IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza w’abarundi yahaye umubonano umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu (...)

Umuhuza w’abarundi yahaye umubonano umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu

samedi 30 Ntwarante 2013

Umuhuza w’abarundi, Mohamed Rukara yarahaye umubonano umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Edourd Nduwimana, kuwa gatanu igenekerezo rya 29 Ntwarante 2013.

Abo bategetsi babiri bariko bigira hamwe ikibazo c’uburongozi kiri mw’ishirahamwe ry’abagendesha amapikipiki mu Burundi AMOTABU.

Nk’uko bishikirizwa n’umuvugizi w’umuhuza w’abarundi, kugira ico kibazo gitorerwe inyishu, abagendesha amapikipiki bakwiye kuja hamwe bagategura amategeko abagenga.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.