IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umugambwe MSD ntiwashimishijwe n’intango y’ibiganiro vyabereye i (...)

Umugambwe MSD ntiwashimishijwe n’intango y’ibiganiro vyabereye i Arusha

jeudi 26 Rusama 2016, par egide

Umugambwe MSD ubona ko ibiganiro biheruka kubera mu gihugu ca Tanzaniya ari nk’inkinamico, kuko muri uwo mugambwe bagiriza ubutegetsi ko budashobora kwemera ibiganiro vyoshikana Abarundi ku mahoro. Kubwa MSD, naho ivyo biganiro vyobandanya, ntaco bishobora kumara kuko intango yavyo itabaye nziza.

Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye kuri uwu wa kane, bamenyesha ko ingorane ziri mu Burundi ziri hagati ya Petero NKURUNZIZA, abamurwanya, abo nabo bakaba bahurikiye mu runani CNARED, hamwe n’abahurikiye mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike yishinze kurwanya ikiringo ca gatatu, nk’uko bivugwa na Epitace NSHIMIRIMANA, umuvugizi w’umugambwe MSD, akibutsa ko iyo mice itatumiwe mu mibonano iheruka kubera i Arusha.

« Mu gihe udahamagaye rero abo witwa kuriko ugomba gutorera umuti, nta na kimwe biheza ngo bivemwo. Twihweje rero, abitavye ivyo bita ko ari ibiganiro, turabona ko ari abacuditse n’ubutegetsi bwa Nkurunziza, ba bandi bamye baharanira inyungu zabo, aho kurondera inyungu z’abarundi bose. »

JPEG - 27.6 ko
Epitace NSHIMIRIMANA, umuvugizi w’umugambwe MSD

Umugambwe MSD uvuga ko ibiganiro uzojamwo ari ibiganiro bishobora gukura Abarundi mu ngorane barimwo.

IGIHE

Messages

  • Murambabarire sinzi ikirundi neza shaka kubahanura ababanyi bacu ndi Arusha narigeze gukora mu kambi mtabila dufasha bene wacu abarundi, ariko Birashoboka abarundi ( Baadhi yenu wanalaana kama ya kaini)..... Alikuwa asiyekuwa na makao Duniani) mushaka gupfa muyerera mwebge,abana,abuzukuru na buzukuruza? Ibiganiro nivyiza babahamagaye babafashe ntimushaka none tubatahure gute! Ok ingorane ni H.E pastor petter? Ngirango sivyo imwaka itanu mwonanigwa kurorera agaheza ikibingo ciwe? Twebge tuvuga ati’subira yavuta heri’ nukuri nta kwihangana mufise. Raba twebge mumatora haheruka hobaye ari mwebge kugezubu mwoba musheshe amaraso menshi ariko twebge tubandanya amajambere: ndabahanure nimureke gukengerana mureke democrasi intore inzira hatsinze umuhutu tutsi mutekereze, hatsinze mutwa,tutsu mugatekereza, hama mwabirane hutu,twa

  • abanywanyi banyu bamwe bamwe bari kujuragirika ntibumva icatumye musuzugura ubutumire bw’umuhuza. ivyo bisobanuro atashingiro bifise. inyuma yanyu hari ababashuka bafise izindi ntumbero zinyegeje. ibigabiro nimwe mubirondera cane kuruta reta. kubwa reta niyo bitoba ubuzima buzobandanya nakare abenshi muriyo bamenyereye ubuzima bw’ishamba aho bafungura rimwe mu7 nabwo bagafungura imyumbati irura.

  • Murambabarire sinzi ikirundi neza shaka kubahanura ababanyi bacu ndi Arusha narigeze gukora mu kambi mtabila dufasha bene wacu abarundi, ariko Birashoboka abarundi ( Baadhi yenu wanalaana kama ya kaini)..... Alikuwa asiyekuwa na makao Duniani) mushaka gupfa muyerera mwebge,abana,abuzukuru na buzukuruza? Ibiganiro nivyiza babahamagaye babafashe ntimushaka none tubatahure gute! Ok ingorane ni H.E pastor petter? Ngirango sivyo imwaka itanu mwonanigwa kurorera agaheza ikibingo ciwe? Twebge tuvuga ati’subira yavuta heri’ nukuri nta kwihangana mufise. Raba twebge mumatora haheruka hobaye ari mwebge kugezubu mwoba musheshe amaraso menshi ariko twebge tubandanya amajambere: ndabahanure nimureke gukengerana mureke democrasi intore inzira hatsinze umuhutu tutsi mutekereze, hatsinze mutwa,tutsu mugatekereza, hama mwabirane hutu,twa

  • Murambabarire sinzi ikirundi neza shaka kubahanura ababanyi bacu ndi Arusha narigeze gukora mu kambi mtabila dufasha bene wacu abarundi, ariko Birashoboka abarundi ( Baadhi yenu wanalaana kama ya kaini)..... Alikuwa asiyekuwa na makao Duniani) mushaka gupfa muyerera mwebge,abana,abuzukuru na buzukuruza? Ibiganiro nivyiza babahamagaye babafashe ntimushaka none tubatahure gute! Ok ingorane ni H.E pastor petter? Ngirango sivyo imwaka itanu mwonanigwa kurorera agaheza ikibingo ciwe? Twebge tuvuga ati’subira yavuta heri’ nukuri nta kwihangana mufise. Raba twebge mumatora haheruka hobaye ari mwebge kugezubu mwoba musheshe amaraso menshi ariko twebge tubandanya amajambere: ndabahanure nimureke gukengerana mureke democrasi intore inzira hatsinze umuhutu tutsi mutekereze, hatsinze mutwa,tutsu mugatekereza, hama mwabirane hutu,twa

  • JEWE ABANTU BARANTANGA NBE NKAMESIDE MUVYEZE KWIKI VYAGUCHIMISHA NGUHATORI EMERAMUTWAGWE ZAMWIYANBIKA AMAKARUVATI ATABABEREYE KOMUTERAMANYAMA ATANICO MUMAZE AMATORAYARAHEZE NAYAZOZA NTACOMUZONOBA MUROTSA UBURO

  • NKAWE WIRABA ABARUNDIWOBAKI NBONAWE URAMAGUFAGUSA ABARUNDI AMAHORO BARAYAFISE ABAYABUZE NINKAMWE MUCHAKA KUBEGA UBWO MUTACUMVYE AHORERO MUTARETSE MUZOBA INYANUBAYIMWANTUNVAMWE

  • Ba murazezeta basha mwishinga urya munywarumogi ngo ni sinduhije,mwarahangaye inkona muzobona mwagiye guturira abantu nukubarya imitima yabantu ngo mushaka kuja mubiganiro? erega turazi ko muricokimwe na CNARED twarabahinyuye bandanya uyo mukino wimpinja ntaho bizobashikana atari mumuriro udahera, amaraso ya ERIC azobahumira kuko nuwamusutseko esance wumukobwa ari mundongozi za EMSD mu nyakabiga

  • "N’UMUSAZI ARATINYA INKAMBI".Epitace,ko wewe utashimishijwe n’ibiganiro vyabaye;bisabwa ko uca na we ugenda ugirishe ibiganiro UMUGORE WAWE be n’ABANA BAWE hama biguhimbare;kuko uri INTASHIMA No 1 kw’isi nzima.Mbe wewe ubona usumba NYANGOMA?SINDUHIJE?NIYOMBARE?...ko bobo batekereje ni uko ubaruta?Ca bugufi uri kw’isi nturi mw’ijuru.

  • MSD muri ibinwamaraso, iyo CNARED nayo yashinzwe na Buyoya ngo arazinanye n’abazungu ivyo bikaba arivyo Radjam,Nyangoma na Rufyikiri babiyonkorako, barya ba Dr Minani muzobagira nkakurya mwagize Ndadaye. ivyo navyo vyatanguye guhinyuka aba DD ntibarota baganira na nya CNARED ishigikiye omosexualite ngaha.

  • Bamwe bavuyeyo abandi ngo ntibashimye none ivyawe nibihe??Aho kurindira mubaza n IMANA uko vyogenda neza abantu ntibabandanye bapfa weho ngo ntibashimye; none uzoshima iki?

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.