Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yahuye n’abanyamigambwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yahuye n’abanyamigambwe

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yahuye n’abanyamigambwe

mercredi 6 Ruhuhuma 2013

Abarongoye imigambwe yemewe n’amategeko, bakoranijwe n’umushikiranganji abajejwe muri Reta Edouard Nduwimana kuri uyu wa 6 Ruhuhuma.

Hari mu ntumbero y’uko iyo migambwe ihanahana ivyiyumviro,ku kuntu amatora yo mu 2015 yoba ayo ku mugaragaro. Kabaye kandi akaryo ko kurabira hamwe ishirwa mu ngiro ry’itegeko rishasha rigenga abatavuga rumwe n’ubutegetsi.

Kuri iryo tegeko, umushikiranganji Edouard Nduwimana yashikirije aho Reta ihagaze. Ngo yishimikije ico amategeko avuga, ngo muri Reta bemera ko kuva kuri uyu wa 6 Ruhuhuma Emmanuel Miburo ari we avugira imigambwe itavuga rumwe n’ ubutegetsi.


Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.