanaya ngorero turashaka muzekubamuribeshi muvuza urwamu muvuganabi polisi yigihugu muvuganabi umukuruwigihugu murirusangi ntibarinda kubabwira ivyobazakuvuga kuko abarimumigumuko baribamaze kumenya ibinezereza abobamenyeshamakuru arinavyovatuma abobarimumigumuko baroswa uduhera twava Bulaya.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.