IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Willy Nyamitwe ntakiri icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu

Willy Nyamitwe ntakiri icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu

mercredi 16 Ndamukiza 2014

Willy Nyamitwe yahora ari icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi yahinduriwe amabanga.

Kuva kuri uwu wa gatatu, uwo yahora ari icegera ca Léonidas Hatungimana mu kuvugira umukuru w’igihugu, yagenwe kuba umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu.

Willy Nyamitwe yahora ari icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yahinduriwe amabanga. Willy Nyamitwe yahawe kuba umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe ibibazo vy’ukumenyesha amakuru.

JPEG - 64 ko
Willy Nyamitwe, yahora ari icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu

Egide Nduwimana

Messages

  • Ahubwo NYAMITWE yarakwiye ko bamuhagarika mukazi kuko ibibintu vyose vyakajagari namanyembwa Cndd fdd irimwo abifisemwo uruhara rukomeye be Edouard Nduwimana , kandi mutaravye neza abo bantu barabakwegera akarambaraye kuko bafise intumbero mbi cane yogukora amanyanga na manyembwa ya politique

    - Muba Cndd fdd turazi ko harimwo abagabo bimvuga kuri nka Dr Rufyikiri, Ntavyohanyuma... mukabona abo bantu mubigije inyuma mukaguma mushira imbere abo bamanyanga buzuye inzigo yamacakubiri , y’intara nimigambwe ndabarahiye Cndd fdd ntibagenda batayitaye mu rudubi avant 2015

    - Ikindi gihambaye cane gose abo basirikare naba police mwaretse bakinjira muri politique aha mvuze nka BUNYONI? NSHIMIRIMANA ADOLPHE, EVARISTE NDAYISHIMIYE..., nabo bafise amapete ya Géneral ndakurahiye bakagenda batabataye murudubi , kuko ntivyumvikana ingene umuntu ashobora kuba umusirikare wigihugu , canke umu police agaheza akaja muvya politique izuba ryaka , ntibijana nagato mu ntwaro ya democratie akora kimwe ikindi akakireka , aha impanuro ihawe Nkurunziza.!!!

  • Congras Willy Nyamitwe Imana ikomeze kuguhezagira nkuko yaguhezagiriye muvyowarusanzwe ukoramwo turagushigikiye.

  • izina niryo muntu na nkurunziza arabizi nico gituma amwizera mu bibi

  • ivyonivyizacane ariko umukurwigihugucurwanda yumvenezakoabarundidushaka amahorotudashakabagateranya amenyeko abarunditurimaso umukuruwigihugucacuturamukunda kagame ivyakorabizomugarukakandi azobibona

  • nukuri nyamitwenumugabo akomeecane sinkabivangamuvyabandi habaye umugaboyafashe inkazidasangiye ubwoko ziwiwe araziteranyazirabana urunuka abonye asanga izamugenziweziratekereje aca ashakakuzitetanya abesherashobujango azifatanabi aca asanga izonkazaramuhinyuyezizi ubwengekumusuvya barundi mwirindebagateranyanibatutemumutego turamuzi ni kgme azomaramara umusumwe gusanatwararya kgme

  • Mbanje kubashimira nda nezewe kumva Nyamitwe Ahawe amaba nkayo yitayeho Abarundi nigihugu bime atwi bukebuke nigo rugendo abanse igihugu nti baguce intege icatsi kimwe ntikivisha inzu murakoze.

  • Tuvirehasirimwe ,twese, Dusemerere, Tuti,kayini,yishe,abel,ngoyimazishavu,ABARONDERAKWICA,ABATEGETSI,BARIKUMUVUMO,REKERIMANA,IZIBARIZUMUNTU,IVYOYAKOZE ;

  • Ndunvarivyiza Nibamureke Atware Niyaruha Azobaha.

  • Ndunvarivyiza Nibamureke Atware Niyaruha Azobaha.

  • Andika hano birababaj can kand bitey ubwob muryî mis turimw yamator imana ibakire qgh

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.