Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
UPRONA : Bernard Busokoza n’abandi bashingamateka bashobora gutabwa mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > UPRONA : Bernard Busokoza n’abandi bashingamateka bashobora gutabwa mu (...)

UPRONA : Bernard Busokoza n’abandi bashingamateka bashobora gutabwa mu mvuto

lundi 31 Ntwarante 2014

Hoba hari bamwe mu bashingamateka b’umugambwe UPRONA bashobora guhagarikwa bagapfungwa, bagirizwa igitero cabaye ku rugo rwa Gaston Sindimwo nk’uko bimenyeshwa na Karori Nditije, umukuru w’uyo mugambwe utemewe n’ubutegetsi.

Umushingamateka Bernard Busokoza yahoze ari icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu

Nditije avuga ko hari umugambi wo guhagarika bamwe mu ba JRR bahurikiye muri uwo mugambwe bashika kuri 24, harimwo na Jean Baptiste Manwangari asanzwe ari umuvugizi w’uyo mugambwe, ndetse hahagarikwe n’abashingamateka bagera kuri bane, muri abo haravugwa umushingamateka Bernard Busokoza yahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu, na Karori Nditije avuga ko ariwe arongoye UPRONA.

Ivyo gupfunga abo bashingamateka co kimwe na bamwe mu ba JRR, uwo arongoye iryo shami rya UPRONA ritemewe n’ubutegetsi, amenyesha ko ari irementanya ririko ritegurwa na Gaston Sindimwo, kugira baremekwe inteba ishushe. Uwo mushingamateka akamenyesha ko, umwe mu bakuru b’umuhari wa JRR, umushingwamanza Patrick Nitegeka, yahagaritswe, arapfungirwa muri komine ya Rohero, aho yabajijwe ku bijanye n’integuro yo kwica Gaston Sindimwo, imbere y’uko na nyagitero kiba ku rugo rw’uwo mudasigana ashigikiye Konsiriya Nibigira, umukuru wa UPRONA isangiye ubutegetsi na CNDD FDD.

Mwomenya ko bamwe mu ba JRR b’umugambwe UPRONA, harimwo uwusanzwe arongoye JRR muri komine ya Kanyosha, Lionel Nitegeka apfunzwe yagirizwa kuba ari mu bateye urugo rwa Gaston Sindimwo. Uwo arongoye JRR muri komine Kanyosha, agashobora kuzorengutswa kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Ndamukiza 2014.


Aristide Nizigire

Messages

  • ABA DD BASHAKA GUKURA AMATEGEKO MU GIHUGU !!!EREGA UBURUNDI SI IZINGA MWA BATEGETSI MWE ....

  • busokoza ntiyofatwa n’abadd, n’umusazi aratinya nyina. uwo bomukurahe, ko yobasiga bamuraba kumwe kwasinduhije, yabasiga barorera uku. nayo gasto, bayi muri politique. mwe na consilie taha vyabananiye vraiment. jamuri dd

  • Fata muhane izo ntunva za ba porona.abo bamenyereye intwaro zivuye muma coup d,Etat,mugabo ubuho ntimuzokweregwa mwantunvamwe zabatutsi Bi bururi!.mwihende musubire mwice umu president wacu tubereke,ndabona kwarivyo musotera gukora,marana mwebwenyene hagati yanyu,twebwe Abahutu mutureke.mwari mwaragerageje kuduhonya ariko birabananira.gezaho.nimugezaho!!!.

  • Huuuuuuh, ariko muravye Busokoza ingene ahagaze mukaraba ka Gaston Sindimwo ingene kameze , mubona Umushingantahe Busokoza yorara adasinziriye ngo arondera ingene yohonyora ako KAYABU ! Erega harya hariho ibintu bitaba bikwiye gufatanywa , mugabo ubu birashoboka kuko ata mategeko igihugu gifise.
    Murakwiye kumenya neza aho Busokoza ageze naho yokwiyicarira akararya ivyo yarondeye ako KAYABU imyaka gashigaje kazorinda gahonyoka kadashikiriye uyo MUSHINGANTAHE nndabarahiye ! Ubu ako KAYABU gafise imyaka 50 naho ko kwongerako nkiyo basha kazorinda gashika yo ! Nibareke guhora abantu ubusa babegekako amaraso y’AKAYABU ataco kari kamariye Abarundi !

  • Namwe murahengama mukarenza!! Ngo UPROna ya Concilia isangiye ubutegetsi na CNDD-FDD? Canke mwari kuvuga muti: " YEMEWE N’AMATEGEKO Y’IGIHUGU?’

  • Kubera referendum idashoboka, aba DDs bakeneye gukura 4 deputés Uprona muri parlement kugira en mars 2015 la revision constitutionnelle ishoboke; a 2mois des elections. Uwo niwo mugambi bafise kugira bashobore guhindura l,article 302.
    Simulation ya attaque de ce petit Gaston biraboneka neza ku mafoto ko ari un montage. Ico aba DDs bakwiye kumenya: mugapfunga Busokoza, nous financerons la guerre jusqu,a vous chasser du pouvoir. Et on ne retournera pas a Arusha. Muribuka ko armée ikiri 50-50 (kandi harimwo abahutu batari aba anciens DDs).
    En 1972 mwaturusha ubwinshi mu gisoda, ariko twarabomoye. Fata ama strategies mushaka, mais nubu tuzobomora. En 1994, interahamwe zaruta imbonerakure, ariko zomokanye n,igisoda ca Havyarimana.
    Kumbura rero mutekereze. Abatutsi ntiduterwa ubwoba kandi ntiduhunga. Kirazira mu mico yacu.
    Mperaheje mbwira abahutu benewacu batari muri abo bicanyi b,aba DDs ko tutanka ubwoko bw’abahutu kuko turi bamwe twese, twanka iyo mihimbiri bigira amagufa. Ndabibutse ica nyuma. Mwaratwiciye abanyamulenge benewacu. Ntibizosubira ndabarahiye. Iryo tera bwoba murigeze aho, sinon Peter ntaze asubire gufata indege kuko tuzoyikorora. Mubimenye kuva ubu.

  • uburundi burakwiye amasengesho. Hama urwaruka rumenyeko arirwo burundi bw’ ejo. Bareke guhendwa n’ abanyepolike. Kuko ikiba cose ingaruka zitugarukako. Ubu si igihe co gterana amajambo kubera imigambwe turimwo cnk ubwoko tuvamwo kuko uretse ivyo bidutandakanya dukwiye kumenya ko turi abarundi. Kd igihugu nitwagisambura kizosambuka arko kd nitwacubaka kizokwubakika gise neza. Ubu wank mwene wanyu umuhora umugambwe!! Rwaruka twikebuke naw utari urwaruka birakuraba

  • BUSOKOZA baramutebeje na kare ari mu bishe NDADAYE Melchior . Sinumva igituma bamutinya. Nico kimwe na Manwangari.

  • Nta busokoza yishe ndadaye ba ukurikirana amakuru neza we pole pole....
    hama uwo muhutu nawe ngo mwaradukenyereye abatutsi...natwe turabakenyereye mwe ntimunagoye ntamaraso turinda turasesa muribijuju....
    IMANA yabimye ubwenge ibaha inguvu z’umubiri
    Les nobles tutsi ont été dotés d une intelligence sans egale....
    Ntimugoye ico ndabakundira
    Kangaza mutubise dusubize igihugu kumurongo diiii.....

  • Uyu wiyise Josephine ko mbona yanga abahutu!!! Abahutu b’i Burundi na bagira inama yo kumushakira umurongora
    Bya hatari akamenya isano iri hagati y’impfizi y’umuhutu n’umututsi ukareba ko ubututsi atabwihakana. Nimumushake mumucumite maze murebe ko adahinduka mubyiyumviro

  • Twibukeko iyi si tuyifiseko umwanya muto wokuyibako,esperance de vie ntirenga 39ans .Uwushira imbere inabi yitwaje ubwoko uwo igicumuro birumanye kuko yigira uwubona kure.Haragezeko twikangura tukagendera munzira Imana idusaba kuko yoyo irazi ububegito bwacu.Ubu burundi umwe wese abona ko ariwe ahambaye si igihugu twatoranijwe na Rugira.
    umututsi canke umuhutu abonako ariciwe uwo yamaze kuzimira ahamagariwe kwegera uwamubambiwe we karorero kabakora ivyiza.RONDERA UMUKAMA BIGISHOBOKA MWAMBAZE AKIRI HAFI.

  • Twibukeko iyi si tuyifiseko umwanya muto wokuyibako,esperance de vie ntirenga 39ans .Uwushira imbere inabi yitwaje ubwoko uwo igicumuro birumanye kuko yigira uwubona kure.Haragezeko twikangura tukagendera munzira Imana idusaba kuko yoyo irazi ububegito bwacu.Ubu burundi umwe wese abona ko ariwe ahambaye si igihugu twatoranijwe na Rugira.
    umututsi canke umuhutu abonako ariciwe uwo yamaze kuzimira ahamagariwe kwegera uwamubambiwe we karorero kabakora ivyiza.RONDERA UMUKAMA BIGISHOBOKA MWAMBAZE AKIRI HAFI.

  • Twibukeko iyi si tuyifiseko umwanya muto wokuyibako,esperance de vie ntirenga 39ans .Uwushira imbere inabi yitwaje ubwoko uwo igicumuro birumanye kuko yigira uwubona kure.Haragezeko twikangura tukagendera munzira Imana idusaba kuko yoyo irazi ububegito bwacu.Ubu burundi umwe wese abona ko ariwe ahambaye si igihugu twatoranijwe na Rugira.
    umututsi canke umuhutu abonako ariciwe uwo yamaze kuzimira ahamagariwe kwegera uwamubambiwe we karorero kabakora ivyiza.RONDERA UMUKAMA BIGISHOBOKA MWAMBAZE AKIRI HAFI.

  • BUSOKOZA baramuja niranije bakwiye kumubaza ico yari gufasha uburuni mu vya plitique no mwiterembere.abanye gute n’abahutu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.