Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vya mbere vy’inama nkenguzamateka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vya mbere vy’inama nkenguzamateka (...)

Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vya mbere vy’inama nkenguzamateka nshasha

jeudi 6 Myandagaro 2015

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatumyeko inama ya mbere y’inama nkenguzamateka nshasha,izokorana kuva kw’igenekerezo rya 12 gushika kurya 18 Myandagaro 2015.

Nkuko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu,inama nkenguzamateka izokorana mu ntumbero yo gushiraho amategeko azoyigenga hamwe n’abazoyirongora mu myaka itanu,gushika mu mwaka w’2020.

Iyo nama nkenguzamateka izoba igizwe n’abakenguzamateka 43,muri abo 33 bava mu mugambwe CNDD FDD,2 mu mugambwe UPRONA,umu FNL umwe,4 bahoze ari abakuru b’ibihugu,n’abatwa 3.

Ibikorwa vy’inama nkenguzamateka bizobera ahasanzwe hari ingoro y’inama nkenguzamateka muri zone Rohero iri muri Komine nshasha ya Mukaza.


IGIHE

Messages

  • nyakubahwa turashimye itumako ryinama nkenguzamateka shasha ahubwo itariki uzorahirirako ziratevye kugira abaguji bamaramare nitugire CNDD-FDD.

  • komera kwibanga mutamawacu abagushakira amabinabo nibastindwe mwizinadyayesukiristo

  • UMVIRIZA RERO BASHA NIMBAMUTARAMENYA UMUGAMBWE CNDD-FDD ICARICO JENDIMUHUZA. BABA ABATUTSI BABA ABAHUTU NIMBA MUDAKOMEYE MWEBWE NTAGIHUGU MUZOPFAMUNTANY MUKAGA NDABARAHIYE IMANA NIYO CABONA RINDIRABURAKEY ARAHIRE NKURUNZIZA MUCEMUKORA IVYO MWIZE NANJE NKORE ICONIZE DUHURIZE HAMWE SAWA IRAMBIRE NTAWUNZ NKANDI ICONZI NDAZI.

  • Yagiz Neza Kuyitumako ,kugira Twironker Indongozi Nsha,ziz Zishira Ineza Yabarundi Imbr

  • GUHAGATIZA vyaraye bitwaye agatwe Dorofo, ubu naho murashaka ko bihitaniza Nkurunziza. Aho kumugira inama ngo arekure arekuye ikiringo kigira 3, ko wumva bavuga ko ari Dorofo yamubuza kuvavanura naco, muriko murenyegeza umucanwa agomba kwota mumushigikira mubiciye ukubiri n’Ibwirizwa shingiro. Abarundi mukunda agapfa kweli!

  • Komera kubkorwa.kimw utwarir bose.kndi wicunge abansi nibenshi ariko iyakurmye irakbona.

  • EWE SHA PETER URI UN HOE SANGUINAIRE BASI RUDOLUÈ URAMUGANDAGUYE JUSTE KUGIRANGO LETA UYIHINDURE ICIBARE CAWE MBE HARYA NGO WAMUHUNGU WAWE NGO WAMURUNGITSE MURI ISCAM NGO NARONKIPETE RYA LIEUTENANT UZOCE UMUHA DOCUMENTATION NGO HAMA ASUBIRIRE RUDOLUFE NGO UZOCE UGUMA KUNGOMA MPAKA JESUS NGWAGARUTSE! SHA NUGERAGEZE MUGA UYO MUHUNGU WAWE WARAMUHENZE KUKO NDAZI YUKO ATA ISCAM AZOGENDA AMAZE ATAHABONEYE AMAKUBA NKAYO WAGIRIYE RUDOLUFE COKIMWE NAWEWE NYENE KUKO IYI 3ÈME MANDAT NI CIRA BIRARURA NTIRWITAHASHA!

  • Abasirikare Bose Ahobari Vyari Bikwiye Kubaha Icigwa Kuko Adorof Yazize Kwivanga Muvyaporitike Nkurunziza Bazomwereka Biramusha.

  • ABO BAGOME BARASA ABANTU BILAMBABAZA CYANE KWICA UMUNTU NDAKUBAZA WOWE UBIKOLA UTANIYEHE NIJYI SIMBA GUSA URUMUGOME MWEBWE TUJYIYE GUHAGURUKA DUSENGE AYO MARASO AZABAKURICYIRANE KANDI MUZABIBONA GUHORAMWICA ABANTU GUSA NGO MURASHAKA UBUTEJYETSI

  • Ewe mwantumva ,igarure mwemere i NKURUNZIZA!

  • Papa Nkurunziza urakoze ndishimye cane jomera. Abahisemwo polike yokwicanabo nibabandanye ariko hasigayegatocane nkintete yururo ivyabo birangire abicizabicuze ababoroga baboroge, abandinabo batangurekuvugango iyonamenya.

  • MBANJE,KUKWIPFURAINSTIZI,NZIZA,BATWARE,BANKA,BEMERA,IMYAKITANU,NIRWAWE,NAHOBORASAMWIJURU,NTIBAKORAK

  • Mbga ayo manama u2mako 8baza k bos aruk bayashyima?rindra gato uzobanz kurahira.ark ww warutomoy,abakozi baw nibo bagukorra nabi.nimb ariw uba2ma k8cya,naw iy mandat 8vye n2zoyimara?w na bado sh nkurumbi.

  • Mbga ayo manama u2mako 8baza k bos aruk bayashyima?rindra gato uzobanz kurahira.ark ww warutomoy,abakozi baw nibo bagukorra nabi.nimb ariw uba2ma k8cya,naw iy mandat 8vye n2zoyimara?w na bado sh nkurumbi.

  • Kanura muve i buzimu muje ibuntu, amaraso yavuye ni menshi abafise inyota yo kuyanywa nibaza ko yaheze! Aho mwakanywereye amaraso ntimurahimba? Yemwe namba bararahimba bazohimba urupfu gusa. Akataretse kaba gasema!

  • yooooo peter umve sha nkugir inama kuko wewe ntaco dupfa ataruko urik uonyanga ibwirizwa nshingiro hamw n, amategeko ya Arusha!! kuri 20/8 nta munsi uzohera udapfuye kandi ivyo nkubwiye nivyo kwizigirwa! vyiz rero rab uko ukora ukiz agatwe kawe ataruko naho ngir ngusezere urandamukiriz adolphe na basogokuru utibagiy abishw naw hamw na adolphe

  • Abatutsi imigambi mibi igayitse mufise yo kwica ama general baba hutu twarayimenye mwa duhekuye mudu twara Ndadaye none murasubiye mudutwaye Nyakwubahwa Adolf wacu ,, ubu mutanguye guhuma abahu tu muvyegeka kuri nyakwubahwa wacu president wa republic , nagira ngabishe abahutu kugeza ubu mutaraca ubwenge mwibagira ningo nga simba bwiye ngo mwihorere oya uwuzaduhorera arahari ahubwo muce ubwenge mubone aho twa vuye naho tuja, mumenyeko abatutsi batifuza narimwe ko umuhutu yagira ijambo mwibaze intwari watwambuye babuyoya nabandi bakoze amabi menshibyubwicanyi ubu ntibidegemvya mukoreshe ubwenge ndemanwa murabe ico gukora jewe ndumurundi navukiye hanze kugez nubu ariko ivyuburundi mbikwirikiRanira hafi narababajwe nurupfu gwa general adolph nubu.

  • ico nohanura abarundi ubwoko bwose cane cane abatutsi n’abahutu ubu mwese murazi kurasa,namba mushaka guhirika ubutegetsi ntibizokworoha kand ntibizokwijana,tekana imyaka itanu sikirenga,nayahandiho muzokwicuza mubwoko bwose

  • ICITONERWA: Mushingantahe président Nkurunziza, vyari bikwiye ko igingo ruhasha zifatirwa abantu nka :1 Nibantunganya ,2.Domitien, hamwe nabo bose bari mu nama yo kwica abarundi irongowe na Nyangoma . Bofatirwa ibihano ,mbere bagakurwa mu nzego zose z’igihugu kuko ni abansi b’abarundi n’Uburundi.

  • ICITONDERWA: Mushingantahe président Nkurunziza, vyari bikwiye ko igingo ruhasha zifatirwa abantu nka :1 Nibantunganya ,2.Domitien, hamwe nabo bose bari mu nama yo kwica abarundi irongowe na Nyangoma . Bofatirwa ibihano ,mbere bagakurwa mu nzego zose z’igihugu kuko ni abansi b’abarundi n’Uburundi.

  • nyakubawa.mukuruwigihugu.nukuri.nukuri.hari.umunyagihugu.agovyekwicwa.none.twebwe.twagumye.mugihugu.mugomba.muduhereze.kumacuniro.nkimpene.nyamuporisi.yitwa.porosuperi.akorera.kumupaka.nimuri.komine.nyanza.lac.zone.kabonga.bidufashemwo.uzoba.ukoze

  • ntasoni bibatera bene burundi bari mumaganya mwateye ivyo mufise sibike muzopfa murya arko mpaka mushigwe bene burundi basheshe maraso iman irabibona kandi izokwishura ibibazo vyabene gihugu

  • nibareke guteranya abaru ndi kuko ingorane dufise sizamoko imiwyimaba yabahitiye baricwa batabwa murusizi mukanyaru no muruvubu barabatutsi je nzi ko barabahutu gaimwo namuwyaranje ataco yazize

  • Nibakomere kwibanga barangure ivyabarundi bakeneye muguhasha atutsinabahutubibareta yacu nokudusubiza inyuma mukwama bahakana ivyabarundi dushima .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.