Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwuserukira u Bubirigi yashikirije ijambo abarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Uwuserukira u Bubirigi yashikirije ijambo abarundi

Uwuserukira u Bubirigi yashikirije ijambo abarundi

mercredi 30 Nzero 2013

Umukuru w’inama nkenguzamateka Gabriel Ntisezerana yakiriye mu biro iwe uwugiye guserukira igihugu c’u Bubirigi m’u Burundi Marc Gedopt.

Mw’ijambo ryiwe yashikirije abarundi inyuma y’aho isoko nkuru y’i Bujumbura ihiriye,uwo agiye guserukira igihugu c’u Bubirigi yamenyesheje ko igihugu c’u Bubirigi cifatanije n’abarundi bose kandi ko kitazohengeshanya gushigikira igihugu c’u Burundi.

JPEG - 20 ko

Abo bategetsi babiri kandi baganiriye ku bijanye n’imigenderanira iri hagati y’u Bubirigi n’u Burundi ishingiye kw’iterambere mu vyo ubutunzi bw’igihugu muri kazoza.


Paterne Nsengiyumva

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.