Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana (...)

Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana ibibanza

mardi 22 Nyakanga 2015

Urunani rw’imigambwe COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro,ariko atari ivyo kugabura ibibanza.

Umukuru w’urunanai COPA Jean de Dieu Mutabazi avuga ko inyuma yaho hari abahuza batandukanye baje guhuza abarundi,habaye ibiganiro bihuza umugambwe CNDD-FDD hamwe n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi.

Kubwa Jean de Dieu Mutabazi,ibiganiro vyahuje izo mpande zibiri vyerekana ko ibiganiro bishoboka ata muhuza w’umunyamahanga,kandi kubwiwe muri COPA ivyo barabishigikiye.

Jean de Dieu Mutabazi avuga ko ibiganiro vyohuza imirwi yose havuyemwo abashatse gutembagaza ubutegetsi n’abagiye mu myiyerekano,kandi ko ivyo biganiro bitoba ivyo kugabangana ubutegetsi kuko amatora yaheze.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Mugihugu cacu nihakomeza kurwira abantu bafise ivyiyumviro nkivyomurunani COPA ntakizoduhangara bazozabaragerageza bibonerako nkukobimazimisi bibagendera, erega abamazibisi baduhekura nimwenabo bakibazako hagikenewe ibiganiro vyokugabura ibibanza, ivyovyarabaye rimwe mugihetwaritwiteguriye kumvamurdyane zamoko kandivyarakozwe ndibizosubira. Niharambe COPA.

  • komera mutama! ntaciza c abanyamahanga atarugucanishamwo gusa. abarundi baraciyubwenge,bashoboye vyose.

  • Ico gisanza kirimo kivuga ibiki mbega Abarundi bose ntibaziko Rwasa bamuhaye amahera canke ico igisanza mbega amatora yabaye ninde wahiganwe na Peter ico gitama kivuga ngo amatora yarabaye catahukanye amajwi angahe mbega yamisore ntikizi aho gituye ngo bakirabire

  • komeramutama.uvuzukuri.

  • Imana vyose izobihindura ninyuma ya zero irakora!! reka urubanza gwi Mana ruzoteba rushike kuko yoyo nta giturire ihabwa.Kandi niyavuga ntawuzovugiriza. Ubu ahibintu bigeze nta bucamanza bwomu Burundi bukenewe. duhanze amaso Imana yonyene iyo yuguruye ntawugara!! Mbega aho ucira imaza abandi mwebwe aho mwiciye Abantu kugeza ubu ko mutabanje kugwicira? gerageza mutinye ijisho ryi Mana ntanakimwe inyegezwa!!

  • Ndakwemera mutama jeandodie uvuzukuri bwana ubalikiwe sana

  • Unvirizamwabarundimwamamuhendwa ntamuntunumwemuburundi ,azotwarayabanzegukumira abandingobikunde kirazira mwibukebabuyoya mbega ahomupfa ivyomuvuzemwarihomwarabonye ivyabaye bavugangubwoyangobuzobabumezemukiganza nonebwarameze?ww urikurapfivyuvuze ezobundi uzoba urikurirukanintekerakumutwenkabandi abagabonabagiyekare ivyondakubariyebirore bigiyegusikavuba ubuntamugambwenumwetwaridukweyegusigikira twebwabanyagihugunitwebahrako arikubuhoho ivyarimageravyarageruy urugendogwimbwagwiswenukoyagiye irahurahura uwasacekurubanzarunyarakanaw yakubitiyenyinamubantu.

  • Ewe Copie we! MUTABAZI mbe uriko uvuga uko ntabwoba ugira?ntabwenge ukoresheje ukoresha politique de divisio,ahubwo wotangaza ko bokumanyurirako nawe kuko twarabonye ko wabaye imperekeza mu matora,ico dushaka ni dialogue ifise objectifs idukura muraya makuba,abo utemera mbe si abana b,Iguhugu?Ukoresha politique de deshabiller St Paul pr habille St Pierre?Ihanure

  • warihe? wariwarindiriye iki? nyakwubahwa mpaka ukarindira ko batumesura.

  • Mwanyumviyengaha umuntuyanditse avugakeshikeshi ijambongo’ ICOFUSAZA!? haryaharimwo icoyashatseguhisha kuko uyuwa COPA siwemusaza abaye uwambere avuze ngaha kwururukuta, aha iyaba arinkakera ntiyarikumwira IGISAZA yarikumwita Umumenja.

  • Weho rindira nturekuze ubwobusaya,turazi ohuba,wewe ugomba kwigirumumenja nkaba DD?uzozira akarimi kawe!mbe mwivyo bibanza ufisemwo bingahe gawambwawe?

  • Ewe jean de dieu kuko Dieu ntiyoba ari mutabazi! Mbe uza waramaze kwiyobagiza ivyo gukumirana iyo vyashikanye uburundi wa kijujuwe? We harya wakimajije amaguru uva mumigambwe uja muyindi warondera iki? Mbe izo nzeguvuga zari izahe zagomba gutembagazwa? Izo zica Abarundi ushaje nkinawa yumuhimbiri basi zurabumuja wa peter neza muga shaches que avec le temps vs sezez surpris kuko mwiyumvira yuko arimwe mwenyene muzi kurasa murahumba twese dufise inkoho kandi turazi nukuzikoresha mbere nogusumvya ivyo bivagundu vyintumva ngo nimbonerakure!

  • COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,

  • COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,

  • COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,

  • @ Muzehe, kuba uyumukuru wa COPA atakibanza afise muri reta akabayemera kwibiganiro vyiba ariko atarivyokugabangana ibibanza nivyovyerekanako wewe yamaze guterintambwe kuko nkubu atagira ibibanza murireta wewe yarigucagaranirako hobiniganiro vyokugabangana ibibanza kugiranawe abironke mberejewe ukondabibona nuko uwambaye ikirezi atamenyakocera uyumugabo canke urunani COPA rwarukwiye kuba umuhuza murababanye politike.

  • akanwa.kawe.kavuga.ibigoryi.nawe.uri.ikigonyi.pe.

  • Ikirogoryi Mutabazi! Urahindura izina.

  • Abavyeyi bakwise Mutabazi baragahoranan’Imana mubwamibwayo urumurundi nyakuri wifuza kaziza kabwo kigihe kirekira ataribabandi bemera Ko u Burundi buba uburundi ariko bicaye kuntebe zubutegetsi bamarakuzivakongo SCANED irakenewe kugirayice abarundi.

  • ewekopa’eka urimahopa nyene.ntabindi warikudedemba

  • ntagitangaje kumva avuga gutyo!bampema yuzuye,ugira ngukunda igihugu bituma avuga uko?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.