IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu asaba abasirikare kuguma bafatanya mu nda

Umukuru w’igihugu asaba abasirikare kuguma bafatanya mu nda

samedi 12 Nyakanga 2015

Umukuru w’igihugu asaba ubutungane gukora ibishoboka vyose kugira mu ndwi imwe gusa,abagerageje kugandagura umukuru w’ibiro bikuru vy’intwara miheto Gen Prime Niyongabo kuwa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015,babe bahagaritswe kandi bahanwe hisunzwe amategeko.

Mw’itangazo ryashikirijwe n’icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Louis Kamwenubusa, umukuru w’igihugu aratera ivyatsi igitero cakozwe ku modoka yari iherekeje umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto,abasirikare batatu bamucungerera ubuzima baritaba Imana.

Muri iryo tangazo umukuru w’igihugu asaba abarundi bose ,na cane cane abasirikare kuguma bafatanye mu nda kuko abakora ubwo bubisha ata kindi barondera atari gucanishamwo abari mu rwego rwa gisirikare,kandi agahoza imiryango yaburiye muri ico gitero.

Umukuru w’igihugu arashimira inzego z’ubutungane n’igipolisi kuko abakora bene ubwo bwicanyi bama bahagaritswe.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Aragandagura abasirikare hama agacasimbira kwi radio ngo arahojeje imiryango yabuze,none nkabo basirikare muriho muziriki,ndababwiz’ukuri basirikare murahona ntakabuza mutikuyeko uyo mugabo!

  • Ww PN na BD sinzi isi mubako. Harya mwibaza ko iyo muriko murategura ubwicanyi ko bidaca bimeneykana ubwo nyen. Na Prime ubwiw yari azi ko mwaray muteguy kumwica ariko kubera ubutwari bwiw ntivyamubujij kwitaba imirimo apfum arwa ku kivi.
    Reka rero guhuma amaso abarundi n,amakungu ngo murateye ivyatsi kandi ari w wabikoz. Ahubwo witegur kuzoriha Ayo maraso y,abana b,abarundi uriko urasesa.
    Ivyo biziga mwashiz aho ngo n,ivy,abatey turazi neza ko ari abasoda mwari mwaray mugandaguy ariko abatey bo ni abasoda bacunga inzego ibiziga vyabo vyaciy bitwarwa ubwo nyen. Ngo ushaka kwikurako abahoz mu gisoda ca kera FAB ariko bizoguta ku mazi. Imanga ntimarira Imana. Aha mvuz Imana nyayo atari ya Shetani musenga mw n,umugore waw Denise.

  • bazohera nkifu yimijira.

  • ko muburundi haramahoro numutekano abahunga bahunga iki ? ugaramye wubamye tuzabamesa.

  • @ Tururwane na Mukobozi!!!!!!!!!!! Ikikinyamakuru kiragira abasuzuma ivyandikwako!?.

  • sha kamwenubusa mubwire falao yemange kwariwe areke kuryanisha inzego zumutekano nabene gihugu ntibizwikwari nne yabikoze.rero nimureke kwitozutunyoni twindazanyu zidahaga

  • Nyenicubahiro Prezida Pierre Nkurunziza, natwebwe abenegihugu twamaze kumenyako bashakako abasirikare bigihugucacu baryana, mutikuberiki? Kuberi ikigizirikare kirabariye umutima nurukuta ruturirwa bageragejekeshi ariko baramazekubona Ko ikigisirikare kikimeze nkukwo kirubu ntibazotera intambwe. Uburero bibazako abasirikare bizoborihera kubatesha umurongo? Abasirikare buburundi barazi iyobavuye.

  • Ubutegetsi bubi bwama burangwa niseseka ryamaraso

  • ikintu kibabaje nikimwe uwiyita perezida ngo amatohoza ngo bamenyekane mu ndwi imwe uyu twamwanse kera none ngo ni prezda wanse kumva ariko tuzokumvisha hamwe niyo mihimbiri ivuga ngo yishimiye ibibanza yahawe sha ni murindire tuzoraba uburambe bwintumva.

  • emuga gezaho abo wisasiye haramaze.ukarenzaho nawe rurakwirenza.ntiwibazekuzubwenge wenyene.

  • NYAKUBAHWA MUTAMA WACU UCUNGENEZA ICONIGI SIRIKARE CACANYEMWO KANDI MUCUNGENEZA HARIHO NIBIRARA VYAVUYE MUMIHINGO ITANDUKANYE HARIVYAHOZARIBISIRIKARE NIBINDI BIRINGAHIBUJUMBURA BIDYAMA MUMAZUYABAMWEBAMWE KUMURANGO

  • Muhagabire bagarukanye ivyirindwi nakabiri muguhiga incabwenge nabakomeye mugisirikare bisunze ukumuntu ari.

  • Abakuru muribuka mu Rwanda mu 1980 ubwo Habyarimana yafungaga benshi mu basirikare bakuru ngo bari bagiye gukora coup d’etat?ubu nicyo gihe Nkurunziza agezemo.Atera asubira inyuma uburundi bumaze gusubira inyuma imyaka 35.Ubu ikigiye gukurikiraho ni ugukora propaganda akumvisha abahutu ko ibibazo bafite babiterwa n,abatutsi kandi ko bashyigikiwe n’u Rwanda maze ategure genocide yo kwica abatutsi.Ubwo batangiye kuririmba empire hima-tutsi theorie ya ba Mugesera na ba Ngirumpatse,hasigaye abaririmbyi nka ba Bikindi Simon,abanyamakuru nka ba Habimana Kantano ba Ngeze Hassan n’abandi kuko interahamwe zo yamaze kuzikwiza igihugu cyose ku izina ry’imbonerakure.ubwo se abareba kure murumva hasigaye iki ngo jenoside ikorerwe abatutsi mu Burundi?ntimwibeshye ngo muri kumwe mu gisirikare ngo bazatinya mwibukeko Bagosora yari aziko muri CND hari Inkotanyi600 aziko n’izindi nyinshi ziri ku Murindi ariko ubugome bwarushije imbaraga ibitekerezo bye yibwira ko yamara abatutsi mu Rwanda.Nyamwishi yabo niyo ibasunika.muragaba

  • Ok mbe mwe mukoresha iki kinyamakuru muduhenda ngo murasuzuma ivyandikwa none nkiyo commentaire ya TURUGWANE yaciyehe sha namwe murimwo tubiri nikubaraba neza iyumumuntu atanze commentaire yerekana ibibi vya opposition ntimuyisohora mais abatukana mukabisohora sha nimwisubireko kweli canke mutumenyeshe kwarikinyamakuru ca cnared nyamba atari sina head

  • Ivyo muri kino gihe biragoye, twiteze Ubwami bwa Yesu,ni bwo bw’Amahoro.

  • nivyo zabiro nugusenga ntakundi

  • nivyo zabiro nugusenga ntakundi

  • Ndababwize Ukuri Bacumugani Bati Uwushaka Urupfu Asoma Ingwe Munyo Mutama Peter Duhindure Abomumisozi Muduhe Gatoye Nkukwezi Twicareyo Kuko Kudahana Imbwa Kugwiza Imisega Mvuze Ivyo Subiri Tuko Tunajipanga Sasahivi Tumeshaona Nimucezo Tena Tunataka Tuuwane Mutuone Jisilavyolivo

  • Ndasubiyemwo Ndazi Hariho INTUMVA Ukinda Ugaramye,wubama Ndakurahiye Nta 3è Mandat Uzotwara IMANA Yo Hejuru Niyo Cabona!!.Oya Vrema Plus De 200 Tués À Cause D,une Seule Personne???

  • NIBYO YARAMAZE IMINSI ASENGERA IWABO INGOZI. ULIYA MU TIPE NTABWO ALI TAYALI MUMUTWE

  • Turugwane Umwoogope Mungu,acha Matusi,taifa Linaangamia Kwa Kukosa Maarifa,njia Zake Mungu Sio Zako Wewe Mwanadamu,unaua Ndungu Yako,je Wewe Ninani,yesu Wetu Anasema Acha Waliofiwa Wazikane,viongozi Muwe Makini,wapinga Aman Wapo Kinindo Kwenye Majumba Ya Viongoz Wastafu Wa Jesh,na Hapo Kamuha,wamewekwa Ndani Wanarishwa,tena Wengi Niwale Walipiga Mapinduz,ndugu Rais,wapo Majasusi Wa Rwand,wameingia Kupitia Mipaka Ya Congo,ndani Ya Serekari Yako,mafisa 15,wanatafutwa,kuuawa,kinachotakiwa Ulinz Mkali,kagame Hiyo Ndiyo Dhamira Yake,na Buyoya,mungu,turinde Warundi

  • ICO bomenya co aibu mu burundi abasirikare ntitube ibikoresho vyabanyaporitike ndagucire mu Kuri ntamahoro yigisoda c’ ubwoko bamwe yagishoboka twoshaka twokwemera izitwaro za matora kuko tuzikurasa twese nimba vyoba uku twamahoro azigera aboneka gushika Yesu agarutse. Kandi baba abobigira ngobarasabinyegeje baba abari mumakambi bataye umurungo turikubarabira hasi hazova uwimana ndabacirye agace tureke guhendwa

  • BARUNDI TURABASIBIRA CANE kugira ngo mushobore kurwanya iriya migwi itera IGISODA mugomba namwe gukora ikindi GISODA CYO MW’IBANGA kivuga yuko CYAGUMUTSE kuri NKURUNZIZA ariko kigamije GUSENYA NO KUMENYA NEZA IMIKORERE yabariya batera IGISODA CYANYU .BAZIVANGA NA KIRIYA GISODA HANYUMA BAZAMENYE AMABANGA YABO NUKO MUZAGISAMBURE NIKO KAGAME MU RWANDA yakoze kugira ngo ashobore ABAHUTU. NIryo BANGA KAGAME yakoresheje. Il former une faausse armée ifite mission yo gutembagaza iriya migwi... NAHO UBUNDI NIMUKOMEZA KUJENJEKA.. BAZAGENDA BABICA BUHORO BUHORO

  • Hiyo kambai ya ka muha ivujwe pia na hiyo majumba ya hao askari wastafu yadhibitiwe pia serikari muhakikishe wanyarwanda wafukuzwe na Jambi zote weka asikari wako waaminifu

  • MWEBWE ABA EX MUDAKANUYE AMASO NGO MUFATE INKOHO MWIRWANEKO PETER AZOBAMARA NKA KURYA HARI UMUGANI UVUGA YUKO UGOMBA GUHEZA UMUGANDA WINKWI UZURASOKORA KAMWE KAMWE MPAKA UWUHEJEJE! KUVA IMYIYEREKANO ITANGUYE MURAZI NEZA YUKO INTERAHAMWE ZIFADIKANIJE NIMBONERAKURA KUMUSI KUMUSI RITARENGA BATARASHE UMU EX FAB NONE EHE RABA AHERUTSE GUTAMUMVUTO IBISONGEREREZI MUBAHOZE MURI EX FAB BIRENGA 30! NONE AHO MUGUMA MURAZIRANA NGO MUROREREYE KUJA MURI SOMALIA MWIHENDA YUKO NIYO MWASIGARA ATAMU OFFICER MUFISE MUTAZOSIGARA MUKOMBA MUNYO ZIMBONERAKURE,INTERAHAMWE,NA PETER BIRABASHA KUKO PETER AFISE UMUGAMBI WUGUHONYA ABATUTSI AHEREYE MUGISODA MUDAKANUYE MUZOHAVA MUJA KWIBUKA KUYORA MWARAMAZE GUSESA ATAKO MUKIBGIRA UMUSI KUMUSU AGUMA ABAKA AMAKAMBI MWAHORA MURONGOYE! UBU ETAT MAJOR YAMAZE KUYIPANGA GUSHASHA AHO IGIZWE NABA FDD GUSA! BANDANYA MUJEBAJEBA UTWODUHERA MURAZIRANA YUKO MUZOKURA SOMALIA NZORABIYO MUZOTURIRA AGOMBA KUBIHORA NGO KUMWE MURI 72 MWAGIZE ABAHUTU! AZOBICA,ABANGAZE, ABASAHURE ABASIGAYE MUBINDUKE IMARAYA ZIWE NIZO MBONERAKURE NINTERAHAMWE MWANSE KUBA ABAJA BIWE BUCA MUTANGURA KUJA MUMUFYETA MUNYN JE NDUMUHUTU ENCORE QUI TRAVAILLE DANS LE CNR MUGABO JE SUIS UH HOE MODERE NAMAZE KURENGERA IVYAMACAKUBIRI KUKO NAMAZE KUBONA NEZA YUKO ARI IKIGWANISHO ABANYEPOLITIKE BAHOBAHOBA NKA PETER BACA BITABAZA MUGUCANISHAMWO ABARUNDI! NDABIBIYE AKABA MUDAKANUYE TANT PIS BENEWACU BA EX FAB BUCA PETER ABAHONYA NA RIRYA AZA YARATANGUYE UYO MUGAMBI!

  • Nta kibabaje nk’ukugir’uruhumyi rw’umutima n’umubiri,ku buryo uhendwa nk’umwana!!Nasomye ivyo bamwe banditse,nca ntahura ko mu Burundi,ndetse no kw’isi yose,umuntu ashobora kwihuma amaso wenyene kuber’utwo bamuhendesha!Muti kuki?Har’abavuga ngo empire hima-tutsi,ng’abatutsi ntibashaka k’abahutu batwara,n’ibindi!!Jewe sind’umututsi,mbere nakuriye muri cndd fdd kuva ikiri mw’ishamba n’aho nar’umwana.Kuva 2006 bica aba Palipehutu babata mu nzuzi,bicana bonyene hagati yabo(Simon Nyandwi yishwe na nde?Jean Petit Nduwimana yishwe nande?).Uwutaraburogwa agira ngo nobunya,murabaza Radjabu niwe azi ayo yabonye!Mubasigaye mu citwa cndd fdd uyu musi,nta n’umwe agifis’akarangamutima,n’abicanyi gusa bakorer’inda zabo,hama bakaduhenda ngo abatutsi nibo batubangamiye!Au royaume des aveugles,les borgnes sont rois!!!!!!!!!!!We wa musoda bahenda,canke bakagusanga kuri position yawe bakakudésarma abandi barorera,bakagutwara maze ugatorwa wapfuye,ubwo nibwo bumwe nkurunziza akuzanira?Isinzirire uzikangura uri ku mpanda/mpimba!

  • Ndemeranya na President kushyirahamwe kwa abarundi nibyo byabafasha ariko Ubwicanyi bugashira kuko nimugumya kwihorera.
    Nta mbabazi mugirirana wica undi yica ni ikibazo ariko President ashimye abapolice be kandi baricisha abaturage inzara mu manzu ngo barashaka intwaro kuruhande rwa abatutsi kandi IMBONERA KURE ntazo bari kubaka ubwo se uba ucyemuye ikibazo cyangwa uba ugiteje? Umva HE hera kubo wazihaye bose bazihe igisirikare na aba police. Uhamagare ukoreshe inama mu ma centre harimo ABATUTSI nabo bazizane umutekano ubazwe police gusa niba batawushoboye wegure rwose.
    Inama yubuntu.

  • Ndemeranya na President kushyirahamwe kwa abarundi nibyo byabafasha ariko Ubwicanyi bugashira kuko nimugumya kwihorera.
    Nta mbabazi mugirirana wica undi yica ni ikibazo ariko President ashimye abapolice be kandi baricisha abaturage inzara mu manzu ngo barashaka intwaro kuruhande rwa abatutsi kandi IMBONERA KURE ntazo bari kubaka ubwo se uba ucyemuye ikibazo cyangwa uba ugiteje? Umva HE hera kubo wazihaye bose bazihe igisirikare na aba police. Uhamagare ukoreshe inama mu ma centre harimo ABATUTSI nabo bazizane umutekano ubazwe police gusa niba batawushoboye wegure rwose.
    Inama yubuntu.

  • jewe nunva ivyo David avuze mbonyeko aruumwicanyi mubandi,kandinashake kutwereka ko atavyubwoko birimwo,niyemange ko arumutusti areke guhisha .

  • Igisoda co civanguye kerakubahenda nkurunziza abiba amahera ya amissonNivyo bizomuta ikuzimu. Gutwarahoho ku nguvu abarundi abateranyabaramuhinyuye. Burakeye abure amabarabaracamwo kazemaIvyihebe vya shabab vyinjiye nabandiatabona wait bamuravyeadasamvye

  • Turacivugisha ubukene nabwo butaraza,muzokwimaranira,mwe’nimurindire.

  • Abakora ivo bame bamenya kobafise amaroso amwe nabo bazopfa imbereyimana ntibizohera ;-(.

  • MBERE JEWE SIMBONA ICO ABO BA EX FAB BAROREREYE KUGIRA BANKE YUKO PETER AGUMA ABICA NKUKUMENGO NTANKOHO BAFISE MUDAKANGUTSE NGO MUREKE KWAMA MURAZIRANA MUZOHERERA KWICUMU HEMWE!

  • @ Ndiho david sha nuko ntakuzi uri umugabo pe urarivuze ry ukuri

  • @ Ndiho david sha nuko ntakuzi uri umugabo pe urarivuze ry ukuri

  • @ Ndiho david sha nuko ntakuzi uri umugabo pe urarivuze ry ukuri uri serieux

  • Ico mbona uwitwa umusirikare wese ntahendwe ngo nuko arumututsi arabe akazi kiwe akarorero abo pacifique na vital basutse mumigumuko ubu barikumwe ntibigaramiye buraya barya ayo babacuruje ngo ntibaharanira ivyicaro nigisanira barakijanye nawe ahuri uhendwe guzi gukoresha lance- roquêt barabasuka uzofatwa hahombe umwana wawe n’umgore nanyoko naso wakijuju wewe.

  • Birababaje kumva tugifise ivyo tuvuga. ni Bibondo birihano Imana ibona biguma bigandagugwa. ngo abiyeza nibabandanye bi yeza. Abiyanduza nabo babandanye biyanduza. kandi tumenye ko atawusomera amaraso aseseka. Ngo tacanyegejwe kitazoja ahabona imbere yi Mana!

  • Burya Imana rurema niyo Nkurunziza asenga??? Burya politique ko tuzi twese ari ububeshi gusa Imana nayo ikaba idaahigikira ababeshi. Ishobora gushigikira abantu nkabo gute??? Hanyuma uravye ibiriko biba m’uburundi. Nkurunziza burya arabizi nimba ari umusenzi koko??? Jewe numva yari akwiye kureka kubesha abarundi kuko umuntu azi Imana vyukuri ntiyoreka ruswa ngo yake intebe mugihugu ayoboye, ntiyokwemera ubwicanyi canke ngo abushigikire, ntiyokwemera inyuruzwa ry’itunga rya leta kuko ni ubusuma, .....

  • Birababaje Kubona Abantu Birigwa Baragandagurika Kubera Umuntu Umwe Yanse Kubumbwa N,ivyo Imana Yamuhaye Ni Ukuvuga Ibiringo Bibiri Gusa. Mbega Umwina W,ivyisi Haha,...,..

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.