IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Hand Ball > Umurwi « Intwari » waserukiye Uburundi muri Hand Ball

Umurwi « Intwari » waserukiye Uburundi muri Hand Ball

jeudi 18 Ndamukiza 2013

Umurwi w’urukino rwa Hand ball « Intwari » ukorera muri komine Ngagara mu gisagara ca Bujumbura niwo waserukiye Uburundi mw’ihiganwa ry’Afrika ku ncuro ya mirongo ibiri n’icenda.

Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo, rikaba ririko ribera mu gihugu ca Tuniziya.

Abakinyi bo mu murwi intwari bitavye iryo higanwa rizomara imisi cumi n’umwe ni : Habiyambere Donat David, Sokoroza David, Ntirampeba Elic Manchester, Nininahazwe Parfait, Nkurunziza Desire, Nkunzimana Fablice, Bikorimana Thierry, Nkurunziza Jean Bosco, Nahinkuye Ken Pierrot, Uhoze Pacis Paulin, Nduwarugira Thierry, Kadede Dynamique, Nsengimana Felix hamwe na Arakaza.

Abagiye baherekeje uwo murwi bamenyesheje ko bizeye ko bazotahukana intsinzi n’imidari myinshi.

JPEG - 41.9 ko
Umurwi Intwari

Joel Sengurebe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.