Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu ahamagarira abarwizatunga mpuzamakungu kuzana imitahe mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umukuru w’igihugu ahamagarira abarwizatunga mpuzamakungu kuzana imitahe mu (...)

Umukuru w’igihugu ahamagarira abarwizatunga mpuzamakungu kuzana imitahe mu Burundi

mercredi 9 Ndamukiza 2014

Umupfasoni Julia Pataki aje guserukira igihugu ca Roumanie mu Burundi, niwe yakiriwe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, aho bavuganye ibitari bike.

Igihugu ca Roumanie rero kikaba kigiye gufashanya n’Uburundi mu gisata c’imico, indero no kwinonora imitsi. Uyo aje guserukira Roumanie mu Burundi, akavuga ko ashimishwa n’intambwe Uburundi bugezeko mu kugarukana amahoro n’umutekano, mu gihugu cose.

Umukuru w’Uburundi Petero Nkurunziza akaba yaronkeyeho akaryo ko kumenyesha k’Uburundi bwiteguriye kurwiza ugufashanya n’igihugu ca Roumanie, ndetse agahamagarira abanyamitahe bo muri ico gihugu kuza gukorera mu Burundi. Uyo muserukizi w’ico gihugu ca Roumanie rero, akaba asanzwe aba i Nairobi, mu gihugu ca Kenya.

Mukamenya ko umukuru w’igihugu c’Uburundi yagiye arakira n’abandi baje guserukira ibihugu vyabo mu Burundi. Aha tukavuga nk’uwuje guserukira igihugu c’Ubuyapani mu Burundi, aho imigenderanire y’ivyo bihugu imaze imyaka irenga 50, co kimwe n’uwuje guserukira igihugu ca Turquie mu Burundi, umupfasoni Sedef Yavuzalp. Mukamenya ko ico gihugu naco, cipfuza gufashanaya n’Uburundi, eka na Afrika nzima mu bisata bitandukanye.


IGIHE

Messages

  • Agwaye mumutwe ninde yozana amaherA yiwe ,muburundi hatagira ubu ,ubucamaza,igipolice,intwAro,umunyagihugu atwara uwundi, umuntu,ampfa ntakivuga,utashizeko CNTB yamaze guhombesha bagahe 2013 abanyamahaga baguze ibibaza munyuma bakababwira ko bibwe boja kubaza muri CNTB reka ahubwo nabwire CNTB yonyene ishinge imitahe mugihugu ncanke imanike aho umuntu arekuriwe kugura mugihugu cose?naho batarekuriwe ncanke ko kizira kugura ikintu nakimwe muburundi .

  • Nurabe neza ko mutihenze kuko uwo mupfasoni yicaranye na Nkurunziza kwi foto yambere uhereye hejuru ntabwo ari Julia Pataki ahubwo ni Samntha PAWER umwe yaza kwihanikiza Nkurunziza avuye muri USA IYI ARTICLE IRIMWO AMAHINYU

  • Raba ingene iyo prezidansi ya Nkurunziza umengo ni muli cuisine. Ewe Burundi wabaye mucafu kweli

  • Barundi, uriya mugore ni ambasaderi wa USA muri ONU akaba yitwa Samantha Power!!

  • Mbega ahuvugango president ahakorera hameze nka cuisine wambwawe imyaka mirongo mwatwaye mwubatsivyihe bureau vyiza abarundi ndabonako mweruye murakwiye gukosorwa ntimukigira icomwubaha

  • Nwari na Gasumuni,mwebwe bamuraba aho mwicara canke mukaryama kuko mwebwe mutumenumutwe gusa,ntavyiyunviro vyogira ico bitwunguye mutanga.muri bagwankabiyago.mwebwe muri abantu bato caaaaaane mugihugu,reka kuba mushikiriza ivyiyunviro bigayitse,numwana yarerewe mwibarabara MAYIBOBO nyiyovuga nkuko kwanyu,pu genda ndabagaye.ntacomumaze!!!.

  • JE ABATUTSI NGUMA NDABABWIRA ZISHAHUGWA ZIRIRA.MBE GUHERA KURI BAMICOMBERO,BAGAZA NA BUYOYA KO VYABANANIYE NO KUBAKA IBARABARA RIVA KUMUGWA WINTARA IWABO.REKA MZEE YITWARIRIGIHUGU KUKO ARASHOBOYE.ICO NOBAWIRA CO MUJA MUJA MWIBARABARA NATWE TWUBAKA AMABARABARA MUKINDA MUGARAMYE NATWE AMAVURIRO NAMASHURE TWUBAKA.MUVUGAYAMUHE IBIBUGA VYINKINO VYIZA NIBINDI VYISHI VYIZA BITEZIMERE IGHUGU.MUGA MBABAZWA NABAHUTU BIMBWA BAZA KUBASHIGIKIRA MUKWIRIGWA MURANOZA AMABARABARA BATUBATSE

  • Burya nyakubahwa,ndibazo ko wokwipfuks mumaso ukubahuriza abanyagihugu bo bene igihugu.kuko birababaje mu gihugu gitwarwa ni umugabo w’inryamunyu nkawe,imbonerakure zigajubita,zikica zigaca amahadabu abanyagihugu urorera, ntihagire inkwirikizi.birababaje aho abigeme n’abagore basabwa kwitanga mukuronka akazi ntufati ingingo nimwe.birababaje aho umunyagihu wese asigaye yitwaza igiturire agiye gusaba imfashanyo yose kubatware,ntufate ingingo.Nobe umuntu yazana umutahe mugihugu kitagira ubutungane,akaruta akabdi kakamira ni nde?

  • Wesha MwaRimu uti ndi mayibobo ego jewe ndimayibobo wewe nawe?wewe wiravye ukikura kukirenge ugashikana kumutwe ubona uriki mutwe indani iwawe koo hera .mukirundi nciza wewe witwa MVUGUSI .hewe fatikanya izarya naso muje gusuma........kuruvyiroza........ok jewe ndi mayibobo uruzuzA haryA nagusigiye niwasubiraa kumamagara .....

  • @ Gasumuni,Umwana azovamwo umuntumuzima nubwo iwabo hobahanuko ageragezakwirinda kubibwira abandibantu ngo iwacu hararuka, iyini message mpaye uwiyise Gasumuni.

  • So what? Upronna yo nticuditse ni nyenzi se??? Unification yaba bantu mukare muwikingir’ubugome niyicarubozo by’ibinwa maraso mbona ntaco yabitwaye da.
    Es’ubundi interamwe bavuga nibarizwahe ngo nzi ko interahamwe risigaye rikoreshywa nabatutsi muguvuga bahutu. Kandi nkaba nibazako tutazigera twanga kubyitwa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.