Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urukundo hagati ya P.Diddy na Kate Upton - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Urukundo hagati ya P.Diddy na Kate Upton

Urukundo hagati ya P.Diddy na Kate Upton

jeudi 11 Ndamukiza 2013

Kate Upton ntakiri uworeshwa n’uwariwe wese. Uwo mwigeme yoba asigaye akunda cane umuririmvyi w’umudiho wa Rap w’umunyamerika P.Diddy.

P.Diddy niwe yamutsindiye. Abaheruka kubabona igihe bari kumwe mu bunywero bw’i Miami, aho hari kw’igenekerezo rya 24 Ntwarante, ntibasa n’abacinyegeza abababona.

JPEG - 21.7 ko

Ikinyamakuru New York Daily News kimenyesha ko P.Diddy na Kate Upton bakundana kuko bitakiri agaseseshwa rumuri. Haheze imisi mike gusa basubiye kubabona bariko barasangira, ataco binona.

Rwoba ari urukundo ruzorama canke n’ivy’akanya gato ? Nta na kimwe barashira ahabona ubwabo, ikiboneka gusa n’uko Kate Upton w’imyaka 20 na P.Diddy w’imyaka 43 bariko babana ibihe vyiza cane mbere twokwita « ibihe vy’umunezero n’urukundo »


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.