Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urunani ADC IKIBIRI rwikuye mu mirwi yose itegura amatora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Urunani ADC IKIBIRI rwikuye mu mirwi yose itegura amatora

Urunani ADC IKIBIRI rwikuye mu mirwi yose itegura amatora

lundi 1er Kigarama 2014

Urunani ADC Ikibiri rwamenyesheje kuri uwu wa mbere ko ruvuye mu mirwi CEPI na CECI itegura amatora, muri urwo runani bakaba kandi bagiye n’ugukura abarorerezi babo mu bibanza abazotora biyandikishirizamwo. Imvo n’uko umurwi CENI utegura amatora ku rwego rw’igihugu ubandanya kwica amatwi ku tunenge muri urwo runani bagumye bashikiriza kuva igikorwa c’ukwandika abazotora gitanguye.

Mu mihingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi, urunani ADC IKIBIRi rubandanya kumenyesha ko haguma hibonekeza utunenge mw’iyandikwa ry’abazokwitaba amatora ategekanijwe mu mwaka w’2015, aho bakavuga nk’ukwandika abatarakwiza imyaka, amakarata karangamuntu atangirwa mu kinyegero, hamwe n’abanyagihugu bafatwa bafise ikarata karangamuntu irenga imwe. Mu runani ADC IKIBIRI bagatanga akarorero k’umukenyezi yafashwe mu ntara ya Ngozi yiyandikishije mu bibanza bitatu bitandukanyehatatu, hamwe n’amakarata karangamuntu yuzuzwa beneyo badahari. Baratanga n’akarorero k’ibitabu vyandikwamwo abazotora bitahanwa mu mihana bugorovye, hakaja kwongerwamwo amazina y’abataba biyandikishije, hamwe n’ibindi bitabu bibitswe mu ngoro z’umugambwe CNDD FDD, bagatanga akarorero b’ivyafatiwe mu Kinama.

Léonce Ngendakumana, umukuru w’urunani ADC IKIBIRI, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere, yamenyesheje ko muri urwo runani badasiba gushikiriza CENI utwo tunenge, ariko bagatangazwa n’ukubona uwo murwi utegura amatora ku rwego rw’igihugu ataco uhindura. Muri ADC IKIBIRI bavuga ko badashobora kwemera kuguma muri CEPI na CECI, kandi amatora ariko ategurwa kwibwa ukuri kwamye. Léonce Ngendakumana amenyesha ko urunani arongoye rwafashe ingingo y’ugukura abaruserukira mu mirwi CEPI na CECI itegura amatora ku rwego rw’intara na komine. N’abarorerezi b’urwo runani bakaba bagiye gukurwa mu bibanza vyandikirwamwo abazotora mu 2015, kugira ibizokurikira "ubwo busuma bw’amatora" bizobazwe umurwi CENI. N’aho bavuye muri iyo mirwi, Léonce Ngendakumana, umukuru wa ADC IKIBIRI avuga batarota bikura mu matora, ko bazoguma biyamiriza ibitagenda neza. Mu runani ADC IKIBIRI bagasaba bashimitse ko igikorwa c’ukwandika abazotora cohagarara, umurwi CENI ukabanza gukosora utwo tunenge twose.

Mu gihe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere hari hategekanijwe inama ihuza abegwa n’ikibazo c’amatora, kugira barabire hamwe aho imyiteguri igeze, n’ingene iyandikwa ry’abazotora ririko riragenda, mu runani ADC IKIBIRI bamenyesha ko batitaba iyo nama.


Egide Nduwimana

Messages

  • Emwe Dd Yabonye Ko Habavy Niyo Mpamvu Iriko Irashaka Kwiba.Adc Komera Can Gos .Hamwe n"Uhoraho muzotsinda kuko abo bakora ibizira ."mwibaza ngo idaca urwankunzi irabemerera gutsinda kandi"eeh mwe genda bukebuke,

  • Reka kuba witoza utunyoni Léonce kuko turazi ko ivyo ari inama yabereye i kampala muherukamwo yabigize kandi mbere mukaba mushaka ko mukura ubutegetsi ku nguvu vuba. Mbe uyobewe ko tuzi neza ko alliance mwagize n’abirukanwe mu mugambwe CNDD-FDD hatowe Manasé Nzobonimpa comme Président, son Vice Radjabu et le Secrétaire Covino Mugwengezo? Muriko mugirisha amanama mu kinyegero hagati mu gihugu mumenyesha ko 3 jours mushobora kuba mwakuye ubutegetsi mufatiye ku nguvu mufise. Murabigire mwibuka ko intambara ziduhonya twebwe aba nyagihugu

  • ariko DD igomba kwiba vraiment jewe sindi muri ADC muga ivyo bavuga nivyo.....nibabanze bicare hamwe babivugane !!!!!

    NKASABA ABARI MURI opposition bose ko bokwiyandikisha .hama tugatora.oya DD

  • Isengesho ry’abatutsi b’amayeri nka Léonce Ngendakumana na covino mugwengezo kuva 2005

    ‘’Mukama’’, turagusavye uduhe guhuza umutima na bene wacu bo mu karere kugirango tubandanye gushira mu buja abahutu. Udufashe kugirango abahutu bagume bacanamwo bisunze intara bamukamwo n’imigambwe barimwo. Kubera dushobora gutakaza ubuzi, uduharire kubera gutanga amahera n’igitsina no gukoresha amayeri n’akenge tutsi kugira tuburonke. Wibagize abahuhu amabi twabakoreye maze twinjire mu migambwe yabo kubasambura kuko dufise uburambe mu gutwara. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose.
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe ‘’mukama’’ twumvire
    Turagushima ko empire Hima iriko yerekeza gukura aba CNDD-FDD n’abahutu bafatanije ku butegetsi, tutibagiwe na presida kikwete wa Tanzaniya kuko atwanka. Waduhaye inzira yo kwinjira mu migambwe yabo kubabura mu gukora ibibaryohera tutibagiye gukingira inyungu z’imigambwe n’amashirahamwe vy’abatutsi benewacu, tugira tombora uganda n’urwanda bitwemerera kuzosubira ku butegetsi ku nguvu canke kuzokwifatira umugambwe CNDD-FDD bitarenze mu 2025 dukoresheje amahera, igitsina, uruyeri, bibiliya kuko bigize abemera Imana kandi ari indyarya. Hamwe Kagame na Museveni bokwica Nkurunziza turazi ko abahutu bazoca bicana kuko kuva kera bamye banyarana, turazi kandi ko bazoca biroha mu batutsi . Kuva bashika ku butegetsi waradufashije batugira abagenzi twari twiteze ko batwica, tubaha abakobwa barwaye imigera twateguye bataragera mu gihugu, tubaha amahera n’intwengo, baraduha ubuzi baranabwima benewabo, twebwe twatsinze kabiri kuko inyuma y’amatora 2005 abahutu bicanye nk’abasaze, ‘’intambara y’ibihori iryohera ibisiga’’. Ikidutera ubwoba mukama ni uko bahejeje kwicana ubwabo bazohava batujamwo tugize umunoho twamanye w’ubutegetsi tukagifata. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Uradufasha mu matora yimirije imbonerakure zize zigenze nabi, maze ibihutu birwanemwo igihugu tugitore kitatugoye. Uradufasha habe akaduruvayo mu matora ya 2015 kuko tutazopfa twarayatsinze. Uduhe aba généraux ba CNDD-FDD kwemera icipfuzo cacu co gukurakuranwa imyaka 5, umuhutu n’umututsi bo muri CNDD-FDD mu kibanza c’umukuru w’igihugu kugira tugishikiye tubanyare kanatsinda ushima ari ibigugu baduhamagaye gushira mu ngiro ivyo barwaniye kandi twarabirwanya ; Ubona bibagira ko tugifise umujinya w’amavyi baturishije n’abacu barasiwe ku rugamba. Ewe Kagame dutabare utwicire Nkurunziza Petero wongere udufashe kugifata.
    Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Uradufasha ‘’mukama’’ ntibigere bamenya ko twinjiye mu mugambwe wabo tutawukunda, kandi ko dukurayo amabanga tuyaha bene wacu barwanya intwaro, ubibagize ko société civile n’amaradiyo yacu tuvugiramwo twayirungitsemwo abakiri bato kugira ntibiboneke ko ababamaze aribo babaha amafaranga. Abahutu bayakoramwo n’abayavugirako uduhe baze baratwemerera kuvuga n’ibibaca agatwe nka ba Ernest Manirumva twasutse tukaba turiko turabarirako, hamwe na Pierre Claver Mbonimpa ari mu mpimba twipfuza ko yovayo kugira abandanye kuvuga ivyari kuvurwa na twebwe. Uduhe ibibanza ca kijuju Rwasa Agathon tumusutse yatakaza kugira ngo twironkere umwanya wo guteranya abahutu n’amakungu hamwe n’akarere. Uragumiza abatutsi ku kirimba bakire uwo bashatse, na Dénise Nkurunziza ubashe kumwibagiza amagorwa twateye umugabo wiwe n’ayo yasigayemwo abandanye kutwizera twame tumugendanira bishobotse n’idini arimwo tuzoryigarurire . Uraduha kandi kwigarurira Eglise du Rocher, yongere kandi aze araduserukira ku mugabo twironkere ibiti twitwaje bibiliya mu gikiriza. Albert umugendanyi wiwe umuhe kumuhenda ko akijijwe ntamenye abahutu yirutseko nubu bakiciruka, Cokoroko umuhe kuza arafyondera abatutsi no kubuza abahutu kwinjira kwa Président. Sévérin umuhe kwama ari mu ma Commissions atandukanye kugira ntabone amanyanga ya cokoroko na albert. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Amadini yacu ugume uyakingira, dufashe abanyamulenge gushinga ayabo no kwegeranya amahera y’intambara muri kongo, kubika aba M23 baje mu buruhuko no kubafatira indya mw’ikambi ya gasorwe I MuYINGA . Abadamu b’aba M23 ubahe guhangama muri Guérison des âmes ahakinirwa politike ikaze cane ya Kagame, abarwanyi bacu baruhukirayo uduhe reta ntize ibimenye. Abatutsikazi(maneko) n’abatutsi kagame yarungitse mu burundi kwabura CNDD-FDD no guhenda abahutu bo mu kibiri ngo badufashe gukura intwaro ubahe guheza igikorwa cabo neza mu gihugu cose aho bari mu mahoteri, ububare, amaduka adandaza ibintu bitandukanye muri ville n’ahandi. Ingabo warungitse ziteguye kwica Nkurunziza uze uzihe kumumena umutwe bidatinze imbere y’amatora, bitagenze uko apfume acanamwo n’aba Généraux bace bamunyara. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Vyanse uze uduhe mu 2015 batsinze amatora baze baduhe 40% gutyo twigarurire umugambwe buhoro buhoro. Ugumize umutima w’abahutu bari ku butegetsi ku gukunda inzoga, imaraya twateguye zanduye Sida, bashire umutima kugukunda kandi amahera, kwubaka amazu meza meza gutyo bibahe kwibagira bene wabo batanze amaraso n’abo twishe ata kinya. Igiturire, ukwicana hagati yabo, kwibagira icatumye baturasa, ubusuma, kujuragirika mu ngingo bafata, kurwanya incabwenge z’abahutu bize canke biga za kaminuza, ubahe kugira intonde z’ibigugu mu bashingamateka no mu bahanuzi b ‘amakomine natwe dushiremwo incabwenge zibabangamire, ubahe guteza imbere Nord bibagire abahutu bo muri sud babandanya bazira ivyo nyangoma yakoze benshi batanabizi maze bamere nk’abatutsi b’i Bururi mu ntwaro zaheze. Bahe gukora amakosa menshi kugirango ayo twakoze muri Kahise yibagirwe abanyagihugu bagume bibuka aya CDD-FDD ejo turonke insiguro zo kubakura. Turakuzamvye mukama bame mu ndyane za misi yose.
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    ‘’Bikira mariya’’ mawe, turagusavye igipolisi tuzokirwishe mu makosa cice abari mu myiyerekano maze amakungu atume igisirikare turwiriyemwo kubarasa.
    Uraduha abahutu bari mu kibiri n’abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya politike yacu tubogeko nk’uko vyagenze mu Rwanda mu gushikira ubutegetsi. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Urabona ko abenshi muri twebwe bahisemwo kuvuga ko ataho begamiye mu vya politike, abandi twihutira kuza dushinga amadini babone ko twihanye ivyaha twabakoreye, ni iki tutomenya kibera ibwami twikinze inyuma ya bibiliya?
    Duhe kubandanya batwizigira mu kubabera abahanuzi, tubaganishe kugutakaza ubutegetsi batabizi. Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire
    Ibagiza CNDD-FDD n’abayishigikiye kuguma bitwararitse amatora bibagire ko dufashanije na Kagame turiko dutegura intambara sindamusiga.
    Mukama, duhe busokoza agire amahirwe yo kuronka amahirwe yo kwumvisha Rwasa canke Nyangoma umwe muri bo yemere kugitwara tuzoce tumwica Buyoya ace akinyiganza nkuko ariko arabitegura biciye ku bacancuro b’Urwanda. Ariko turavye nabi abatutsi b’Urwanda batarekera bazohava banatanga abahutu kutwica bace bacifatira kuko kagame asigaye araba inyungu ziwe gusa yoca araba Nickel musongati.
    Duhe kubandanya batwizigira mu kubabera abahanuzi, tubaganishe kugutakaza ubutegetsi batabizi.
    Turakuzamvye ‘’mukama’’ bame mu ndyane za misi yose,
    Umusi borengera ingorane ziri hagati yabo twoba tugowe mukama twumvire

  • Nimba abarimwico bikorwa baribaborimwo mwizina rya ADC iryoryarikosa rikomeye muriyimyiteguro yamatora yomuri 2015 umva ukwobimeze uwandikishiriza abandi harigihe yobayarakoresheje insiguro zumbikana, ariko uwushaka kwiba amatora akoresheje izina ADC Ikibiri mwumva ataribara gayemwe! Buryatubajije abajejwe amashirahamwe akorerangaho mu Burundi twosangamwo ADC Ikibiri? Niyabarero kitarimwo nikivemwo mwitegurwa ryayomatora canke mukibaze ayomanyangacakoreshenje kugira bacemerere kujamuMurwi CENI. Jewe narimziko umuntu arumwe ashobora kwihorobeza agacamuryahumye abandika abazotora, ariko sinarinziko hashoranokubaca muryahimye ikintu citwa umurwi nkuwo wiyise Ikibiri atanahamwuzwi ugahabwa gukurikirana ivyamatora! Muboguhanarero muhere Kuri ADC Ikibiri.

  • mbe peace ubwo intambara zabaye mu Burundi ntizoba zabaye uri mu burengete wiyagaza aho ugomba? Ikibiri kivuye mu matora ntubona ko ari urusasu gishaka?

    Aba dede bananiye igisoda cari kimaze 42 ikibiri nico kizobashobora. Emwe nta mpeka

  • URIKO URASAMBAGIRIKA LEONCE NUREKE KUDUKWEGERA AGAHITIYE PFA WIPFANE TUZOTORA UWO DUSHATSE.

  • Mbe Leonce ntiwopfa neza kweri?ubonye atabanywanyi ufise none urasokoye?reka DD itware we vyarakuyobeye hama urindireko wereka umukondo ijuru.

  • Mbe Leonce ntiwopfa neza kweri?ubonye atabanywanyi ufise none urasokoye?reka DD itware we vyarakuyobeye hama urindireko wereka umukondo ijuru.

  • Mbega ububusuma buhereye hazi mukwandikaabazota..igihe camatora bizogendagut?!sinzikwivyobagira ko haraho abarundi duciye akenge tutabibona!mbabazwa nurworwaruka barimwo barahenda babakoresha ibidakorwa.ejo buca bamwe bihungira hanze za buraya..none namwe rwaruka rwa dd muzojahe?!kwarukubaza

  • Mbe gikashi uri gikashi nyene urabona ko wwe wohangara umutama nka leonce wwe ahuibwo niwe wofa neza sha woye kuvuga nabi

  • emwe aba dd ahobunwitiye ko imigambwe igiye kwiyunga igatanga umukandida umwe aba dd ubu ubwoba burabarenze .bashaka gukora ibishoboka vyose ngo bazibe amatara .ariko je ndabona bitazobakundira kuko ubu abarundi twaraciye akenge turabona iciza nikibi.

  • Erega muvuyemwo amatora ntahagarara no muri 2010 mwaravuyemwo hama amatora arabandanya n’ubu bavuyemwo nta kibuza ko amatora abandanya!! Na kare mwebwe mwakunda kuvuga gusa nivyo mushoboye amatora ntaco mwokwatsa

  • NUKURI ADC IKIBIRIA TURASAVYE NTIYIKUREMWO MU MATORA KUKO NTIDUKENEYE GUSUBIRA MUNTAMBARA ABARUNDI TUKENEYE AMHORO IVYO TWACIYEMWO NIVYISHI NUKUBAKA IGIHUGU UWIPFUZA INTAMBARA IZE IHERE IWABU

  • Leonce ,nyagoma,siduhije,zeno, etc komera ncane turashimye mwari mwaratevye .kubona musubiye mugahahuriza hamwe ,izobwa za cni zidashaka kutwuviriza????zireke zibadanye amatora naba dd ???nka 2010????tutabe leonce komera turinyuma yawe ntimuzosubire kufata ingigo mutevye ???ahasigaye reka twebwe abarundi tuzobituganya vyanka vyakuda ok hari ibwa yitwa gikashi urasonera umugabo atariso yitwa leonce kuko nawe nyene yoshobora kukukwirikiza

  • Burya amafuti y’umugabo nibwoburyo bwiwe. None mugutora hakoze ikarata imwe ntimwumva ko systeme BACEMWO itaba igishoboka.Habahasigaye gukorera ku makarangamuntu ayo nayo ahabwa abo muri dd gusa. Ark kandi niIMBONERAKURE zirafashakwa jeu mugikorwa c’iterabwoba. None amatora koko azobaho cg? Ibintu bidahindutse ntihagire ico mwizera kuri.CENI kukoiratinya guha remarque ba sebuja .Igitangaje babesha ngo numurwiwigenga hahahahahhhhhhhh

  • Komera ADC turinyuma yanyu kuko turabona ko DD igombe iducemwo kandi kira noneho ubu turaciye ubwenge turiteguriye ikizoba cose!

  • emwe ivyo nivyanyu.ababipfa nababisangiye.jewe ndazi ko hasigaye amasengesho atanu ku musi nibishabisho(dua)hama allah agakora ivyiwe.

  • Abarundi twese turanezerewe.abarundibumutiama abahutu abatwa nabatutsi ko ikibiri kibivuyemwo nakare cakorana numwansiw hakurya ya kanyaru.viva DD

  • ewe LEONCE urakabona muvuyemo kuko kuva nabundi no 2010 ntamigambi ya adc twabonye atarukuzuza inda zanyu gusa nkaba mbeshe umugambi woba warakoze nuwusiguri abanya gihugu

  • Iryo sengesho Kabuga yasubiyemwo rirahambaye,murizirikane,kandi ntakinyoma kirimwo,kimwe gusa nuko, Imana itaraba nk’abantu,nivyagenda uko izoba yabishimye ataraho naho bazomera nka Hamani yashinze igiti co kumanikako Moridekayi,umuyuda asanga niwe akimanitsweko!

  • ewe leonse reka kubesha,abantu vyose biri,mumugambi wugutoba amatora kuko mwaze kubona ko mutazoyatsinda nimuza murikura mubintu ngonuko aba cndd FDD bagiyemwo muzosanga mutakija mumasoko mumasengero mumisigti nahandi kuko nomuri bibiruya biranditse nguwabikiya azokwakwa nadukeya yibwira ko yarafise duhabwe uwavyishi

  • Léo nce ntamugambiufitiyuburundi.waramazekwandura nurukwishe ruramaze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.