IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Nkurunziza yakiriye umushikiranganji wa mbere wa somaliya

Petero Nkurunziza yakiriye umushikiranganji wa mbere wa somaliya

dimanche 14 Ndamukiza 2013

Ni kuri uyu wa gatandatu 13 Ndamukiza 2013, aho umukuru w’igihugu c’Uburundi yarakiriye umushikirangaji wa mbere wo mu gihugu ca Somalia, Abdi Farah SHIRDON mu biro vyiwe.

Abo bategetsi bompi baganiriye ku migenderanire iri hagati y’Uburundi na Somaliya,na cane cane no ku ntererano y’igisoda c’Uburundi kiri muri Somaliya ku rugero rwa AMISOM.

Nyenicubahiro Petero Nkurunziza aramenyesha ko uwo mushikirangaji wa mbere w’igihugu ca Somalia yazanwe no gushimira abanyagihugu bose b’Uburundi bo bitanze ku rugero rwo kugarukana amahoro n’umutekano mu gihugu ca somaliya


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.