Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vy’inama nshingamateka nshasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vy’inama nshingamateka nshasha

Umukuru w’igihugu yatumyeko ibikorwa vy’inama nshingamateka nshasha

jeudi 23 Mukakaro 2015, par Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatumyeko ikoraniro rya mbere ry’inama nshingamateka nshasha iheruka gutorwa.

Nkuko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu N°100/210 ryo kuwa 22 Mukakaro 2015,umukuru w’igihugu yatumyeko inama nshingamateka nshasha kugira izokorane kuva kw’igenekerezo rya 27 gushika kurya 31 Mukakaro iminsi yose kuva isaha zitatu z’igitondo,mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe.

Iyo nama ya mbere y’inama nshingamateka izoba ifise igikorwa co gushinga amategeko agenga inama nshingamateka,hamwe no gushiraho ibiro bishasha vy’inama nshingamateka,ni ukuvuga umukuru wayo,icegera ciwe ca mbere n’ica kabiri.

Mwomenya ko inama nshingamateka yatowe kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi,mu matora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka.


IGIHE

Messages

  • abarundi dushaka ibikorwa apana amajambo gusu komera mutama

  • None imbere y’uko amenyeshwa ko yatsinze itora atawe banahiganwe, ivyo aravyemerew?!?

  • Yewe urandyoheye cane,kandi ur intwari pe!komera k umuheto

  • chapakazi mzeenkurunziza abarundi bumutima turinyumayawe

  • umukuriu w inama nsingamateka turamuzi ni muka dorofo.non igihugu kizorokoka?

  • Guma Kwibanga Mutama Urazi Gukenyura Pe!

  • ivyovyose nikinamico rekadusabe Imana yonyene iturungikire impemuyera kuk uburundi nikibuga cidayimon!

  • wew urumugabo kuko abihenze ngo baragiye nibagende...uko bagiye niko bazogaruka mutama yarutsa urahire hanyuma turabe.

    Ngo amatora ntazoba?Yabaye reka burakeye tubirabe.

  • Gwiza Ibikorwa Muama Abishinga Kuvuga Ibihuha Bahungisha Ababo Bazibuka Ingegene Imisure Yagurutse.

  • Mwese,muri crazy nkawe,ntamuntu, numwe, bahiganywe, ku, matora,none, azovuga, koyacinze, amatora? Kandi, ibihugu, nkavyose, vyamutere, ivyatsi., sha, nzaza, mbona, mugabo, akari, nyuma, karahinda.

  • Gumakwivora Urintwari Udatinya Urukanvye Natwe Turinyuma Yawe

  • Komera komera mutama. Guma kwivora abarundi bumutima turi inyuma yawe.

  • Papa wacu Petero Nkurunziza turagukunda cane cane !!! Iyoharenze umusi ntakubonye numvandimwirungu rikomeye , wewe papa wacu ramba.

  • okmutware mwiza gumakwivora jewendinyumayawe mutama oooooke

  • okmutware mwiza gumakwivora jewendinyumayawe mutama oooooke

  • JEWENDABONA RIVYIZA AHUBWO IMAN IMUHEZAGIRE AZOTWARE MUMAHORO MESHI ?

  • ICO NI IGIKORWA CIZA,NAYO ABASHAKA INTWARO MFATAKIBANZA NTITURIKUMW,ICO NI ICAMWA KIMWE MUVYAMWA VY’AMABOKO Y’ABANYAGIHUGU KUGIRA BASHIMIRE INDONGOZI NYAZO.

  • uwomugabo wabagabo nimumwemeze kuko wizewe nabant IMANA irakwemeza

  • Nabe arimaza ubute imisi y’igisuma iraharuye namba atavyo yarazi...

  • komera mutama bandanya ibikorwa vyareta ureke ivyobibwa vyabatutsi birekuza imizuru nkumurundo bimenje tugifis chine na rusie ntaco tuzoba.

  • twebwe nkabarundi ndushaka amahonumutekanomwikigihugucacu cuburundi

  • Igarure mwemere i NKURUNZIZA mwa ntumva mwe !

  • KOMERA MUTAMA WACU ABARUND ISINZ,TUKURINYUMA.TWARAY TUKWEMEJ.

  • none iyo nama barokora nicegera ico cegera yaba ari gwasa nyene?

  • NIVYIZA MUGABO HAZEHABAHOKWIBUKA NABANDI KUKO ATA VYIZA BIHORAHOBIHARI KANDI ABAGIYE HEJURUYAMATEGEKOBATUMYE WANDAVURA CANE

  • NIVYIZA MUGABO HAZEHABAHOKWIBUKA NABANDI KUKO ATA VYIZA BIHORAHOBIHARI KANDI ABAGIYE HEJURUYAMATEGEKOBATUMYE WANDAVURA CANE KANDI MURABOMURIKUMWE NIBO BAZOKWIHAKANA BIKOMEYE

  • Ibikorwa Vyiz Mgb Bazotunganirz Nez Abanyagihugu Kuk Babatoy Babizey Kk Ivyotumenyey Iyumunt Umushze Heza Ntabacibuk Ko Ariw Wahamusize Bakore Badukura Mubibzo Vyamisi Yose Mutama Naw Guma Kwivora Iyindege Uyinyong Nez Ntudute Mukiyaga

  • Komera Kwibanga Mutama Wacu Abakwanka Bakwandureko

  • Korans mukore ibikorinka dusenge Imana idufashe nkuko yadufashije n’ubwambere.Abamajambo nabo Imana izoberekako atakundi kuko ntawuvuma uwimana itavumye kandi naho bavyirengagiza.

  • YEMWE.BIRANTANGAJ.UBUHO.ABATAVUGA.RUMWE. NKURUMBI.AZA.KUBAMARA.PE.GWINAMA?BA.MWICAY.KUMIVO.YAMARASO.MUZOTEBA.MUHINYUKE.

  • Rwasa Ntusamare nawejamwo umugabo agaya arya non i ntebe twaguhaye woziheba niwaziheba igihugu ntigipfakara bazozitwarira
    awe shikurako/

  • Ba urizembagiza,ico tuzi cukuri nuko uburundi atanama nshingamateka dufise ,kuko inamanshingamateka twitoreye ikiringo cayo carangiye,abo wita ngo nabashingamateka nabacangero bawe be nakarwi kawe ,ivyo bazokora rero birakwega be nako karwi kawe twebwe abarundi b’umutima ntibituraba kuko ntaco twabatumye

  • Rwasa Ntusamare nawejamwo umugabo agaya arya non i ntebe twaguhaye woziheba niwaziheba igihugu ntigipfakara bazozitwarira
    awe shikurako/

  • KABISA IYI NKURU NZIZA NIBAKORE KUKO NIVYO TWABATUMYE.

  • Ibise vyumwana bimenywa
    nanyina komera mutama
    turagu shigikiye

  • Ibise vyumwana bimenywa
    nanyina komera mutama
    turagu shigikiye

  • @iribuka,
    ni mwe na nde mutagira inama nshingamateka,ni abatutsi bigize inzu z’amabuye n’ibihumbwa vy’abahutu bimwe bimwe,mwese tuzobagwanya twivuye inyuma,ahubwo banyarutse,pio ahebe kuguma yiyita perezida w’inama nshingamateka,attends uwuzodusotora tuzomumesa nta gutwenga kukirimwo canke kubembereza,kumbura mubandanye muja i rwanda na maggy nibazako aza yaragiye aho abagwanyi bari.
    Mbega hari uwomenyera abitwa ba nkwavu iyo baroye,nkwavu,amavi ubu ntarakoboka n’amasengesho,urabe neza usenga shetani sha,nanje nkaba narababwiye ko na shetani ubu abatutsi muyitatse ica itandura ntiyari bwahure n’abantu bayirusha ububi,rero izo prière heba.
    Abitwa ba Ongeya,na ba okay murihe,akanyaro karaheze,ja mu kibira basha.Arik imana izobahana kubera 15 tutsis par jour que vous avez decider de sacrifier pour crier genocide muzobariha.Abatutsi naho nagendeye ,gushika aho mwituririrako utururi turaho two mu cibitoki ngo ni gaz lacrymogène za polis,mwarahinyutse sha,aho mwashaka kubakirwa amazu mashasha,mama bashahu itonde ntimuzongera kuturya mutwicayeko bandes de porcs .

  • Komera mutama twaraye tukwitoreye abatutsi bimanike be na vya bihutu vy’ibipfamutima.Uzoce uzana Constitution tuyisubiremwo dutore ego uce wimarira imyaka 100 kw’ivolant.

  • Intagondwa zirirwaga zisakuza ngo PETER ntazatwara zirihe?,, Bananiwe amatora, coutp detat nayo iburiramo,none ejo bundi mukibitoke na kayanza bahabonera isomo . imisega yitwa PACIFIQUE,Vital,leonard NGENDAKWASHITANI,... Abarundi barayihinyuye. Naho Kagame washatse kugerageza kwica abarundi nkuko yabikoze muri CONGO ubu yahiye ubwoba kuko intagongwa yagiye yohereza kurwana i BURUNDI zose zashize..

  • uyomuntu fiderite nyombaagwaye mumutwe mbe ahowivangamuvya police uyikoramwo?ibitakuraba urekakuvyivangamwo wanka police uzanayogwanyu ntuzusubire yiveko

  • hhahahha ewe sha fidelite weee!!!numvise wampamagaye ndaje,ico hagati y’amaguru cakuriye ko umpamagara rwose???hahhahaha karakubanye je sinurira umuhutukazi wamacakabiri wangu hahahahah itabaze imbonerakure n’interahamwe nibo badasesemwa,nayo jewe mvako...reka ngucire agace Fidelite,,,unomunsi muriko murigina intsinzi y’inkinamico,,,ubutaha muzokwicwa nakigoyi maze mutangure guhunga igihugu kuko atamuyobozi mwiza mufise mubwoko bwanyu,,,,nubu ndabisubiyemwo ntanwaro y’umuhutu..bizobatitukana tuuu

  • Uyu muntu yitwa Nsavyimana na Tharcisse eka nabandi bose bariko bavuga ibigugu gugu. Mbe ko mushima ko yatowe, igihugu azogitwaza iki ko amakungu yabakuyeko amaboko? Mbe abakozi azobahemba iki? Unio Europeenne na Amerika bikuye amaboko kuburundi naho yasahuye menshi dans 5 ans azohemba abantu? Mwese ndabumvirije nsanga muri inkandagira bitabo gusa. Mubona mwiba gusa ivyo mutazi iyo biba vyavuye. Igihe mutazohembwa bene amazu mupangiy bakabasohora nzoraba uwo Nkurunziza wanyu ko muzomwigura cank ko muzomurya. Nayo abo ba Pacifique nibindi birofa vyabahutu mwadondaguy batemera Nkurunziza muzoshima ko ivyo baharaniye kwarukuri mubanje kwibonerako. Ariko ndibaza ko muzoca murondera isoko yamaraso mumaze iminsi musesa mugihugu hama muhembe abantu. Uyo musoda, uyo mupolis azokora adahembwa ninde? Iyo reta azoyishinga gut? Mbega azogena aba ambassadeur baj gukorera muburayi na Amerika batemera ko ari president? Gerageza murondere ba Nyamitwe benshi bakwire isi yose baje guhenda abantu. Nayo Nyamitwe wenyene ntavyo azoshobora. Hama namwe nobipfuriza kuraba imbere iyo muriko muganisha igihugu . Nayo ubwicanyi namazuru ntaho bizobageza. Ariko mwese ndabona muvugishwa n’ inzara ariko sonza mwigumye kandi tsinda ubwoba. Uwo Nkurunziza si Imana yaremye ijuru nisi. Ico nomwipfuriza nuko yotereza amaso imbere mubigiz ibihangange imbere ya Amerika amaherezo yabo be nimiryango yabo. Ababizi bazomucire agac abatabizi nabo sikosa ryabo ukutabimenya kuko nubujuju bwabo ntibobizira. Murakoz.

  • mbega hari abantu willy nyamitwe yaronse boza baragira ama comentaire kugihe ni Wacu nokuma sitebabarundi benshi basoms bakabihemberwa. nimwe muguma mwihindura amazina mukerekana ko mukunda nkurunziza NAyo abanyagihugu bamuvuyeko kera, amatora yitabwe ibice 33% hama piter murabo ntana 50% bamutoy, bivuga mubiyandikishijwe ntiyashikanye ama 10% kandi mubarundi bose nta 1% bashikana abamutoye vyerekana atari mwebwe bahemba ngo mumushigikire nama cakubiri menshi atagikundwa nabarundi bikigihe piter amez nkagati kidegemvya muruzi. ikibabaje nuko leta yiwe itazorenza aout, izoca ihava. mbamaraso yabarundi yanigaguye ngwariko ahiga gutorwa yibwira ngo arikurugezo gwa ndadaye azoyakwigwa h?

  • ace nimungu ayitwe mungu nimureke ayomagambo imana irihejuru izoturinda

  • @Ongeya
    waje,làje te retrouve,reka kwirarira ico mu maguru nturi capable kugira ico ugikoza,abatutsi ni ibishesheti gusa,nosigara ndiyaga,noba naheneye ubusa,singeza kukwakura pour ça.interahamwe n’imbonerakure ,sindinda kuzitabaza turabana,uraja ngaho witerura wirattira ubututsi ,buriko buratituka,uburundi ni igihugu cacu ,nitwe tugikorera ndakubwije ukuri naho wokwigereka bangahe ntushobora kuzogitwara,intsinzi turayigina kandi nta kigoyi yigeze yica umuhutu,kuva 65 mutwica mutwiba,mukiba impfuvyi n’abapfakazi ntitwapfuye bande de couillons,mu minsi iheze wirata ngo nta matora azoba,yarabaye mon cher kandi ntaco uhindura,raba ingene uvuga urabomoka nk’igitamutwe,vyerekana ko uri umushonji idiot,haheze imyaka icumi atwara uringaho,nubu agiye kwongeza iyindi ,muvuza amaruru,musongora iminengo,natwe dukora dusenga,dusenga dukora,sha ubu ni votre tour guhunga,warabonye ko mwahereye inyuma yaco na bado,
    Akabanga,ntuzongere kuvuga ivy’ibitsina,abatutsi muba muriko mwitwenga,urabeko umugore ataguca inyuma akaja mu mbonerakure no munterahamwe ngo barabe ico bamushikirako,azivamwo azanye vya bikakwe vyazo urumva ntusesemwa.Ntushobora kwibaza ingene naguhize.

  • Baca umugani ngo ingwe ntiyarizi gufatira kwizosi yarigishijwe reka umuhutu akanure umututsi yari yarigize umunyabwenge sagakwavu reka rero abone ko aho babukaranga twari musi yurujo natekereze ntazosubira guhunahuna kiretse yesu agarutse kwisi

  • Abahejeje Ecofo Bazokora Akazigaki?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.