Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
UPRONA yoba igiye gusubira kwiyunga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > UPRONA yoba igiye gusubira kwiyunga

UPRONA yoba igiye gusubira kwiyunga

lundi 18 Ruhuhuma 2013

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2013, abarongoye UPRONA ku rwego rw’igihugu bari mu Rugazi mu ntara ya Bubanza aho bari bahuriye hamwe n’abarongoye uwo mugambwe ku rwego rw’ama komine mu ntara yose.

Kwari kugira bavugane aho ihuriro rigeze no guhuza abanywanyi bawo.

Ryari ihuriro ryo gusubira gukomeza JRR hamwe n’urunani rw’abakenyezi UFB, imihari ihurikiye mu mugambwe UPRONA.

Kubwa Karori Nditije, umukuru w’umugambwe UPRONA, uburyo bwiza bwo kwigisha abadasigana n’ukubasanga ku mitumba yabo no kwumviriza ivyubuzima bwabo bwa misi yose.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.