IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Yishwe bamwagiriza uburozi

Yishwe bamwagiriza uburozi

vendredi 7 Ruheshi 2013

Ingeso yo kwihanira yasubiriye kw’ibonekeza cane cane mu ntara z’uburaruko bw’Uburundi.

Umunyagihugu azwi kw’izina rya Nyabuhinja Marc wo mu Gisenyi muri komine Busoni intara ya Kirundo niwe yaraye agandaguwe bamutemesheje umupanga mw’ijoro ryaraye riheze ryo kuwa kane igenekerezo rya 6 Ruheshi 2013 bamwagiriza uburozi.

Mu gipolisi basaba abanyagihugu kuvavanura n’ingeso yo kwihanira bakabasaba ko uwo wese boba bafise ico bagiriza ko bomushikiriza inzego z’umutekano, intahe ikamwokera.
Abantu batatu nibo bamaze gufatwa n’igipolisi ku mvo z’amatohoza.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.